



 

{"id":2848,"date":"2023-11-03T00:33:10","date_gmt":"2023-11-02T23:33:10","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2848"},"modified":"2023-11-03T00:33:14","modified_gmt":"2023-11-02T23:33:14","slug":"nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/","title":{"rendered":"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0?"},"content":{"rendered":"\n<p>Muri uru rukurikirane rw\u2019insiguro ku mafaranga aca mu buhinga bwa none, twarongeye kubaha&nbsp; insiguro nshasha yayo. Twarababwiye ko ari amafaranga adakozwe mu kintu ushobora gufata mu minwe, ko ava mu bigenga (mubikorera utwabo) kuko adatangwa na reta, ibanki nkuru y\u2019igihugu canke ishirahamwe ry\u2019amafaranga ryegamiye reta. Twarabibukije kandi agaciro kayo. None ako gaciro k\u2019iryo faranga rica mu buhinga bwa none ni iki&nbsp;?<\/p>\n\n\n\n<p>Agaciro k\u2019iryo faranga kagizwe imbere ya vyose n\u2019ukuntu ryamenyekanye kandi abarikoresha bakaba benshi. Iri faranga rikomera, rigira agaciro iyo rifiswe n\u2019abantu benshi. Iyo kandi abantu benshi barikoresha k\u2019ibimenyetso vyabo mu kugura ivyankenegwa canke mu mirimo ya misi yose.<\/p>\n\n\n\n<p>Ayo mafaranga aca mu buhinga bwa none angana na 10% yahanahanwe mu kuriha imirimo iguma yiyongera mu gukoresha ubu buhinga ngurukana bumenyi. Twovuga ko urubuga ruguma rwaguka mw\u2019ikoreshwa ry\u2019aya mafaranga ruzotuma amafaranga y\u2019agaciro ngurukana bumenyi aba ubundi buryo bwo kuriha.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri runo rwandiko tugira tubabwire NFT. None NFT ni iki&nbsp;? Mbega irashobora gukoreshwa mw\u2019igwizatunga ryizigiwe muri kazoza. Twoshobora kuvuga ko NFT ivugwa mu ma nama y\u2019ihanahana ry\u2019ivyiyumviro ku mafaranga aca mu buhinga bwa none kandi abagwizatunga bakabinezereregwa. Aho rero ama NFT ni ibimenyetso bikoreshwa nk\u2019ayo mafaranga kandi bizwi n\u2019ubuhinga Blockchain.<\/p>\n\n\n\n<p>NFT si ifaranga ngurukana bumenyi kubera ntashobora guhanahanwa kurya kw\u2019ayandi akoresha ubuhinga bwa none afise agaciro (1BTC=1BTC),1NFT ntiringana n\u2019irindi NFT kuko i NFT ryose ryisangije akaranga karyo. Rimwe ryose ryisangije ikiriranga, umukono uriranga umwe, uwarishizeho umwe n\u2019ico rimaze kimwe. Ariko rero NFT nayo nyene afise agaciro gakoreshwa mu bugwiza tunga canke mu kuronka inyungu. Ntakora aho honyene. Arakoreshwa muvy\u2019akaranga, mu nkino no mu yindi mice myinshi.<\/p>\n\n\n\n<p>Indangurakintu ya NFT itanzwe, ubushobozi bwayo mu kugwiza itunga bugasigugwa, ikibazo dusigara twibaza ni uko NFT rizobandanya ryizerwa mu myaka iri imbere.<\/p>\n\n\n\n<p>Ivyigwa vyose vyakozwe kuri NFT biremeza ko 95% y\u2019ama NFT adafise agaciro kaboneka muri kano kanya naho twemeje muvyo twavuze kare ko yakoreshejwe mu migwi y\u2019abagwizatunga. Nivyo ryaranejereje abagwizatunga kandi ryarerekanye ko rifise kazoza.<\/p>\n\n\n\n<p>Ama NFT canke ivyo bintu bigoye guhanahanwa birafise akamaro mu gisata kiraba amafaranga akora mu buhinga bwa none kuko atuma haza une ikoreshwa y\u2019ibintu bifadika canke biciye muri ubwo buhinga bwa none.Vyatumye haboneka ikirere gituma ibikoresho, ibigurishwa bishobora guhanahanwa hakoreshejwe Blockchain. None tworondera umwimbu,inyungu mu ma NFT?<\/p>\n\n\n\n<p>Turabona ama NFT mu gisata c\u2019imico kama. Ibintu bibajwe, bikozwe mu tugenegene bitaboneka cane mw\u2019ikoreshwa ry\u2019ama NFT. Igihe ama NFT yari ku rwego rwo hejuru turibuka amakarata TOP SHOT NBA yari yarabitswe, yarashinguwe canke igurishwa ry\u2019ibintu vy\u2019utugenegene nk\u2019akarorero utwa beeple canke izindi nka Art Blocks Curated kwa Cristie\u2019s<\/p>\n\n\n\n<p>Ikindi gisata gikomeye mw\u2019ihinduka rya vuba ry\u2019ama NFT ni inkino za video zuguruye inzira nyinshi kugira zironkere ivyo bindi bikoresho bidahanwahanwa bwa mafaranga. Muri ico gisata, birashoboka kugura canke kurangura ibikoresho ukoresheje ivyo vy\u2019inkino, mbere n\u2019amazu akajamwo. Sandbox na Enjin ni inkino zikundwa n\u2019abantu benshi, naho twoba turageza kuri izo zibiri gusa. AxieInfinity, Sorare, Gods Unchained, illuvium na Alien Words nazo nyene ni inkino za video NFT zikundwa na benshi.