



 

{"id":2553,"date":"2023-03-18T12:57:51","date_gmt":"2023-03-18T11:57:51","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=2553"},"modified":"2023-03-18T12:57:58","modified_gmt":"2023-03-18T11:57:58","slug":"amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/","title":{"rendered":"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya"},"content":{"rendered":"\n<p>Igabanuka ry&#8217;agaciro ry&#8217;amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi ryatanguye kuva mu ndwi ya mbere y&#8217;ukwezi kwa Ruhuhuma, amakuru turonka n&#8217;uko abakoresha ayo mahera bitaboroheye. Bitcoin yaratakaje agaciro gushika musi y&#8217;amadorari 22000 kandi nta cizere kiriho c&#8217;uko ashobora gusubira kuduga muri izi ndwi 2 zakwirikiye. Muri uwo mwanya, ibijanye n&#8217;imitahe ku masoko y&#8217;ayo mahera iriko iregereza imiriyaridi 1000 kw&#8217;isi.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibitigiri vy&#8217;ibiciro vy&#8217;ubuguzi muri Reta Zunze Ubumwe z&#8217;Amerika birafise ikintu kinini bihindura ku masoko y&#8217;ayo mahera. Nico gituma kuva ku musi wa kane uheze abari kw&#8217;isoko bose barakurikiranye cane ivyo biciro vy&#8217;ubuguzi mu ntumbero y&#8217;uko ayo mahera yoduza agaciro. Gukurikirana ibiciro vy&#8217;ubuguzi cabaye ikintu nyamukuru gitanga umwizero w&#8217;iduga ry&#8217;agaciro k&#8217;ayo mahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi. Urugezo rw&#8217;ibiciro rurashobora gutuma haba ukwisununura kw&#8217;ibiciro kuri Bitcoin na Ethereum. Ivyo bigaca bituma ibiciro vyo kuyagura biduga.<\/p>\n\n\n\n<p>Ivyo biciro biduze, abanyamitahe baridoga rimwe na rimwe, baca bashaka kurondera imitahe yindi yo mu mbavu. Muri iyi misi hariho imitahe yo mu mbavu y&#8217;ayo mahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi. Kugira bikingire iryo duga ry&#8217;ibiciro, abanyamitahe benshi baragura cane ayo mahera na cane cane Bitcoin na Ethereum. Nk&#8217;uko ababa bariko barayarondera bariko bariyongera muri iyi misi n&#8217;ibiciro vyayo bica biduga.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu gihe abantu bamwe baba babona uturusho dushobora kuva muri ayo mahera, abandi banyamitahe bashasha bariko barashiramwo imitahe bayagura ibica bituma ibiciro vy&#8217;ayo bica biduga.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu gisubizo c&#8217;ivyo, nk&#8217;uko amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi akunda guhungabana, ugusitana kw&#8217;abanyamitahe mu kuyagura siyo nsiguro yo nyene isigura iduga ry&#8217;ibiciro. Hariho ibindi bituma ibiciro bihinduka, bigoye no gutegekanya. Muri uku kwezi kwa Ruhuhuma guheze neza na neza mu mpera y&#8217;indwi igira 2, ibiciro vy&#8217;ubuguzi vyaragabanutse muri Reta Zunze Ubumwe Z&#8217;Amerika, gushika ku rugero ruto cane kuva mu mwaka wa 2021. Hagati muri kuno kwezi kwa Ruhuhuma,&nbsp; igiciro ca Bitcoin cararenze amadorari 21700 hamwe n&#8217;urugero rw&#8217;amahera ahanwahanwa ashika imiriyaridi 22 z&#8217;amadorari hamwe n&#8217;umutahe uri kw&#8217;isoko ungana imiriyaridi 418 z&#8217;amadorari. Ibiciro vyagumye bimanuka n&#8217;inyuma y&#8217;aho.<\/p>\n\n\n\n<p>Umwizero w&#8217;iduga ry&#8217;agaciro k&#8217;ayo mahera uri ku rugero rutarenga amadorari 22375.<\/p>\n\n\n\n<p>Twokwizera ko hashobora kuba iduga ry&#8217;agaciro hamwe n&#8217;iduga ry&#8217;urugero rw&#8217;abaguzi bishobora gutuma Bitcoin ashikana igiciro c&#8217;amadorari 24260.<\/p>\n\n\n\n<p>Ku ruhande rwa Ethereum muri ico gihe nyene yari ifise agaciro k&#8217;amadorari 1500 hamwe n&#8217;urugero rw&#8217;ayahanwahanwa mu masaha 24 rungana n&#8217;amadorari imiriyaridi 8.1, umutahe w&#8217;ayo mahera uri kw&#8217;isoko wangana n&#8217;amadorari imiriyaridi 183,78. Imisi yakurikiye ibiciro vyarameze nk&#8217;ibiduga. Ethereum yaraduze gatoya hejuru ya 1500 araheza arahaguma, ubu rero yaraduze gushika ku madorari 1560.<\/p>\n\n\n\n<p>Iryo manuka ry&#8217;ibiciro ryibonekeje mu ndwi za mbere z&#8217;ukwezi kwa Ruhuhuma ryari ryatumwe canecane n&#8217;amakuru mashasha y&#8217;ubutunzi bwo mu gihugu hagati ca Amerika hamwe n&#8217;urugero rw&#8217;ubuguzi muri Reta Zunze Ubumwe Z&#8217;Amerika, arivyo vyatumye haba ihungabana ry&#8217;amasoko. Muri kino gihe ibiciro vya Bitcoin na Ethereum vyatanguye kuduga. Ikibazo twese twibaza, Bitcoin izohava iduga irenze urugero rw&#8217;amadorari 24000? Nta muntu n&#8217;umwe arabishingira intahe n&#8217;ubwo bigaragara ko ariko araduga.