



 

{"id":2820,"date":"2023-10-14T11:20:05","date_gmt":"2023-10-14T09:20:05","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2820"},"modified":"2023-10-14T11:20:09","modified_gmt":"2023-10-14T09:20:09","slug":"ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/","title":{"rendered":"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere."},"content":{"rendered":"\n<p>Muri ibi bihe agaciro k\u2019ifaranga rya Bitcoin kaguma kabandanya kamanuka, kagabanuka, ifaranga rya Ethereum ryo riguma riduga kandi ku rugero ritari bwashikeko kuva ribayeho. Kuva bashize ahabona Merge, amasezerano Ethereum 2.0 yararenze agaciro kose gaharugwa mu miliyoni 30 yama ETH. Vyongeye amakuru turonka ajanye n\u2019ihanahana aremeza ko ivya nyuma Ibanki Nkuru ya Amerika FED yashikirije vyagize ingaruka nziza ku bagwizatunga. Ariko ikibazo ni kumenya ikizoba mu bihe vya hafi canke vya kure.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu mwanya Ethereum ryari ritanguye guta agaciro, ihagarikwa mu kanya gato ry\u2019inyungu ku mitahe ryavuzwe n\u2019Ibanki Nkuru ya Amerika ryarateye intege abagwizatunga mu kurondera&nbsp; kuzimanganya aho bari bageze. Kandi kubabirabira hafi ababitse ama Ethereum ku gihe kirekire bongeyemwo amadolari imiliyoni ijana&nbsp; na mirongo ibiri na zitandatu 126 000&nbsp;000$. Ukwo kurondera abanywanyi bikabije&nbsp; vyashitse ku rwego rutari rwaboneke.<\/p>\n\n\n\n<p>Ni imbere y\u2019inama ya nyuma yakozwe na Banki Nkuru ya Amerika FED, ababitse ama Ethereum&nbsp; bariyongereye cane. Ryabaye irya mbere agaciro k\u2019iryo faranga&nbsp; gashikira 2.0 n\u2019iyongerekana ry\u2019imiliyoni mirongo itatu ryayo. Turavye ivyegeranijwe mw\u2019ihanahana bitangwa na glassnode, abafise imitahe iri ku gihe kirekire kuma Ethereum babitse 856 709 ETH kubera ukwo gushiramwo ishaka mu guhiga abanywanyi Staking. Ibiharuro vy\u2019ukuri vy\u2019agaciro kabafise ivyemezo ko binjiye bishitse kuri 29,23 y\u2019imiliyoni y\u2019ama ETH mu mpera z\u2019ukwezi kw\u2019umunani Myandagaro. Mu magenekerezo ya 20 Nyakanga birashobora gushika kuri 30,09 z\u2019imiliyoni y\u2019ama ETH.<\/p>\n\n\n\n<p>Twokongera tukavuga ko inyungu ziyongereye kubera kugwiza abanyamitahe zerekana ubwizigigwa mw\u2019ikoreshwa ry\u2019ubuhinga ETH iriko irakoresha ku buryo beacon chain yashizemwo 48,6 y\u2019imiliyaridi. Ayarenga 25% ya 120&nbsp;227&nbsp;795 ETH ari kw\u2019isoko bayashize mu bundi&nbsp; buryo bw\u2019amasezerano nyabwenge. Inyishu canke insiguro ya mbere ituma abantu benshi birukira ubwo buryo bwo kurondera abanywanyi benshi nibwo bwatumye agaciro ka Ethereum kaduga bishimishije. Ni nayo nsiguro duha amasezerano ETH 2.0 kuko yerekana ibimenyetso ko ayabitswe ariko ariyongera cane.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikibazo bose bibaza ni uko ingingo ya FED ije neza kuri Ethereum. Ariko, turavye ivyegeranijwe muri iri hanahana ry\u2019aya mafaranga, ababika muri ubu buryo bwo guhiga abanywanyi benshi bwibonekeje neza guhera igenekerezo rya 17 Nyakanga imisi mike imbere yuko FED ifata ingingo. Twame tumenya ko iri ziganya rifatiye kukurondera abantu benshi staking Ethereum risaba ko abantu baziganya, bashiramwo amafaranga make ashoboka ni 32ETH agomba kungana 52,000$.Kuko bizimvye, benshi&nbsp; ni canke vya bifi bimira izindi twise ibimizi, canke abagwizatunga begamiye reta. Banki nkuru FED yapfuye kubivuga buno abo bagwizatunga baca bongeramwo 77,800ETH yandi. Ico gitigiri c\u2019ama ETH kingana n\u2019imiliyoni ijana na mirongo ibiri na zitandatu z\u2019amadolari 126&nbsp;000&nbsp;000$.&nbsp; Ibi birerekana ko uwo mugwi w\u2019abagwizatunga bafata ubwo buryo bwokurondera abanywanyi&nbsp; benshi ari uburyo burashe bwunguka bukoresheje inzira zo gukoresha imitahe nka TRADFI. Ubwizigigwa buzogenda bwiyongera mu bihe birebire.<\/p>\n\n\n\n<p>Ni mu mwanya wo kunagura shapella kuwa 12 Ndamukiza&nbsp; ko kubikura ETH 2.0 yakoreshejwe. Kuva uyo musi, ingene kubitsa no kubikura vyagiye birahindagurika vyerekana ivyemezo nyamukuru ko iryo soko ririko rirakora neza. Agaciro ka Ethereum koshobora gushika ku rugero rw\u2019amadolari ibihumbi bitatu 3000$ mu misi iza<strong>.