



 

{"id":2673,"date":"2023-06-05T10:20:29","date_gmt":"2023-06-05T08:20:29","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2673"},"modified":"2023-06-05T10:20:32","modified_gmt":"2023-06-05T08:20:32","slug":"amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/","title":{"rendered":"Amashirahamwe y&#8217;ubudandaji be n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko"},"content":{"rendered":"\n<p>Ubushakashatsi muvy&#8217;ubuhinga be n&#8217;amahinguriro y&#8217;ubudandaji vyamye bisenyera k&#8217;umugozi umwe. Kimwe cunganira ikindi, bikagaragara ko ivyo bisata 2 vyunganiranira. Kaminuza y&#8217;i Montreal, iri kw&#8217;isonga mu bushakashatsi ku bijanye n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko, yarashigikiwe cane na Reta ya Canada kuri urwo ruhara rwayo muri ubwo bushakashatsi mu kuyironsa imiriyoni ijana (100.000.000)\u00a0 z&#8217;amadorari. Iyindi ntererano iruta iyo gatoya yavuye mubo bafashanya b&#8217;abanyamahinguriro.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubushakashatsi ku bijanye n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko muri kaminuza y&#8217;i Montr\u00e9al bwashinzwe ninararibonye muri ico gisata yitwa Joshua Bengio yavukiye mu Bufaransa ariko abavyeyi biwe bamuka muri Maroke. Ni Umwigisha karuhariwe muri kaminuza y&#8217;i Montr\u00e9al mu gisata c&#8217;ubuhinga ngurukana bumenyi akaba n&#8217;umuhinga karuhariwe muri ico gisata be no muvyirwa vyimbitse. Izo nyigisho zimbitse ni ubuhinga bwo kwiga bufatiye ku muhora w&#8217;uturemangingo.<\/p>\n\n\n\n<p>Joshua Bengio ni inararibonye muri ico gisata, ari mu bashakashatsi 3 bakoze ibishimwa muri ico gisata c&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko. Abo bandi 2 basigaye ni uwitwa&nbsp; Yann Lecun, Umwigisha muri kaminuza y&#8217;i New York akongera akaba n&#8217;umuhanuzwa jambo muvy&#8217;ubuhinga ku muhora wa Facebook, uwundi ni&nbsp; Geoffrey Hinton, umwigisha wo muri kaminuza y&#8217;i Toronto akongera akaba n&#8217;umushakashatsi ku rubuga Google. Ubushakashatsi be n&#8217;ubuhinga bwabo bwarateje imbere amahinguriro y&#8217;ubudandaji.<\/p>\n\n\n\n<p>Nk&#8217;uko tubikesha ikinyamakuru ca Laurent Charlin gica ku muhora CAIRN, ayo mafaranga yose yegeranijwe nico gisata co kwegeranya ibiharuro co muri kaminuza ya Montreal azofasha mukugira urunani hagati ya kaminuza n&#8217;amahinguriro yo muri ico gisagara ca Montreal. Ubushakashatsi muvy&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko butumbereye ibikorwa vy&#8217;amahinguriro. Nk&#8217;uko bivurwa n&#8217;abahinga batari bake muri ico gisata, ibikorwa vyinshi vyo mu mahinguriro biratanguye kwinjira bukebuke muri ubwo buhinga. Bisigura ko ubushakashatsi be n&#8217;amashirahamwe y&#8217;ubudandaji vyaramaze gufatana haba mu bikorwa vyiza canke muri bibi.<\/p>\n\n\n\n<p>Inkwirikizi z&#8217;ubwo buhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko ku mahinguriro ni nyinshi cane. Amashirahamwe y&#8217;ubudandaji manini manini atari make aguma azana ubuhinga bushasha. Umuyobozi w&#8217;urubuga Google Sundar Pichai yaramaze kuvuga ko ashaka gukoresha ubwo buhinga mu bisata nka vyose vy&#8217;urwo rubuga. Mu gufashanya n&#8217;amashirahamwe y&#8217;ubudandaji mashasha canke muguha akazi abakozi bashasha, amashirahamwe amaze gutera imbere nka Google, Facebook, Amazone, Microsoft, Tweet na Nuance yarashizeho igisata c&#8217;ubushakashatsi hamwe n&#8217;indinganizo ijanye n&#8217;ubuhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko. Abantu bose boroherejwe n&#8217;ibikorwa vy&#8217;ayo mashirahamwe baranaronka kandi ubufasha bw&#8217;ubwo buhinga bushasha busanzwe bukoreshwa n&#8217;ayo mashirahamwe.<\/p>\n\n\n\n<p>Twomenya ko ubushakashatsi buguma butera imbere ku muvuduko udasanzwe. Ububangutsi mugusabikanya ubuhinga bushasha buriko burakoreshwa mu mahinguriro biri ku murindi munini navyo nyene. Nk&#8217;akarorero, imyaka ibiri yari ikwiye kugira ama terefone mashasha arimwo indinganizo muvy&#8217;ubumenyi zibe zakwiragiye.<\/p>\n\n\n\n<p>Indinganizo z&#8217;ubuhinga z&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko ntizigenewe amahinguriro manini manini gusa, n&#8217;amahinguriro mato mato atari make arakoresha ubwo buhinga. Ayatari make muri yo, ibikorwa vyayo birakoresha ubuhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko. Haraheze imyaka mike ubwo buhinga bwakoreshwa gake kabaho, babukoresha nk&#8217;iyo bashatse ko igikorwa cari kihasanzwe gikora neza kurusha.<\/p>\n\n\n\n<p>Ukwegeranya n&#8217;ukubika amakuru biri mu bikorwa vya misi yose vya buri hinguriro uko ringana kwose, mu bisata risanzwe rikoreramwo ivyari vyo vyose. Ubwo buhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko bwarateye imbere cane muri iyi misi, ku buryo umuntu ashobora gutunganya ibiharuro nkenerwa akabikuramwo amakuru akomeye. Hari uburyo bushasha bukoreshwa mugutunganya indinganizo ya kera mu buryo bugezweho.