



 

{"id":2889,"date":"2024-01-17T10:23:12","date_gmt":"2024-01-17T09:23:12","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2889"},"modified":"2024-01-17T10:23:20","modified_gmt":"2024-01-17T09:23:20","slug":"evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/","title":{"rendered":"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza"},"content":{"rendered":"\n<p>Evangile ni ijambo ryatowe kugira ryerekane ubuhinga buhanitse mu bwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mu gutera ibisasu mu gace ka Gaza mu ngwano ibahuza na Hamas. Ico Evangile ni uburyo urobanura abo ugomba gutera ibisasu hanyuma ukabitera urutavanako. Ubu buhinga bushasha bwo gutera ibisasu ukoresheje ubwenge ndengabuntu buteye ubwoba uravye amategeko mpuzamakungu mu gateka ka zina muntu.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibimenyeshamakuru vyose vyo kw\u2019isi birakurikirana iyi ngwano Isirayeri itera muri karya gace ka Gaza kuva aho umutwe Hamas utumbereje ukongera ukica abasivile b\u2019abayahudi 1200 igenekerezo rya 7 Gitugutu guheze. Agace ka Gaza kabaye ikirimbiro ry\u2019itegwa ry\u2019ibisasu ry\u2019abasoda b\u2019abayahudi bagwanira mu kirere. Umukuru w\u2019igisoda kigwanira mu kirere ntiyariye umunwa aho yemanga kw\u2019igenekerezo rya 11 Gitugutu ko agiye gutera agace ka Gaza n\u2019uburakari burenze. Abaturasa bari muri Gaza, uko ni ko abarongozi ba Isirayeri bavuga. \u00abAriko ntituri ababazi\u00bb, niko yavuze umukuru w\u2019abasoda ba Isirayeri bagwanira mu kirere. Vyumvikanako ko agomba gusigura ibisasu vyinshi bigwa ku banyagihugu basanzwe aho kurasa abagwanyi ba Hamas.<\/p>\n\n\n\n<p>Ni uko gucucagira ibisasu hamwe n\u2019amajambo abakuru mu gisoda Isirayeri vyatumye abantu biyumvira ko Isirayeri ikoresha ubwenge ndengabuntu mu kurungika ibisasu mu gace ka Gaza. Si kera aho ikinyamakuru Gardian cakoze itohoza ryimbitse ku buhinga abasoda ba Isirayeri bakoresha hamwe n\u2019uruhara mw\u2019ikoreshwa ry\u2019ubuhinga bwa none muri iki gihe baguma batera amabombe urudahagarara.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri iryo gendereza, ico kinyamakuru c\u2019abongereza ntaco cibagiye kugira kironke amakuru yose ashoboka kw\u2019ikoreshwa ry\u2019ubwenge ndengabuntu. Amasoko ya kera n\u2019ayubu afise amakuru ko hoba hari iryo koreshwa ari&nbsp; ku rubuga \u00abGospel\u00bb ari yo \u00abEvangile\u00bb mu gifaransa. Yaravuganye n\u2019indongozi za kera za Tsahal, igisoda ca Isirayeri, aratohoza n\u2019amakuru ya&nbsp; +972 Magazine, candikwa n\u2019abayahudi hamwe n\u2019abo muri Palestine.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubw\u2019ibinyamakuru nka Gardian, igisoda ca Isirayeri coba carakoresheje urwo rubuga rwavuzwe aho hejuru kugira rusobanure ivyo rurasa muri Gaza. Ukwo gushaka kwo kuduza umuvuduko mw\u2019itera ry\u2019ibisasu ntibikiri ibanga kuko urubuga ruzwi rw\u2019igisoda ca Isirayeri rwarerekanye narwo neza ko iciza c\u2019ubwo bwenge hamwe n\u2019ibikoresho vy\u2019umuvuduko munini bigezweho ari ugusobanura vyihuta ico bagomba kugema.<\/p>\n\n\n\n<p>Kenshi babufata nk\u2019ihinguriro rikora ivyo bagomba kugema, kwonona, ubwo buhinga&nbsp; bukoresha ubuhinga&nbsp; ndengabuntu bita kandi \u00abHabsora\u00bb bwoba kandi bwakoreshejwe mu ntumbero yo guhuza ivyateguwe n\u2019imashini hamwe n\u2019ivyakozwe n\u2019umuntu nkuko amakuru ava mu gisoda ca Isirayeri abivuga.<\/p>\n\n\n\n<p>Aviv Koshavi yahora atwara igisoda ca Isirayeri mu kiganiro yagiranye na Y Net News yaravuze ubuhinga bw\u2019ikoreshwa&nbsp; bw\u2019ubwenge ndengerabuntu&nbsp; mu kurobanura ivyo bagomba kutera. Umushingantahe Koshavi yavuze ko mu ngwano iheruka yabahuje na Hamas muri 2021 ubwo buhinga bwatuma haba ibitero 100 ku musi muri Gaza kuri 50 vyaba muri kahise.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri kano kanya nta nkuru zikwiye dufise zemeza ivyakozwe n\u2019ubwo buhinga ariko nkuko Gardian kibivuga, abahinga bamwe bavuga ko urwo rubuga rwoba rwaratohoje ibitari bike nk\u2019\u00abamasanamu yafashwe n\u2019utudege dutoduto aritwo dorone, ibiyago bashoboye kwabura, amakuru avuga&nbsp; ingene biyunguruza hamwe n\u2019inyifato y\u2019umwumwe canke bari mu migwi minini\u00bb.&nbsp;<\/p>\n\n\n\n<p>Mu kiganiro yahaye Magazine+972, &nbsp;uwahora akora muri ico gikorwa ca ciblage kera yaravuze ko ubwo buhinga bukoreshwa.Yavuze ati dukora twihuta nta mwanya turonka wo gusuzuma cane ivyo twatumwe. Igikomeye ni uko baturabira ku gitiri twakoze mu vyo twategerezwa gukora.