



 

{"id":2869,"date":"2023-11-29T13:58:38","date_gmt":"2023-11-29T12:58:38","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2869"},"modified":"2023-11-29T13:58:44","modified_gmt":"2023-11-29T12:58:44","slug":"ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/","title":{"rendered":"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde."},"content":{"rendered":"\n<p>Ubutungane bwa Amerika busohoye kandi inkoni nini kugira buhane ishirahamwe rikomeye gusumba ayandi mw\u2019ikoreshwa ry\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none, Binance. Ryategerezwa gutanga amande y\u2019imiliyaridi 4,3 y\u2019amadolari. Ryagirizwa kuba ryararenze amategeko ya Amerika mu bijanye n\u2019uburyo butandukanye bwo guhanahana amafaranga. Amashirahamwe abiri akomeye abirimwo ni SEC na CFTC ariyo yayitwariye mu butungane ayagiriza ko yorohereje canke ikareka ikoreshwa ry\u2019amafaranga n\u2019imigwi yabagizi ba nabi (y\u2019abicanyi).<\/p>\n\n\n\n<p>Amazu yo muri Amerika ajejwe gutunganya iryo hanahanwa, yagiriza Binance ko itafashe ingingo zibereye (zikenewe) zo gucunga kugira abo bagizi ba nabi ntibakoreshe izo mbuga muguhanahana amafaranga. Abanywanyi ba Binance barashobora gukoresha urwo rubuga hatabaye isuzumwa na rimwe ry\u2019uburangamuntu bwabo. Abajejwe itohoza muri SEC na CFTC&nbsp; bagiriza Binance ko itigeze ifata ingingo zo gukinga ihanahana ry\u2019amafaranga ryakozwe n\u2019imigwi nka Etat islamique, al-Qa\u1f35da canke n\u2019abandi nka Ezzedine al-Qassam umugwi witwaje ibigwanisho wa Hamas.<\/p>\n\n\n\n<p>\u00abKubera itashizeho ingingo zituma abagizi ba nabi badahanahana amafaranga avuye mu kibi, Binance&nbsp; yatumye abakora ubugizi bwa nabi bakoresha urwo rubuga mu guhanahana amafaranga\u00bb nkuko abajejwe ubutunzi bwa Amerika babisigura.<\/p>\n\n\n\n<p>Nkuko abajejwe itohoza mu kigega c\u2019ubutunzi bwa Amerika babivuga,amafaranga aca mu buhinga bwa none akoreshwa umwanya wose n\u2019imigwi y\u2019inkorabara kugira barungike imitungo yabo. Igisata kiraba ivy\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none ntaco gikora kugira ubu bugizi bwa nabi buje ahabona nkuko bikorwa mu banki ya kera kuko yo akurikiza amategeko aremereye<\/p>\n\n\n\n<p>\u00abKuva igitangura, Binance n\u2019uwayitanguje Changpeng Zhao bamye bashira imbere (bitwararika) iterambere hamwe n\u2019itunga ryabo bwite aho gushira imbere amategeko ajanye no guhanahana, ataco banezwe ku bijanye n\u2019ikoreshwa ry\u2019amafaranga mu bugizi bwa nabi\u00bb nkuko umushikirizamanza Tessa Gorman yabivuzeko mw\u2019itangazo. Itohoza ryarerekanye kandi ko inyuma ya 2019 aho Binance itanguriye gukumira abanywanyi b\u2019abanyamerika kuri urwo rubuga yagumanye abafise imitahe bakerebutse (b\u2019abakozi) kugira umutahe wisununure kuri urwo rubuga.<\/p>\n\n\n\n<p>\u00abAho Binance itanguriye gukora, nta bikoresho vyo kuraba ko ikora ikwije amategeko yari ifise nkuko vyategerezwa kuba bimeze\u00bb, uko niko yisiguye mu butumwa yashize ku rubuga rwayo. \u00abYaremeye ico yise inyishu zibabaje\u00bb kandi iremanga \u00abko ivyabaye vyose ibifisemwo uruhara\u00bb kugira ivyabaye bizomenyekane.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubwo ikinyamakuru Wall Street, harabaye amasezerano hagati ya Binance n\u2019abategeka Amerika yerekeye igenzurwa ry\u2019amasoko y\u2019ubutunzi. Ayo masezerano aha uburenganzira Changpeng Zhao yo kuzokwama ari umunywanyi wa Binance. Zhao ni umunyagihugu wa Canada yavukiye muri Chine. Muri ayo masezerano nyene Binance yiyemeje imbere y\u2019abategetsi ba Amerika kwemera ko bamucunga, mu gihe c\u2019imyaka itatu, bakoresheje umuhinga avuye ahandi kugira yemeze ko ibikorwa bikozwe neza bikurikije amategeko. Zhao yemere kandi gutanga imihoho kandi yemange ko yakosheje kugira akize (akingire) urwo ruhuga. Iryo tanga ry\u2019imihoho ryahagaritse amatohoza yariko arakorwa haheze imyaka itari mike ku butunzi bw\u2019uwa mbere mw\u2019isi mwikoreshwa ry\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none. Umuyobozi mukuru wa kera wa Binance yaremeye gukorana n\u2019ubutungane kugira atorere umuti ubereye ivyo yononeye ishirahamwe ryiwe.