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubuhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko burafasha mugufata ingingo mu mwanya muto, umuntu akiga ibintu mu mwanya muto bivanye n&#8217;intumbero afise. Mu nyuma umuntu bikamworohera gufata ingingo ibereye. Nk&#8217;akarorero, dufatiye nko ku bintu abakiriya bakunda , uraheza ukamenya ivyo urangura uko bingana ku gisumwa icarico cose ndetse ukamenya n&#8217;ivyo umuguzi kanaka aja gukenera. Hariho n&#8217;izindi ndinganizo zituma vyoroha mukumenya ibikenewe imbere y&#8217;uko ubikora canke zituma ufata ingingo ibereye. Amatereni canke imodoka zitagira abadereva ni akarorero keza kubwo buhinga. Ubwo buhinga bw&#8217;ibikorwa vyikora vyaciye vyigishwa bukwi na bukwi mu ma kaminuza.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubushakashatsi burabandanya ku murindi udasanzwe. Nk&#8217;uko kahise ariko gategura kazoza , ibikorwa vyinshi mu mahinguriro bizokwiserura.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ubushakashatsi muvy&#8217;ubuhinga be n&#8217;amahinguriro y&#8217;ubudandaji vyamye bisenyera k&#8217;umugozi umwe. Kimwe cunganira ikindi, bikagaragara ko ivyo bisata 2 vyunganiranira. Kaminuza y&#8217;i Montreal, iri kw&#8217;isonga mu bushakashatsi ku bijanye n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko, yarashigikiwe cane na Reta ya Canada kuri urwo ruhara rwayo muri ubwo bushakashatsi mu kuyironsa imiriyoni ijana (100.000.000)\u00a0 z&#8217;amadorari. Iyindi ntererano iruta iyo gatoya yavuye [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2673","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Amashirahamwe y&#039;ubudandaji be n&#039;ubwenge bw&#039;imashini nyabwonko - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amashirahamwe y&#039;ubudandaji be n&#039;ubwenge bw&#039;imashini nyabwonko - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ubushakashatsi muvy&#8217;ubuhinga be n&#8217;amahinguriro y&#8217;ubudandaji vyamye bisenyera k&#8217;umugozi umwe. Kimwe cunganira ikindi, bikagaragara ko ivyo bisata 2 vyunganiranira. Kaminuza y&#8217;i Montreal, iri kw&#8217;isonga mu bushakashatsi ku bijanye n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko, yarashigikiwe cane na Reta ya Canada kuri urwo ruhara rwayo muri ubwo bushakashatsi mu kuyironsa imiriyoni ijana (100.000.000)\u00a0 z&#8217;amadorari. Iyindi ntererano iruta iyo gatoya yavuye [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-06-05T08:20:29+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-06-05T08:20:32+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Amashirahamwe y&#8217;ubudandaji be n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko\",\"datePublished\":\"2023-06-05T08:20:29+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-05T08:20:32+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/\"},\"wordCount\":677,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/\",\"name\":\"Amashirahamwe y'ubudandaji be n'ubwenge bw'imashini nyabwonko - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-06-05T08:20:29+00:00\",\"dateModified\":\"2023-06-05T08:20:32+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/06\\\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amashirahamwe y&#8217;ubudandaji be n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amashirahamwe y'ubudandaji be n'ubwenge bw'imashini nyabwonko - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amashirahamwe y'ubudandaji be n'ubwenge bw'imashini nyabwonko - SEQ Consulting","og_description":"Ubushakashatsi muvy&#8217;ubuhinga be n&#8217;amahinguriro y&#8217;ubudandaji vyamye bisenyera k&#8217;umugozi umwe. Kimwe cunganira ikindi, bikagaragara ko ivyo bisata 2 vyunganiranira. Kaminuza y&#8217;i Montreal, iri kw&#8217;isonga mu bushakashatsi ku bijanye n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko, yarashigikiwe cane na Reta ya Canada kuri urwo ruhara rwayo muri ubwo bushakashatsi mu kuyironsa imiriyoni ijana (100.000.000)\u00a0 z&#8217;amadorari. Iyindi ntererano iruta iyo gatoya yavuye [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-06-05T08:20:29+00:00","article_modified_time":"2023-06-05T08:20:32+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Amashirahamwe y&#8217;ubudandaji be n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko","datePublished":"2023-06-05T08:20:29+00:00","dateModified":"2023-06-05T08:20:32+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/"},"wordCount":677,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/","name":"Amashirahamwe y'ubudandaji be n'ubwenge bw'imashini nyabwonko - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-06-05T08:20:29+00:00","dateModified":"2023-06-05T08:20:32+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/06\/amashirahamwe-yubudandaji-be-nubwenge-bwimashini-nyabwonko\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amashirahamwe y&#8217;ubudandaji be n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2673","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2673"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2673\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2674,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2673\/revisions\/2674"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2673"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2673"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2673"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}