



 

{"id":2838,"date":"2023-10-27T12:23:12","date_gmt":"2023-10-27T10:23:12","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2838"},"modified":"2023-10-27T12:23:17","modified_gmt":"2023-10-27T10:23:17","slug":"akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/","title":{"rendered":"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai"},"content":{"rendered":"\n<p>Bitcoin birazwi ni ifaranga ngurukana bumenyi rikomeye mw\u2019isi. Rikurikigwa na Ethereum ryama ari irya kabiri&nbsp; ku rutonde rw\u2019ayo mafaranga mw\u2019isi nzima. Ico Ethereum ryisangije, canke akabirya kuri Ethereum ni uko inzira rikoresha ifise uburyo&nbsp; bwinshi budasa,&nbsp; bukwiye hose kandi bushobora no gushiraho amasezerano y\u2019ubwenge. Ayo masezerano azwi nk\u2019inkingi y\u2019ubutunzi busabikanije. Gushira ku gihe Shanghai, mwibuke ko Ethereum yari yabitanguje muri Ndamukiza 2023 mu ntumbero yo gutunganya neza ikoreshwa ry\u2019uwo muhora. Iryo shigwa ku gihe ryari ririndiriwe cane ariko ikibabaje ni uko intego yari irindiriwe ntiyashitsweko muri iyo mirimo ijanye n\u2019aya mafaranga ngurukana bumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Ngira ndabibutse. Ishigwa ku gihe rya Ethereum ni iki&nbsp;? Ni kimwe mu ndinganizo yo guteza imbere Ethereum. Itegura inzira yerekeza ko igikorwa cakozwe (Proof&nbsp; of Work) ijana ku nzira yerekana ivyemezo vy\u2019icakozwe (Proof of Stake). Ariko si vyose. Iyo nzira iha Ethereum utundi turusho dukomeye. Ituma iryo faranga ryunguka mw\u2019iyoroherezwa, mu kugira umutekano hamwe no kugira ubushobozi bukwiye bwo kugwana n\u2019ihinduka iryari&nbsp; ryo&nbsp; ryose. Iyi ngendo yo gushobora kwigumya imbere y\u2019icarico cose (scalabilit\u00e9) irafasha mw\u2019ihanahanwa ry\u2019amafaranga menshi ngurukana bumenyi. Ituma kandi hakoreshwa inguvu nke, zitwara amahera make hanyuma bikijukirwa na benshi kuko bijanye n\u2019uburyo bafise. Ikibazo umuntu yokwibaza kiraba umwimbu mw\u2019ishira ku gihe Shanghai.<\/p>\n\n\n\n<p>Turavye raporo ya JP Morgan, ishigwa ku gihe Shanghai ntiryerekanye umwimbu&nbsp; wari urindiriwe. Ntiyashoboye kwongereza ibikorwa bijanye n\u2019iryo faranga Ethereum. Ibiharuro birerekana ko ivyo guhanahana vyagabanutse&nbsp; nka 10%, twisunze&nbsp; amakuru dukura&nbsp; ku murongo wa JP Mogan kuva aho iryo shigwa ku gihe ribereye. Ihanana ryavuye ku muliyoni 1,3 rija ku muliyoni 1,2. Aho vyayangaye cane ni aho ryagabanutse&nbsp; gushika kuri 20%. Ayo mafaranga yose yavuye ku miliyaridi 18 ajakuri 14.<\/p>\n\n\n\n<p>Haciye haboneka ikindi kibazo. Ni izihe nsiguro twotanga kuri ako gahombo kandi twokora iki muri&nbsp; kazoza kuri Ethereum? Ukwo kudashobora gushira ku gihe&nbsp; Shanghai gushobora kuronka insiguro nyinshi zivuye ku bintu vyinshi. Kimwe ni uko gushira ku gihe ihanahana ry\u2019amafaranga ngurukana bumenyi&nbsp; ryoba ritanejereje abakoresha Ethereum. Bose bazigako amafaranga arihwa kw\u2019ihanahana&nbsp; azogabanuka. Ariko yagumye hejuru kandi ahindagurika. Ikindi ni uko abakoresha Ethereum&nbsp; barashobora kwigira ahandi. Bashobora gukwegwa n\u2019ayandi akoresha ubuhinga bugezweho kandi buzana akarusho ningoga. Ibintu vyoshobora gusubira kumera neza no kuri Ethereum.<\/p>\n\n\n\n<p>Kugira bisubire gutangura bikenewe ko intambwe ikurikira y\u2019umugambi wo gutera imbere&nbsp; ugenda neza. Ishigwa ku gihe rikwirikira riri mu nzira. Risaba ko ubushobozi bwa blockchain Ethereum bwiyungura. Ivyo bihanugwa na EIP-4844 canke Protodanksharding. Nta na kimwe kivuga ko bizoca bigenda neza ariko ico tubona ari ukuri ni uko ibigoranye bitegerezwa gutora umuti canecane muvy\u2019ubuhinga gurtyo abagwizatunga bakoresha ubwo bwoko bw\u2019amafaranga bagire icizere.<\/p>\n\n\n\n<p>Iyo ngendo nshasha mw\u2019iterambere rya Ethereum izoba rikomeye mu gukwega iri faranga rija hejuru. Nico gituma Vitalik Buterin, isura y\u2019umugambi Ethereum udasiba gusemerera kugira ingorane z\u2019ingero zitoregwe inyishu. Ni ugutegera ko ukwo gukora twisunze urugero Vitalik Buterin avuga ari uburyo bwo kuguma uhagaze neza naho hoba ibihuhusi (scalabilit\u00e9)ariyo ifise ubushobozi bwo guhanahana amafaranga muri benshi. Ashimitse, arasaba umuryango wose ukoresha ubu bwoko bw\u2019aya mafaranga gukora igishoboka cose kugira iryo koreshwa ry\u2019urugero rizobe imbere yuko igihuhusi c\u2019iduzwa ryayo gishika. Avuga yuko ihanahana rizoguma riri hejuru n\u2019ababukoresha bashike aho bariha amadolari 500 nk\u2019ayo barishe bwa mafaranga y\u2019iryo hanahana kandi abantu ntibazokworohegwa nk\u2019uko Buterin yagumye asemerera mu kinyamakuru ngurukana bumenyi The Defiant.