



 

{"id":2810,"date":"2023-10-06T19:21:11","date_gmt":"2023-10-06T17:21:11","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2810"},"modified":"2023-10-06T19:21:15","modified_gmt":"2023-10-06T17:21:15","slug":"ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/","title":{"rendered":"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira"},"content":{"rendered":"\n<p>Ifaranga Ripple ubu riragurishwa cane gose. Imitahe yaryo iragurwa ku bwinshi n\u2019abagwizatunga bazwi kw\u2019izina ry\u2019ibifi binini bimira izindi ibimizi. Agaciro karyo kariyongereje nka 0,50$ kuva mu ntango z\u2019ukwezi kw\u2019icenda (Nyakanga). Ibimenyeshamakuru birakeka ko hoba hari ihiganwa ariko ni canecane kwongeramwo kurinywanisha XRP bikozwe na blackrock ni yo yatumye ingendo yo kwagura uburyo iryo faranga ngurukanabumenyi rihurumbigwa, bakaryiyumvamwo.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu kwezi kw\u2019indwi guheze (Mukakaro) agaciro k\u2019ifaranga Ripple karashitse ku rugero rwo hejuru gushika kuri 0,83$ turavye intsinzi ryama ryaronse impande ya SEC (Securities and Exchanges Commission&nbsp;: Komisiyon iraba umutekano mw\u2019ivujwa ry\u2019amafaranga), igipolisi ca Leta zunze ubumwe za Amerika kijejwe ubutunzi. Iyo ntsinzi yatumye abantu bamwe bafise imitahe muri Ripple bayitanga ku giciro kibaha inyungu zigaragara.<\/p>\n\n\n\n<p>Uko amakuru menshi aciye ku buhinga ngurukana bumenyi abitangaza, Blacrock, ifise imitahe myinshi mw\u2019isi yose ingana n\u2019imiliyaridi ibihumbi cenda (9000) vy\u2019amadolari ikoresha yoba iriko irarondera gushiramwo XRP kugira iryo faranga rikwire hose. Ico gikorwa kiguma gikomezwa n\u2019ibikoregwa ku mirongo myinshi ni ukuvugako ikintu gikozwe cose gica candikwa mu gitabo ca Blockchain, nka karorero ingene ihanahanwa ryagenze. Ayo makuru aremesha, y\u2019ukuri yingene ayo mahanahanwa atandukanye y\u2019amafaranga yatanzwe kuri Blockchain atuma blackrock yigarurira XRP ngo ifaranga ryayo rikwire hose.<\/p>\n\n\n\n<p>Ivyo bifi bimira izindi (ibimizi) vyabaye&nbsp; abagwizatunga bakomeye mu mezi abiri gusa baca baronka imiliyoni 690 yama XRP. Naho baronse izo nyungu&nbsp; zihuta mu mezi abiri gusa, agaciro ka XRP karagabanutse ku rugero rwa 40% mu nyuma yaho rigeze ku gaciro gahanitse muri Mukakaro ka 0,83$. Kandi ikinezereje cane ni uko turavye ivyabuwe hamwe ku mirongo, umugwi w\u2019ivyo bihangange wasubiye ku rugero rwa XRP aho yakoroka gushika kuri&nbsp; 0,70$ aho hari mu mpera z\u2019ukwezi kwa 7 (Mukakaro). Kugira ndabahe iciyumviro neza, mu gihe kiri hagati y\u2019igenekerezo rya 30 Mukakaro gushika igenekerezo rya 15 Nyakanga, abo bagwizatunga bakomeye bafise mu minwe hagati y\u2019umuliyoni umwe n\u2019imiliyoni ijana z\u2019impapuro zikenewe mu gukoresha vyerekana ko baronse igitigiri ntabanduka c\u2019imiliyoni 690 y\u2019ama XRP.<\/p>\n\n\n\n<p>Ayo ma miliyoni 690 y\u2019ama XRP afiswe mu minwe n\u2019abo bagwizatunga afise agaciro k\u2019imiliyoni 345 z\u2019amadolari kandi kugura ibidandazwa mu madolari bikaguma bibandanya. Muri kino gihe agaciro ka altcoin kahomvye gushika ku bice bishika 30%, bikava kuri 0,70$ gushika kuri 0,50$, bimwe twise ibimizi ntivyigeze bihungabana ngo bigire ubwoba canke bisimbe umutima, ahubwo vyagumye bifise inguvu mu buguzi mu madolari muri ico gihe c\u2019iyegeranya ry\u2019ubutunzi bwabo.<\/p>\n\n\n\n<p>Ivyo twovuga ni vyinshi kugira dusigure uwo mwete urengeje w\u2019abagwizatunga. Bamwe biyumvira ko amategeko mashasha ya XRP yoba ari yo yatumye bakomera nkabegamiye reta nka Blockrock yemeza ko XRP yakoze bigashimwa canecane aho ingingo za Sentare zerekaniye ko ibikorwa vyabo biri mu muco, ko kandi bikurikije amategeko.