



 

{"id":2765,"date":"2023-08-26T10:44:34","date_gmt":"2023-08-26T08:44:34","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2765"},"modified":"2023-08-26T10:44:39","modified_gmt":"2023-08-26T08:44:39","slug":"uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/","title":{"rendered":"Uruhande ruteye ubwoba mw&#8217;ikoreshwa ry&#8217;ubwenge bukorano."},"content":{"rendered":"\n<p>Twese turarengerwa n&#8217;ibishobisho vy&#8217;umwizero ku vyiza bikorwa n&#8217;ubwenge bukorano. Dusanzwe tuzi ko ikiremwa muntu kirajwe ishinga n&#8217;umutekano, amagara n&#8217;ibiza vy&#8217;ibidukikije, baca bahitamwo rero gukoresha ubwenge bukorano nk&#8217;inyishu&nbsp; y&#8217;ivyo biza bibahanze. Biragaragara ko ubwenge bukorano bwatoreye inyishu ibibazo vyinshi vyo mu buzima cane cane mu gisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, iterambere ry&#8217;ubuhinga be no mu gisata c&#8217;ibigendajuru, ariko ni abantu bake biyumvira ko ubwo bwenge bukorano bushobora kandi gukoreshwa no mu bugizi bwa nabi, abantu benshi baravyiyobagiza.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwo bugizi bwa nabi buhera mu gucura inkuru z&#8217;ubupfungakiwani. Ubwenge bukorano bukoreshejwe nabi bushobora kuba nk&#8217;indoto mbi kw&#8217;isi nzima muri kazoza. Nk&#8217;uko bivugwa na Lewis Graffin, umuhinga mu bijanye n&#8217;ubuhinga bwa none muri kaminuza yitwa Coll\u00e8ge London, agira ati: ukurwirirana k&#8217;ubushobozi muvy&#8217;ubuhinga bufatiye ku bwenge bukorano bituma haba igwirirana ryo gushaka gukoresha ubwo buhinga mubugizi bwa nabi. Mu bushakashatsi bwiwe, Lewis Graffin afashijwe n&#8217;abo bakorana baregeranije urutonde rw&#8217;ibikorwa 20 bitemewe n&#8217;amategeko bikora hakoreshejwe ubwenge bukorano, Lewis yaciye abitondeka afatiye ku rugero rw&#8217;ubwonyi bw&#8217;igikorwa kimwe kimwe. Ni inyungu canke inyungu zihomvya abandi, uturusho twokoreshwa be n&#8217;ingorane zo kudomako urutoke hama zigahagarikwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri iyi nkuru tuza kubereka ibikorwa bitandatu (6) biri kuri rwa rutonde rwa Lewis Graffin. Ibindi bikorwa tuzobishira ahabona mu nkuru zacu zo hanyuma muri rwa rukurikiranane rw&#8217;ibikorwa vy&#8217;ubugizi bwa nabi bikorwa hakoreshejwe ubwenge bukorano.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibibumbano nyabwenge bikoreshwa mu kurwanya abasuma bisa nibidateye ubwoba ariko ubiravye uko bikora birateye ubwoba iyo biriko bigendura ku rugo rw&#8217;umuntu. Ivyo bibumbano birashobora gusobwa ntibibe bigishobora kubonera abantu benshi rimwe mu gihe biri mu kazi kavyo. Ikindi naco, amakuru atariyo atangwa n&#8217;ivyo bibumbano arashobora gucafuza umuntu kanaka. Ivyo bibumbano nyabwenge birafise ubushobozi bukomeye bwo guhayagiza abantu tuzi mu gisata c&#8217;ivyese n&#8217;amasinema, nico twita deepfakes ni ukuvuga inkuru itariyo na gato. Aho turiko turerekana ukuntu ayo makuru ateye ubwoba. Igiteye ubwoba cane kuri ayo makuru twita deepfakes, n&#8217;uko bigoye cane kubirwanya kandi tubona ko bishobora guhungabanya igisata c&#8217;ubutunzi canke c&#8217;imibano vy&#8217;umuntu kanaka.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibibi twovuga bikomoka ku bwenge bukorano bishika kuri 7 Ubwa mbere ni <strong>amareresi atariyo<\/strong>. Ni ugukoresha akabira k&#8217;umuntu, ukamuvugisha canke ukamukoresha ibintu muri ayo mareresi kandi atavyo yigeze akora canke avuga ivyo vyose mu ntumbero yo gusaba amakuru anyegeje, gusamaza abantu mu gutosekaza agateka k&#8217;uwundi muntu. Ayo mareresi atariyo aragoye gutandukanya. Ubugira kabiri <strong>ugusovya imodoka zitwara<\/strong>. Gusuzuma izo modoka zitwara ata mudereva biteye ubwoba cane ku mutekabo w&#8217;abantu ziba zitwaye. Uko gusovya mw&#8217;isuzumwa ry&#8217;izo modoka birashobora gukoreshwa mugukora iterabwoba kuko ica ifatwa nk&#8217;ikirwanisho. Ikindi kandi imodoka yitwara itagira umudereva irashobora gukoreshwa mu guteza amasanganya mugihe itariko irasuzumwa n&#8217;igisata kibijejwe bitumwe n&#8217;abagizi ba nabi bahinduye ubuhinga bwayo.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwa gatatu haza ibintu vyo <strong>kurungikira abantu ubutumwa butari bwo<\/strong>, hiyitiriwe amazina y&#8217;amashirahamwe kanaka, uwo muntu&nbsp; agatumirirwa kuja ku rubuga rutari rwo kugira baheze bashobore kumwambura amakuru yiwe yose y&#8217;ibanga canke mu makuru yiwe bashiremwo indinganizo zirereka ivyo akora vyose canke bakamurungikira imigera mu bintu vyiwe.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwa kane ni <strong>ugusovya imihora igenzurwa na bwa bwenge bukorano<\/strong>. Ni ihungabana ry&#8217;ibikorwa vyose nk&#8217;akarorero nk&#8217;ihungabana ry&#8217;ibikorwa ritumwe n&#8217;icika ry&#8217;umuyagankuba, ihungabana muvyo guhanahana ibidandazwa canke ihungabana muvyo gutanga ibifungurwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwa gatanu ni ibijanye no <strong>kwiba amahera abantu ubanje kubatera ubwoba mugukwiragiza ibinyoma kuri bo<\/strong>. Ubwo bugizi bwa nabi busuma urusaku ku makuru y&#8217;umuntu y&#8217;umuntu bwite hanyuma akaronka ubutumwa, bufatiye kuru urwo rusaku, bumutera ubwoba. Ikindi Kandi, ubwenge bukorano bushobora gukoreshwa mu gutanga ivyemezo bitari vyo, twotanga nk&#8217;akarorero mu rubanza harimwo ivyagiriji vyo gufata ku nguvu.