<\/p>\n\n\n\n<p>Gushira ku gihe Shanghai vya Ethereum bigize urugero rukomeye kugira bashikire intego yo kugabanya amafaranga barihisha mw\u2019ihanahana, ikizotuma uburambe bwa Blockchain Ethereum bwizigirwa. Kazoza ka Ethereum gahagaze aho.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na EN.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bitcoin birazwi ni ifaranga ngurukana bumenyi rikomeye mw\u2019isi. Rikurikigwa na Ethereum ryama ari irya kabiri&nbsp; ku rutonde rw\u2019ayo mafaranga mw\u2019isi nzima. Ico Ethereum ryisangije, canke akabirya kuri Ethereum ni uko inzira rikoresha ifise uburyo&nbsp; bwinshi budasa,&nbsp; bukwiye hose kandi bushobora no gushiraho amasezerano y\u2019ubwenge. Ayo masezerano azwi nk\u2019inkingi y\u2019ubutunzi busabikanije. Gushira ku gihe Shanghai, mwibuke [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2838","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bitcoin birazwi ni ifaranga ngurukana bumenyi rikomeye mw\u2019isi. Rikurikigwa na Ethereum ryama ari irya kabiri&nbsp; ku rutonde rw\u2019ayo mafaranga mw\u2019isi nzima. Ico Ethereum ryisangije, canke akabirya kuri Ethereum ni uko inzira rikoresha ifise uburyo&nbsp; bwinshi budasa,&nbsp; bukwiye hose kandi bushobora no gushiraho amasezerano y\u2019ubwenge. Ayo masezerano azwi nk\u2019inkingi y\u2019ubutunzi busabikanije. Gushira ku gihe Shanghai, mwibuke [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-10-27T10:23:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-10-27T10:23:17+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai\",\"datePublished\":\"2023-10-27T10:23:12+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-27T10:23:17+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/\"},\"wordCount\":605,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/\",\"name\":\"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-10-27T10:23:12+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-27T10:23:17+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai - SEQ Consulting","og_description":"Bitcoin birazwi ni ifaranga ngurukana bumenyi rikomeye mw\u2019isi. Rikurikigwa na Ethereum ryama ari irya kabiri&nbsp; ku rutonde rw\u2019ayo mafaranga mw\u2019isi nzima. Ico Ethereum ryisangije, canke akabirya kuri Ethereum ni uko inzira rikoresha ifise uburyo&nbsp; bwinshi budasa,&nbsp; bukwiye hose kandi bushobora no gushiraho amasezerano y\u2019ubwenge. Ayo masezerano azwi nk\u2019inkingi y\u2019ubutunzi busabikanije. Gushira ku gihe Shanghai, mwibuke [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-10-27T10:23:12+00:00","article_modified_time":"2023-10-27T10:23:17+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai","datePublished":"2023-10-27T10:23:12+00:00","dateModified":"2023-10-27T10:23:17+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/"},"wordCount":605,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/","name":"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-10-27T10:23:12+00:00","dateModified":"2023-10-27T10:23:17+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/akababaro-mu-gushira-ku-gihe-shanghai\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Akababaro mu gushira ku gihe Shanghai"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2838","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2838"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2838\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2839,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2838\/revisions\/2839"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2838"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2838"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2838"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}