<\/p>\n\n\n\n<p>&nbsp;Muri ako kanya nyene Changpeng Zhao yategetswe kuriha amande y\u2019imiliyoni 50 z\u2019amadolari no gushobora gupfungwa amezi 18 y\u2019agasho. Iyo ngingo ihambaye ishobora gusomwa muri Ruhuhuma 2024. Changpeng Zhao nta mugambi wo gushiraho urundi rubuga. Avuga ko anezerejwe n\u2019iyo imwe. Uwo mu mugwizatunga wa kera wa mbere wa Binance ariyumvira ko bishoboka guhanura abagwizatunga bakiri bato. \u00abVyanse nkashobora nkababwira ico batokora\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>Inyuma ya vyose ni Richard Teng, uwahora arongoye ivy\u2019ubutunzi i Abu Dhabi akaba ariwe atwara amasoko mu burere Binance ikoreramwo agiye gusubirira Changpeng ku buyobozi bukuru. Zhao arakuwe mu mirimo yose ya Binance.<\/p>\n\n\n\n<p>Ni ikindi kintu gikomeye gishikiye iki kigabane c\u2019amafaranga ahanahanwa ku buhinga bwa none. Ubwizigirwa bw\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none burahungabanye inyuma y\u2019amezi abiri gusa Sam Bankman-Fried, uwashizeho FTX, amenyekanye ko yakoze forode no kwiba amahera y\u2019abanywanyi hanyuma imitahe igahomba. Birumvikana ko agaciro k\u2019amafaranga akomeye mw\u2019ihanahanwa kamanutse cane aho bumviye ko Changpen Zho atangiye imihoho hagakurikigwa no gukatigwa kwa Binance n\u2019ubutungane bwa Amerika. Tuzobigarukako hanyuma.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ubutungane bwa Amerika busohoye kandi inkoni nini kugira buhane ishirahamwe rikomeye gusumba ayandi mw\u2019ikoreshwa ry\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none, Binance. Ryategerezwa gutanga amande y\u2019imiliyaridi 4,3 y\u2019amadolari. Ryagirizwa kuba ryararenze amategeko ya Amerika mu bijanye n\u2019uburyo butandukanye bwo guhanahana amafaranga. Amashirahamwe abiri akomeye abirimwo ni SEC na CFTC ariyo yayitwariye mu butungane ayagiriza ko yorohereje [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2869","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ubutungane bwa Amerika busohoye kandi inkoni nini kugira buhane ishirahamwe rikomeye gusumba ayandi mw\u2019ikoreshwa ry\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none, Binance. Ryategerezwa gutanga amande y\u2019imiliyaridi 4,3 y\u2019amadolari. Ryagirizwa kuba ryararenze amategeko ya Amerika mu bijanye n\u2019uburyo butandukanye bwo guhanahana amafaranga. Amashirahamwe abiri akomeye abirimwo ni SEC na CFTC ariyo yayitwariye mu butungane ayagiriza ko yorohereje [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-11-29T12:58:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-11-29T12:58:44+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde.\",\"datePublished\":\"2023-11-29T12:58:38+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-29T12:58:44+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/\"},\"wordCount\":660,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/\",\"name\":\"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-11-29T12:58:38+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-29T12:58:44+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde. - SEQ Consulting","og_description":"Ubutungane bwa Amerika busohoye kandi inkoni nini kugira buhane ishirahamwe rikomeye gusumba ayandi mw\u2019ikoreshwa ry\u2019amafaranga aca mu buhinga bwa none, Binance. Ryategerezwa gutanga amande y\u2019imiliyaridi 4,3 y\u2019amadolari. Ryagirizwa kuba ryararenze amategeko ya Amerika mu bijanye n\u2019uburyo butandukanye bwo guhanahana amafaranga. Amashirahamwe abiri akomeye abirimwo ni SEC na CFTC ariyo yayitwariye mu butungane ayagiriza ko yorohereje [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-11-29T12:58:38+00:00","article_modified_time":"2023-11-29T12:58:44+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde.","datePublished":"2023-11-29T12:58:38+00:00","dateModified":"2023-11-29T12:58:44+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/"},"wordCount":660,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/","name":"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-11-29T12:58:38+00:00","dateModified":"2023-11-29T12:58:44+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/ubutungane-bwa-amerika-burafashe-ingingo-binance-iri-ku-ntonde\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubutungane bwa Amerika burafashe ingingo, Binance iri ku ntonde."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2869","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2869"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2869\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2870,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2869\/revisions\/2870"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2869"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2869"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2869"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}