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwa nyuma aribwo bwa gatandatu ni ugutanga amakuru atariyo hakoreshejwe ubwenge bukorano. Ubwenge bukorano burashobora gufasha mukwandika inkuru ijanye no kwiyamamaza bufatiye ku nkuru y&#8217;itsitso y&#8217;ukuri. Ubwo burashobora gukoreshwa mu gutanga amakuru menshi atandukanye y&#8217;ikintu kimwe mu ntumbero yo kukimenyekanisha no kugira abantu bacizere.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Twese turarengerwa n&#8217;ibishobisho vy&#8217;umwizero ku vyiza bikorwa n&#8217;ubwenge bukorano. Dusanzwe tuzi ko ikiremwa muntu kirajwe ishinga n&#8217;umutekano, amagara n&#8217;ibiza vy&#8217;ibidukikije, baca bahitamwo rero gukoresha ubwenge bukorano nk&#8217;inyishu&nbsp; y&#8217;ivyo biza bibahanze. Biragaragara ko ubwenge bukorano bwatoreye inyishu ibibazo vyinshi vyo mu buzima cane cane mu gisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, iterambere ry&#8217;ubuhinga be no mu gisata c&#8217;ibigendajuru, ariko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2765","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.5 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Uruhande ruteye ubwoba mw&#039;ikoreshwa ry&#039;ubwenge bukorano. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Uruhande ruteye ubwoba mw&#039;ikoreshwa ry&#039;ubwenge bukorano. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Twese turarengerwa n&#8217;ibishobisho vy&#8217;umwizero ku vyiza bikorwa n&#8217;ubwenge bukorano. Dusanzwe tuzi ko ikiremwa muntu kirajwe ishinga n&#8217;umutekano, amagara n&#8217;ibiza vy&#8217;ibidukikije, baca bahitamwo rero gukoresha ubwenge bukorano nk&#8217;inyishu&nbsp; y&#8217;ivyo biza bibahanze. Biragaragara ko ubwenge bukorano bwatoreye inyishu ibibazo vyinshi vyo mu buzima cane cane mu gisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, iterambere ry&#8217;ubuhinga be no mu gisata c&#8217;ibigendajuru, ariko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-08-26T08:44:34+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-08-26T08:44:39+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Uruhande ruteye ubwoba mw&#8217;ikoreshwa ry&#8217;ubwenge bukorano.\",\"datePublished\":\"2023-08-26T08:44:34+00:00\",\"dateModified\":\"2023-08-26T08:44:39+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/\"},\"wordCount\":663,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/\",\"name\":\"Uruhande ruteye ubwoba mw'ikoreshwa ry'ubwenge bukorano. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-08-26T08:44:34+00:00\",\"dateModified\":\"2023-08-26T08:44:39+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/08\\\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Uruhande ruteye ubwoba mw&#8217;ikoreshwa ry&#8217;ubwenge bukorano.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Uruhande ruteye ubwoba mw'ikoreshwa ry'ubwenge bukorano. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Uruhande ruteye ubwoba mw'ikoreshwa ry'ubwenge bukorano. - SEQ Consulting","og_description":"Twese turarengerwa n&#8217;ibishobisho vy&#8217;umwizero ku vyiza bikorwa n&#8217;ubwenge bukorano. Dusanzwe tuzi ko ikiremwa muntu kirajwe ishinga n&#8217;umutekano, amagara n&#8217;ibiza vy&#8217;ibidukikije, baca bahitamwo rero gukoresha ubwenge bukorano nk&#8217;inyishu&nbsp; y&#8217;ivyo biza bibahanze. Biragaragara ko ubwenge bukorano bwatoreye inyishu ibibazo vyinshi vyo mu buzima cane cane mu gisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu, iterambere ry&#8217;ubuhinga be no mu gisata c&#8217;ibigendajuru, ariko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-08-26T08:44:34+00:00","article_modified_time":"2023-08-26T08:44:39+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Uruhande ruteye ubwoba mw&#8217;ikoreshwa ry&#8217;ubwenge bukorano.","datePublished":"2023-08-26T08:44:34+00:00","dateModified":"2023-08-26T08:44:39+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/"},"wordCount":663,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/","name":"Uruhande ruteye ubwoba mw'ikoreshwa ry'ubwenge bukorano. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-08-26T08:44:34+00:00","dateModified":"2023-08-26T08:44:39+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/08\/uruhande-ruteye-ubwoba-mwikoreshwa-ryubwenge-bukorano\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Uruhande ruteye ubwoba mw&#8217;ikoreshwa ry&#8217;ubwenge bukorano."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2765","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2765"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2765\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2766,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2765\/revisions\/2766"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2765"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2765"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2765"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}