<\/p>\n\n\n\n<p>Abo bagwizatunga bakomeye bari ku rugero rw\u2019ibimizi barazwi cane ku rugero n\u2019ubushobozi bafise mu kugumya igihe kinini imitahe y\u2019amafaranga ngurukana bumenyi batayidandaje canke ngo bayigurishe nabo. Biraboneka neza menshi mu ma XRP ashobora kuduza agaciro hanyuma bigafasha ko ifaranga XRP riboneka mu nzego zo hejuru mu gihe c\u2019ihiganwa ryo kuduza agaciro ry\u2019ayandi mafaranga ngurukana bumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Bose barindiriye ko ibintu bihinduka. Kugura imitahe kubwinshi y\u2019abagwizatunga begamiye reta yatumye agaciro ka XRP kaduga muri ico gihe. Ibimenyetso vyose birategekanya ko agaciro kazoduga kubera inguvu ivyo bimizi bifise iyo hari igurishwa. Ikimenyetso cerekana izo nguvu (RSI) kiremeza ko hari ukuntu agaciro ka XRP kazokwiyongera, kazoduga. Ubwo buguzi bugumaho bwa XRP bukogwa n\u2019ivyo bimizi, buzotuma&nbsp; iri faranga ryemezwa ko rigiye gukundwa vuba cane. Reka turindire.&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ifaranga Ripple ubu riragurishwa cane gose. Imitahe yaryo iragurwa ku bwinshi n\u2019abagwizatunga bazwi kw\u2019izina ry\u2019ibifi binini bimira izindi ibimizi. Agaciro karyo kariyongereje nka 0,50$ kuva mu ntango z\u2019ukwezi kw\u2019icenda (Nyakanga). Ibimenyeshamakuru birakeka ko hoba hari ihiganwa ariko ni canecane kwongeramwo kurinywanisha XRP bikozwe na blackrock ni yo yatumye ingendo yo kwagura uburyo iryo faranga ngurukanabumenyi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2810","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ifaranga Ripple ubu riragurishwa cane gose. Imitahe yaryo iragurwa ku bwinshi n\u2019abagwizatunga bazwi kw\u2019izina ry\u2019ibifi binini bimira izindi ibimizi. Agaciro karyo kariyongereje nka 0,50$ kuva mu ntango z\u2019ukwezi kw\u2019icenda (Nyakanga). Ibimenyeshamakuru birakeka ko hoba hari ihiganwa ariko ni canecane kwongeramwo kurinywanisha XRP bikozwe na blackrock ni yo yatumye ingendo yo kwagura uburyo iryo faranga ngurukanabumenyi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-10-06T17:21:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-10-06T17:21:15+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira\",\"datePublished\":\"2023-10-06T17:21:11+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-06T17:21:15+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/\"},\"wordCount\":583,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/\",\"name\":\"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-10-06T17:21:11+00:00\",\"dateModified\":\"2023-10-06T17:21:15+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/10\\\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira - SEQ Consulting","og_description":"Ifaranga Ripple ubu riragurishwa cane gose. Imitahe yaryo iragurwa ku bwinshi n\u2019abagwizatunga bazwi kw\u2019izina ry\u2019ibifi binini bimira izindi ibimizi. Agaciro karyo kariyongereje nka 0,50$ kuva mu ntango z\u2019ukwezi kw\u2019icenda (Nyakanga). Ibimenyeshamakuru birakeka ko hoba hari ihiganwa ariko ni canecane kwongeramwo kurinywanisha XRP bikozwe na blackrock ni yo yatumye ingendo yo kwagura uburyo iryo faranga ngurukanabumenyi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-10-06T17:21:11+00:00","article_modified_time":"2023-10-06T17:21:15+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira","datePublished":"2023-10-06T17:21:11+00:00","dateModified":"2023-10-06T17:21:15+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/"},"wordCount":583,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/","name":"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-10-06T17:21:11+00:00","dateModified":"2023-10-06T17:21:15+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/10\/ripple-ifaranga-ngurukanabumenyi-rigiye-kwivugira\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"RIPPLE\u00a0: Ifaranga ngurukanabumenyi rigiye kwivugira"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2810","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2810"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2810\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2811,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2810\/revisions\/2811"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2810"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2810"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2810"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}