



 

{"id":2656,"date":"2023-05-31T09:26:06","date_gmt":"2023-05-31T07:26:06","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2656"},"modified":"2023-05-31T09:30:14","modified_gmt":"2023-05-31T07:30:14","slug":"mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/","title":{"rendered":"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana?"},"content":{"rendered":"\n<p>Reta y&#8217;Ubushinwa, mu mwaka wa 2018, yarakariye umuganga yavukishije amahasa abanje guhindura uburemangingo bw&#8217;umwana yari mu gitereko. Ubutungane bwamuciriye imyaka 3 yo gupfungwa bumwagiriza gukora ibikorwa bitarekuwe&nbsp; n&#8217;amategeko. Abashakashatsi bamwe bamwe baravuze ko urwo rubanza rudakwirikije amategeko, ati ntirwisunze iterambere ry&#8217;abantu muvyo ubushakashatsi. Abandi bahagaze ku karangamutima mu vy&#8217;ubushakashatsi. Izo mpande zibiri zagumye zihanganye, ubuho vyarunyutse bitumwe n&#8217;iterambere ryihuse mu bijanye n&#8217;ubuhinga bukoresha ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko mu bisata vyose vy&#8217;ubuzima.<\/p>\n\n\n\n<p>Abashakashatsi benshi barasaba guhagarika ubwo buhinga kugira habe itunganywa ryiza ku bijanye n&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko. Muribo,&nbsp; uwuri kw&#8217;isonga muri ubwo buhinga akaba n&#8217;umwigisha wa kaminuza yi Montr\u00e9al ni Joshua Bengio. Tuzogaruka ku vyiyumviro vyiwe mu nkuru yacu yo mu nyuma. Nimba abashakashatsi baravuye mu gacerere bitumwe n&#8217;ikwiragizwa ry&#8217;ikibumbano nyabwenge ChatGPT hamwe n&#8217;itezwa imbere ku muvuduko udasanzwe ry&#8217;ibindi bibumbano nyabwenge biri ku rugero ruhanitse nka GPT &#8211; 4 y&#8217;amasanamu, igitigiri kinini c&#8217;abashakashatsi basa n&#8217;abatabonye ubuhinga bwashizweho na Reta y&#8217;Ubushinwa bwo gushiraho ibitereko bikoreye bigakurikiranwa na bwa buhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko. Ubwo buhinga buracari mw&#8217;igeragezwa nubwo abashakashatsi benshi bagomba guhagarira akarangamutima mu vy&#8217;iterambere ry&#8217;ubushakashatsi.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu gutorera inyishu ibibazo vy&#8217;ukwibaruka mu Bushinwa, ico gihugu ntikikiri muri&nbsp; vya bihe vyo gupfunga umuganga yavyaje amahasa ariko ahubwo ubu ico gihugu gikora ibirenze ivyo kure niyo mu gushiraho uburyo bwo guhingura abana. Dufatiye ku nkuru yasohowe n&#8217;iradiyo y&#8217;Abafaransa yitwa Europe 1, abashakashatsi b&#8217;Abashinwa bariko bakora ubwo buhinga ku murindi munini.<\/p>\n\n\n\n<p>Igitereko gikozwe nk&#8217;umufuko ukozwe mu bishonga, kirashobora kubika umwana (gutwara inda) ivyo vyose bigakurikiranwa&nbsp; n&#8217;ubuhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko ni ivyo bita nounou artificielle.<\/p>\n\n\n\n<p>Hari imiringoti myinshi iriko irifashishwa kugira ifashe mukugaburira nya twana turi muri ivyo bitereko. Ico cuma kirakwirikira ukuntu akana gatera imbere, gukura kikadakozeko eka gikwirikirana ukuntu vyose bikora.<\/p>\n\n\n\n<p>Hifashijwe imashini nyabwonko, ibitagenda neza vyose muri nya mwana irabishira ahabona, ingaburo yiwe ihinguwe mu biseseka ipimwa hakoreshejwe bwa bwenge bw&#8217;imashini nyabwonko, ivyo vyose bigenda nk&#8217;uko umwana ari mu nda ya nyina wiwe.<\/p>\n\n\n\n<p>Nounou artificielle ifise igikorwa co kuraba ibitagenda neza igaheza ikabimenyesha umufundi, irafise igikorwa kandi co kwegeranya mu mirwi utwana ifatiye ku magara yatwo n&#8217;ukuntu tuzotera imbere mu gukura muri kazoza.<\/p>\n\n\n\n<p>Uwo mugambi twovuga ko watanze ivyamwa vyiza, wageragerejwe ku mbeba n&#8217;abashakashatsi bo muri kaminuza ya Suzhou. Ku buryo&nbsp; bw&#8217;ihinguriro ubwo buhinga&nbsp; burashobora kurema ibihumbi n&#8217;ibihumbagiza vy&#8217;abana gutyo rero mu busazi bw&#8217;abashakashatsi b&#8217;Abashinwa bakaba bishuye ibibazo bijanye no kurondoka muri ico gihugu. Ubwo buhinga bushasha busigurwa nk&#8217;iterambere nk&#8217;uko vyandikwa n&#8217;ibimenyeshamakuru vyo mu Bushinwa kuko abo bamenyeshamakuru babifata nk&#8217;inyishu muvyo kurondoka. Umusesanguzi w&#8217;Umufaransa Michel Onfray muri vya vyirwa mbagarabwenge we, mu kinyamakuru citwa C- news, avuga ati: uwo ni umwimbu w&#8217;ubusazi. Ibibazo bimwe bimwe bijanye n&#8217;ubuntu vyaravyutse bikazotuma haba ukutumvikana muri kazoza. Kandi iyo ntambara ntizoba yoroshe ku mpande zose. Nk&#8217;uko tubikesha ikinyamakuru co ku buhinga ngurukana bumenyi galaxie de la futura,<\/p>\n\n\n\n<p>Abashakashatsi bo mu Bushinwa muri kino gihe bagumye bakorera mu tuzitizo tw&#8217;amategeko. Ubushakashatsi bwagumye bubandaniriza mu bikoko. Abo bashakashatsi ntibubahuka kurenza imisi 14 yubwo bushakashatsi nk&#8217;uko biri mu mategeko mpuzamakungu agenga ubushakashatsi. N&#8217;aho biri uko ariko, Abashakashatsi&nbsp; b&#8217;Abashinwa barashavuye baca bahitamwo kurenza iyo misi itegekanijwe kubera hasigaye vyinshi bikinyegejwe bitaratorerwa inyishu mu gukuza akana k&#8217;umuntu hakoreshejwe ubwo buhinga nk&#8217;uko bivurwa na Sun Haixuan, ari kw&#8217; isonga ry&#8217;ubwo bushakashatsi. Abashakashatsi b&#8217;Abashinwa baremeza ko ico cirwa canke ubwo bushakashatsi bworonswa amategeko mpuzamakungu abugenga ukuntu bukora na rirya tubona bwoshobora kubandanya butera imbere mu bumenyi bujanye n&#8217;ikura neza ry&#8217;utwana hamwe n&#8217;intambamyi bagira.