



 

{"id":2894,"date":"2024-01-18T13:53:45","date_gmt":"2024-01-18T12:53:45","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2894"},"modified":"2024-01-18T13:53:51","modified_gmt":"2024-01-18T12:53:51","slug":"isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/","title":{"rendered":"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024."},"content":{"rendered":"\n<p>Uko impera z\u2019umwaka zegereza, ni ko abahinga babandanya baraba kazoza katabona iyo ibintu biriko biraja, ariko bitwenza vy\u2019aya mafaranga akoresha ubuhinga bwa none. Hari iyitwa VanEck. Ni ishirahamwe rikoresha ayo amafaranga kandi ryubahitse muri uwo murimo. Ryaradusangije ibigiye kuba, ibitegekanijwe vy\u2019umwihariko mu 2024. Ivyo bitegekanijwe biraba ibibazo vy\u2019iyemezwa rishobora kuba rya ETF bitcoin n\u2019ibiriko birahindagurika ku ma Altcoins na NFT.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwo buhinga bwa VanEck buratanga imbono nziza cane kubigiye kuba mu mwaka uza. Tutarengeje urugero, igikorwa c\u2019ishirahamwe VanEck ca 2024 kizoba nk\u2019urumuri rumurikira abantu bose bashaka kuja muri iyi si ikoresha amafaranga aca mu buhinga bwa none kandi buguma buhindagurika umwanya ku mwanya. Igice ca mbere c\u2019iki kigabane kiza kwerekana ubushobozi, ico ama Bitcoins na Ethereum vyashitseko. Igice ca kabiri kiza gushira inguvu ku kuntu ayo mafaranga aca mu buhinga bwa none yagiye aratera imbere.<\/p>\n\n\n\n<p>Nko kubibutsa ETF bicoin, bita kandi Fonds N\u00e9goci\u00e9 muvya Bitcoin ni irindi koreshwa ryamutse kuri Bitcoin. Akoresheje ETF umugwizatunga arashobora gusaba ama Bitcoin ku masoko naho yoba adafise ayaca mu buhinga bwa none. NFT yo ni ikimenyetso kidakabukanwa gishinguwe kandi kizwi n\u2019amasezerano ya Blockchain hanyuma ugushobora kugitora ukoresheje ubuhinga bwa none.<\/p>\n\n\n\n<p>Ishirahamwa ritunganya iyo mitungo ryerekanye ko muri kazoza ubutunzi buzoduga bukebuke n\u2019ibimenyetso bivyerekana. Muri kano kanya no muri ibi bihe, bivugwa canke birindiriwe ko muri Reta Nzunze Ubumwe za Amerika hemezwa rya ETF. Ico ni ikintu gikomeye nkuko ubutunzi bwa Amerika bugoyagoya buca imiliyaridi zibiri n\u2019imiliyoni amajana ane y\u2019amadolari (2,4 imiliyari z\u2019amadolari) aciye mw\u2019ihanahana ry\u2019ama ETF mu mezi atatu ya mbere y\u2019umwaka wa 2024. Kubwo abahinga bakurikirana ibiriko biraba, bizotuma agaciro Bitcoin kaguma&nbsp; hejuru ya 30000$.<\/p>\n\n\n\n<p>Iryo hanahanwa ry\u2019ubutunzi rigiye gutangura ku rugero rw\u2019umumiliyaridi w\u2019amadolari kuko ETF riri arrim\u00e9 ku nzahabu.&nbsp; Mu mpera z\u2019amezi atatu ya mbere hazoba habonetse imiliyaridi 2,4 aje gufata mu mugongo ayahahora. Tubivuze muri rwinshi, harategekanijwe inyungu zihuta zigiye gufatwa z\u2019amaETF. Rimaze gushika aho ryigeza, rishobora kuba ryoronka 1,7% y\u2019isoko ryose, angana imiliyaridi y\u2019amadolari 40,4 mu myaka ibiri ya mbere rikora.<\/p>\n\n\n\n<p>Hari n\u2019ibindi bituma abahinga bamwebamwe b\u2019ishirahamwe VanEck biyumvira ko agaciro ka bitcoin gashobora kuduga cane. Ivyo babikura mu mwizero ko amatora azokorwa mw\u2019isi azogenda&nbsp; neza, ibituma ubutunzi busubira hasi bigahera, eka mbere n\u2019ibindi bishoborakuzana impinduka tutiteze. Turizeye ko ivyo bizogenda neza, nivyaba vyo, bitcoin izoduga ishike ku rugero rwayo rw\u2019akataraboneka rw\u2019amadolari&nbsp; 100&nbsp;000 muri Kigarama 2024. Ntitwibagire kandi ko bitcoin ishobora gukundwa n\u2019ubundi burere nk\u2019ubuseruko bwo hagati bwa Aziya, Aziya yose na Amerika y\u2019epfo. Akarorero ka Argentine karatomoye. Gishobora kuba igihugu kigira gatanu cemeye gukoresha amafaranga aca mu buhinga bwa none ku rugero rw\u2019igihugu.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibimenyetso vyerekeye Ethereum biragaragara.Muri 2024 Ethereum ntirizoshobora gusumba Bitcoin. Ariko rirashobora kugumya ikibanza caryo ca kabiri mu mafaranga akoresha ubuhinga bwa none akomeye. Rirashobora no kurengera ayandi. Ariko, turavye uko abahinga babivuga, umwaka wa 2024 uzoba ugoye kuri Ethereum. Rigiye gutakaza amasoko atari make biciye ku ngorane zo kuritunganya. Iyindi mihora nka karorero Solana izohatorera akoyokwe, akarusho kanini.