<\/p>\n\n\n\n<p>Ama NFT arakoreshwa no mu vy\u2019inkino, mu vyo kwinonora imitsi. Inkino zimwe NFT nka Sorare zirakoreshwa mu gushiraho ibicuruzwa canke imirimo bishasha, bigatanga uburambe, ubumenyi bwiharije ku babikunda.<\/p>\n\n\n\n<p>Ama NFT aboneka mu bisata vyinshi. Urayasanga mw\u2019itunganya, mw\u2019ikoresha ry\u2019ibintu, mu muziki, mu mareresi, mu burenganzira bwo kwigabira ibintu nk\u2019amazina ya hantu mu matike y\u2019indege canke ibiteramo\u2026. canke uburanga rurangiranwa bw\u2019ibintu vy\u2019agaciro. Biraboneka neza, biratomoye ko NFT itataye ubushobozi bwo gutanga inyungu ku bagwizatunga.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri uru rukurikirane rw\u2019insiguro ku mafaranga aca mu buhinga bwa none, twarongeye kubaha&nbsp; insiguro nshasha yayo. Twarababwiye ko ari amafaranga adakozwe mu kintu ushobora gufata mu minwe, ko ava mu bigenga (mubikorera utwabo) kuko adatangwa na reta, ibanki nkuru y\u2019igihugu canke ishirahamwe ry\u2019amafaranga ryegamiye reta. Twarabibukije kandi agaciro kayo. None ako gaciro k\u2019iryo faranga rica [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2848","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0? - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0? - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Muri uru rukurikirane rw\u2019insiguro ku mafaranga aca mu buhinga bwa none, twarongeye kubaha&nbsp; insiguro nshasha yayo. Twarababwiye ko ari amafaranga adakozwe mu kintu ushobora gufata mu minwe, ko ava mu bigenga (mubikorera utwabo) kuko adatangwa na reta, ibanki nkuru y\u2019igihugu canke ishirahamwe ry\u2019amafaranga ryegamiye reta. Twarabibukije kandi agaciro kayo. None ako gaciro k\u2019iryo faranga rica [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-11-02T23:33:10+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-11-02T23:33:14+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0?\",\"datePublished\":\"2023-11-02T23:33:10+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-02T23:33:14+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/\"},\"wordCount\":611,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/\",\"name\":\"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0? - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-11-02T23:33:10+00:00\",\"dateModified\":\"2023-11-02T23:33:14+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/11\\\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0? - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0? - SEQ Consulting","og_description":"Muri uru rukurikirane rw\u2019insiguro ku mafaranga aca mu buhinga bwa none, twarongeye kubaha&nbsp; insiguro nshasha yayo. Twarababwiye ko ari amafaranga adakozwe mu kintu ushobora gufata mu minwe, ko ava mu bigenga (mubikorera utwabo) kuko adatangwa na reta, ibanki nkuru y\u2019igihugu canke ishirahamwe ry\u2019amafaranga ryegamiye reta. Twarabibukije kandi agaciro kayo. None ako gaciro k\u2019iryo faranga rica [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-11-02T23:33:10+00:00","article_modified_time":"2023-11-02T23:33:14+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0?","datePublished":"2023-11-02T23:33:10+00:00","dateModified":"2023-11-02T23:33:14+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/"},"wordCount":611,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/","name":"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0? - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-11-02T23:33:10+00:00","dateModified":"2023-11-02T23:33:14+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/11\/nft-izotuma-haboneka-inyungu-vyukuri-mu-misi-iri-imbere\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"\u00a0NFT izotuma haboneka inyungu vyukuri mu misi iri imbere\u00a0?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2848","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2848"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2848\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2849,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2848\/revisions\/2849"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2848"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2848"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2848"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}