<\/strong> Mu kwezi kw\u2019indwi guheze, neza na neza&nbsp; igenekerezo rya 14, agacirokaryo kararenze 2000$ kandi kuva ico gihe ivyemezo imiliyoni zitatu n\u2019inusu vya ETH vyarakuwe mu biriko birakoreshwa bishigwa muri yangendo yo kugwiza abanyamuryangomu masezerano ya Ethereum 2.0<\/p>\n\n\n\n<p>Naho ibi bihe arivyo akanya birashobora gutuma agaciro ka ETH kaduga gushika kuri 3000$. Iryo hanahanwa turiravye riraduha igiciro kiri hagati na hagati kitwereka abagomba ayo mafaranga bashobora kugabanuka. Ko rero&nbsp; dutegerezwa gushika kuri 2100 $. Aho rero niyo Ethereum yashobora gushika ku rugero rwa 2100$ irashobora gutera iduga vyoroshe 3000$.<\/p>\n\n\n\n<p>Biraboneka neza ko imiliyoni 9,06 z\u2019abagwizatunga begamiye reta hamwe na vya bimizi baguze imiliyoni 37,15 vy\u2019ama ETH ku kiguzi&nbsp; kibayabaye ca 2160 $ bagize umugwi munini w\u2019abafise ama ETH. Ni muri iyo ntumbero agaciro k\u2019amasezerano yokugwiza abanyamuryango ba Ethereum kabandanije kaduga na Ethereum izoduga gushika kuri 3000$.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri ibi bihe agaciro k\u2019ifaranga rya Bitcoin kaguma kabandanya kamanuka, kagabanuka, ifaranga rya Ethereum ryo riguma riduga kandi ku rugero ritari bwashikeko kuva ribayeho. Kuva bashize ahabona Merge, amasezerano Ethereum 2.0 yararenze agaciro kose gaharugwa mu miliyoni 30 yama ETH. Vyongeye amakuru turonka ajanye n\u2019ihanahana aremeza ko ivya nyuma Ibanki Nkuru ya Amerika FED yashikirije [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2820","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.5 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Muri ibi bihe agaciro k\u2019ifaranga rya Bitcoin kaguma kabandanya kamanuka, kagabanuka, ifaranga rya Ethereum ryo riguma riduga kandi ku rugero ritari bwashikeko kuva ribayeho. Kuva bashize ahabona Merge, amasezerano Ethereum 2.0 yararenze agaciro kose gaharugwa mu miliyoni 30 yama ETH. Vyongeye amakuru turonka ajanye n\u2019ihanahana aremeza ko ivya nyuma Ibanki Nkuru ya Amerika FED yashikirije [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-10-14T09:20:05+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-10-14T09:20:09+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere.\",\"datePublished\":\"2023-10-14T09:20:05+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-14T09:20:09+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/\"},\"wordCount\":639,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/\",\"name\":\"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-10-14T09:20:05+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-14T09:20:09+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere. - SEQ Consulting","og_description":"Muri ibi bihe agaciro k\u2019ifaranga rya Bitcoin kaguma kabandanya kamanuka, kagabanuka, ifaranga rya Ethereum ryo riguma riduga kandi ku rugero ritari bwashikeko kuva ribayeho. Kuva bashize ahabona Merge, amasezerano Ethereum 2.0 yararenze agaciro kose gaharugwa mu miliyoni 30 yama ETH. Vyongeye amakuru turonka ajanye n\u2019ihanahana aremeza ko ivya nyuma Ibanki Nkuru ya Amerika FED yashikirije [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-10-14T09:20:05+00:00","article_modified_time":"2023-10-14T09:20:09+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere.","datePublished":"2023-10-14T09:20:05+00:00","dateModified":"2023-10-14T09:20:09+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/"},"wordCount":639,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/","name":"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-10-14T09:20:05+00:00","dateModified":"2023-10-14T09:20:09+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ethereum-itera-ija-imbere-kuva-aho-fed-iviriye-mu-gacerere\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2820","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2820"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2820\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2821,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2820\/revisions\/2821"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2820"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2820"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2820"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}