<\/p>\n\n\n\n<p>Eka n&#8217;amategeko y&#8217;Abashinwa ntaco afasha muri ubwo bushakashatsi. Ahubwo ni nk&#8217;igifashi ku bijanye no gukora ibitereko vyojamwo umwana w&#8217;umuntu kubera gutwarira inda uwundi bibujijwe mu Bushinwa, igitereko c&#8217;igikorano ibitaro cokoreshwamwo vyoba birenze amategeko. Nibazako ata bitaro vyokwemera ico cago nk&#8217;uko vyasiguwe kandi na Sun Haixuan. Ikibazo kijanye n&#8217;ubuntu nico cahavuye ciganza mu mpari z&#8217;ubwo buhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko. Nta muntu n\u2019umwe avuga ko ubwo buhinga buhebwa ahubwo ama Reta niyo yobanza agashiraho amategeko atunganya ubwo buhinga bw&#8217;ubwenge bw&#8217;imashini nyabwonko.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Reta y&#8217;Ubushinwa, mu mwaka wa 2018, yarakariye umuganga yavukishije amahasa abanje guhindura uburemangingo bw&#8217;umwana yari mu gitereko. Ubutungane bwamuciriye imyaka 3 yo gupfungwa bumwagiriza gukora ibikorwa bitarekuwe&nbsp; n&#8217;amategeko. Abashakashatsi bamwe bamwe baravuze ko urwo rubanza rudakwirikije amategeko, ati ntirwisunze iterambere ry&#8217;abantu muvyo ubushakashatsi. Abandi bahagaze ku karangamutima mu vy&#8217;ubushakashatsi. Izo mpande zibiri zagumye zihanganye, ubuho [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2656","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.3 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana? - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana? - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Reta y&#8217;Ubushinwa, mu mwaka wa 2018, yarakariye umuganga yavukishije amahasa abanje guhindura uburemangingo bw&#8217;umwana yari mu gitereko. Ubutungane bwamuciriye imyaka 3 yo gupfungwa bumwagiriza gukora ibikorwa bitarekuwe&nbsp; n&#8217;amategeko. Abashakashatsi bamwe bamwe baravuze ko urwo rubanza rudakwirikije amategeko, ati ntirwisunze iterambere ry&#8217;abantu muvyo ubushakashatsi. Abandi bahagaze ku karangamutima mu vy&#8217;ubushakashatsi. Izo mpande zibiri zagumye zihanganye, ubuho [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-05-31T07:26:06+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-05-31T07:30:14+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana?\",\"datePublished\":\"2023-05-31T07:26:06+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-31T07:30:14+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/\"},\"wordCount\":716,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/\",\"name\":\"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana? - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-05-31T07:26:06+00:00\",\"dateModified\":\"2023-05-31T07:30:14+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/05\\\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana? - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana? - SEQ Consulting","og_description":"Reta y&#8217;Ubushinwa, mu mwaka wa 2018, yarakariye umuganga yavukishije amahasa abanje guhindura uburemangingo bw&#8217;umwana yari mu gitereko. Ubutungane bwamuciriye imyaka 3 yo gupfungwa bumwagiriza gukora ibikorwa bitarekuwe&nbsp; n&#8217;amategeko. Abashakashatsi bamwe bamwe baravuze ko urwo rubanza rudakwirikije amategeko, ati ntirwisunze iterambere ry&#8217;abantu muvyo ubushakashatsi. Abandi bahagaze ku karangamutima mu vy&#8217;ubushakashatsi. Izo mpande zibiri zagumye zihanganye, ubuho [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-05-31T07:26:06+00:00","article_modified_time":"2023-05-31T07:30:14+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana?","datePublished":"2023-05-31T07:26:06+00:00","dateModified":"2023-05-31T07:30:14+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/"},"wordCount":716,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/","name":"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana? - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-05-31T07:26:06+00:00","dateModified":"2023-05-31T07:30:14+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/05\/mu-bushinwa-hoba-hagiye-guhingurwa-abana\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Mu Bushinwa hoba hagiye guhingurwa abana?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2656","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2656"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2656\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2660,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2656\/revisions\/2660"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2656"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2656"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2656"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}