<\/p>\n\n\n\n<p>Naho hari ibibazo bizoshira mu kaga Ethereum, rizoguma rifise ubushobozi bwo kurengera Bitcoin mu gukora neza. Ariko ako karusho ntikazomara umwanya munini igihe hatiyumviriwe iyindi myiteguro kw\u2019isoko.<\/p>\n\n\n\n<p>Abandi bahinga babona ko ari mw\u2019ishingwa rya EIP-4844 canke protodanksharding hari inyishu mu gice 2 ca Ethereum ko rizoja hejuru y\u2019ama TVL, ari ingero y\u2019urupimo rw\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none ashinguye ahantu canke yugaranywe. Inyishu zibiri zikomeye zirindiriwe: ukwongerekana muvyo gukorana kuvy\u2019ubuhinga ngurukana bumenyi (EVM) bukora mu gushira mu ngiro amasezerano aciye mu makuru atangwa kuri Ethereum<strong>. <\/strong>Kandi amafaranga akoreshwa mw\u2019ihanahana agabanuke, navyo bizotuma gucungera vyongerekana hanyuma amafaranga ahanahanwa yongerekane.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uko impera z\u2019umwaka zegereza, ni ko abahinga babandanya baraba kazoza katabona iyo ibintu biriko biraja, ariko bitwenza vy\u2019aya mafaranga akoresha ubuhinga bwa none. Hari iyitwa VanEck. Ni ishirahamwe rikoresha ayo amafaranga kandi ryubahitse muri uwo murimo. Ryaradusangije ibigiye kuba, ibitegekanijwe vy\u2019umwihariko mu 2024. Ivyo bitegekanijwe biraba ibibazo vy\u2019iyemezwa rishobora kuba rya ETF bitcoin n\u2019ibiriko birahindagurika [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2894","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uko impera z\u2019umwaka zegereza, ni ko abahinga babandanya baraba kazoza katabona iyo ibintu biriko biraja, ariko bitwenza vy\u2019aya mafaranga akoresha ubuhinga bwa none. Hari iyitwa VanEck. Ni ishirahamwe rikoresha ayo amafaranga kandi ryubahitse muri uwo murimo. Ryaradusangije ibigiye kuba, ibitegekanijwe vy\u2019umwihariko mu 2024. Ivyo bitegekanijwe biraba ibibazo vy\u2019iyemezwa rishobora kuba rya ETF bitcoin n\u2019ibiriko birahindagurika [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2024-01-18T12:53:45+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2024-01-18T12:53:51+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024.\",\"datePublished\":\"2024-01-18T12:53:45+00:00\",\"dateModified\":\"2024-01-18T12:53:51+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/\"},\"wordCount\":616,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/\",\"name\":\"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2024-01-18T12:53:45+00:00\",\"dateModified\":\"2024-01-18T12:53:51+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024. - SEQ Consulting","og_description":"Uko impera z\u2019umwaka zegereza, ni ko abahinga babandanya baraba kazoza katabona iyo ibintu biriko biraja, ariko bitwenza vy\u2019aya mafaranga akoresha ubuhinga bwa none. Hari iyitwa VanEck. Ni ishirahamwe rikoresha ayo amafaranga kandi ryubahitse muri uwo murimo. Ryaradusangije ibigiye kuba, ibitegekanijwe vy\u2019umwihariko mu 2024. Ivyo bitegekanijwe biraba ibibazo vy\u2019iyemezwa rishobora kuba rya ETF bitcoin n\u2019ibiriko birahindagurika [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2024-01-18T12:53:45+00:00","article_modified_time":"2024-01-18T12:53:51+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024.","datePublished":"2024-01-18T12:53:45+00:00","dateModified":"2024-01-18T12:53:51+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/"},"wordCount":616,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/","name":"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2024-01-18T12:53:45+00:00","dateModified":"2024-01-18T12:53:51+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/isoko-ya-bitcoin-na-ethereum-muri-2024\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Isoko ya Bitcoin na Ethereum muri 2024."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2894","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2894"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2894\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2895,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2894\/revisions\/2895"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2894"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2894"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2894"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}