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikinyamakuru Gardian co kivuga ko \u00abUbuhinga EVANGILE\u00bb buraba canecane \u00abubwinshi\u00bb aho kurabe ko \u00abvyagenze neza\u00bb. Ntagitangaje ko ibibombe&nbsp; abasoda ba Isirayeri batera bidasiga n\u2019abanyagihugu basanzwe bo muri Gaza. Nta muntu n\u2019umwe atatunguwe n\u2019ubwoba ubwo buhinga bwateye aho Isirayeri ikoreshereje ubwenge ndengabuntu mu gutera ibisasu canecane wibanze amategeko mpuzamakungu muvy\u2019agateka ka zina muntu.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwenge ndengabuntu bufise ingorane nyinshi ku bihugu muri kazoza kubw\u2019 umwigisha mu vya politike Denise Gracia. Mu gitabo ciwe&nbsp; yanditse mu congereza&nbsp; citwa The Al Milirary Race:Common Good Governance in the age of artificial intelligence. Avuga ko uburongozi bugiyeguhura n\u2019intambamyi nyinshi.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Evangile ni ijambo ryatowe kugira ryerekane ubuhinga buhanitse mu bwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mu gutera ibisasu mu gace ka Gaza mu ngwano ibahuza na Hamas. Ico Evangile ni uburyo urobanura abo ugomba gutera ibisasu hanyuma ukabitera urutavanako. Ubu buhinga bushasha bwo gutera ibisasu ukoresheje ubwenge ndengabuntu buteye ubwoba uravye amategeko mpuzamakungu mu gateka ka zina [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2889","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Evangile ni ijambo ryatowe kugira ryerekane ubuhinga buhanitse mu bwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mu gutera ibisasu mu gace ka Gaza mu ngwano ibahuza na Hamas. Ico Evangile ni uburyo urobanura abo ugomba gutera ibisasu hanyuma ukabitera urutavanako. Ubu buhinga bushasha bwo gutera ibisasu ukoresheje ubwenge ndengabuntu buteye ubwoba uravye amategeko mpuzamakungu mu gateka ka zina [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2024-01-17T09:23:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2024-01-17T09:23:20+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza\",\"datePublished\":\"2024-01-17T09:23:12+00:00\",\"dateModified\":\"2024-01-17T09:23:20+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/\"},\"wordCount\":648,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/\",\"name\":\"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2024-01-17T09:23:12+00:00\",\"dateModified\":\"2024-01-17T09:23:20+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2024\\\/01\\\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza - SEQ Consulting","og_description":"Evangile ni ijambo ryatowe kugira ryerekane ubuhinga buhanitse mu bwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mu gutera ibisasu mu gace ka Gaza mu ngwano ibahuza na Hamas. Ico Evangile ni uburyo urobanura abo ugomba gutera ibisasu hanyuma ukabitera urutavanako. Ubu buhinga bushasha bwo gutera ibisasu ukoresheje ubwenge ndengabuntu buteye ubwoba uravye amategeko mpuzamakungu mu gateka ka zina [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2024-01-17T09:23:12+00:00","article_modified_time":"2024-01-17T09:23:20+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza","datePublished":"2024-01-17T09:23:12+00:00","dateModified":"2024-01-17T09:23:20+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/"},"wordCount":648,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/","name":"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2024-01-17T09:23:12+00:00","dateModified":"2024-01-17T09:23:20+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2024\/01\/evangile-ubwenge-ndengabuntu-isirayeri-ikoresha-mugutera-ibisasu-kuri-gaza\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"\u00abEVANGILE\u00bb Ubwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mugutera ibisasu kuri Gaza"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2889","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2889"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2889\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2890,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2889\/revisions\/2890"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2889"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2889"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2889"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}