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibiciro vy&#8217;ubu vya Bitcoin biramaze gushika amadorari 24000 hamwe n&#8217;urugero rw&#8217;amahera ahanwahanwa ku musi angana n&#8217;amadorari imiriyaridi 28,9 mu masaha 24. Bitcoin iri hejuru y&#8217;ayandi n&#8217;umutahe uri kw&#8217;isoko ungana imiriyaridi 467 z&#8217;amadorari hamwe n&#8217;ibiceri biri hagati 19299243 na 21.000.000 vya BTC biri kw&#8217;isoko. Bitcoin iguma yerekana iduga ryayo, ubu igeze ku madorari 24000 kandi yagumije urwo rugero. Abahinga bagereranya ko mu misi iri imbere urugero rw&#8217;ayo mahera ashobora gushika ku madorari 24500. Hamwe abaguzi ba Bitcoin boguma biyongera yoba ari inzira yugurutse ko ayo mahera yoshobora no gushika ku madorari 25200. Ariko tuzoba tukiri kure y&#8217;urugero rw&#8217;amadorari 30000. Bitcoin yigeze gushikako imbere y&#8217;ikiza ca COVID.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibiciro vya Ethereum vyarashitse ku madorari 1670 hamwe n&#8217;urugero rw&#8217;amahera ahanwahanwa angana n&#8217;imiriyaridi 9 z&#8217;amadorari mu masaha 24. Umutahe wayo uri kw&#8217;isoko ungana n&#8217;imiriyaridi 203 z&#8217;amadorari.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibihushane navyo, ivyo bitigiri vyose vyo mu ndwi iheze vyarahindutse mu mpera za Ruhuhuma. Inyuma yo gushika&nbsp; ku madorari 26000, Bitcoin yaciye isubira gukoroka gushika ku madorari 23800, bikaza vyerekana inguvu nke ziri muri rya duga ry&#8217;agaciro twavuga mu ndwi iheze.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyahinduwe mu Kirundi na E.N.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Igabanuka ry&#8217;agaciro ry&#8217;amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi ryatanguye kuva mu ndwi ya mbere y&#8217;ukwezi kwa Ruhuhuma, amakuru turonka n&#8217;uko abakoresha ayo mahera bitaboroheye. Bitcoin yaratakaje agaciro gushika musi y&#8217;amadorari 22000 kandi nta cizere kiriho c&#8217;uko ashobora gusubira kuduga muri izi ndwi 2 zakwirikiye. Muri uwo mwanya, ibijanye n&#8217;imitahe ku masoko y&#8217;ayo mahera iriko iregereza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-2553","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.3 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Igabanuka ry&#8217;agaciro ry&#8217;amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi ryatanguye kuva mu ndwi ya mbere y&#8217;ukwezi kwa Ruhuhuma, amakuru turonka n&#8217;uko abakoresha ayo mahera bitaboroheye. Bitcoin yaratakaje agaciro gushika musi y&#8217;amadorari 22000 kandi nta cizere kiriho c&#8217;uko ashobora gusubira kuduga muri izi ndwi 2 zakwirikiye. Muri uwo mwanya, ibijanye n&#8217;imitahe ku masoko y&#8217;ayo mahera iriko iregereza [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-18T11:57:51+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-03-18T11:57:58+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya\",\"datePublished\":\"2023-03-18T11:57:51+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-18T11:57:58+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/\"},\"wordCount\":706,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/\",\"name\":\"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-18T11:57:51+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-18T11:57:58+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2023\\\/03\\\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya - SEQ Consulting","og_description":"Igabanuka ry&#8217;agaciro ry&#8217;amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi ryatanguye kuva mu ndwi ya mbere y&#8217;ukwezi kwa Ruhuhuma, amakuru turonka n&#8217;uko abakoresha ayo mahera bitaboroheye. Bitcoin yaratakaje agaciro gushika musi y&#8217;amadorari 22000 kandi nta cizere kiriho c&#8217;uko ashobora gusubira kuduga muri izi ndwi 2 zakwirikiye. Muri uwo mwanya, ibijanye n&#8217;imitahe ku masoko y&#8217;ayo mahera iriko iregereza [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2023-03-18T11:57:51+00:00","article_modified_time":"2023-03-18T11:57:58+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya","datePublished":"2023-03-18T11:57:51+00:00","dateModified":"2023-03-18T11:57:58+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/"},"wordCount":706,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/","name":"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2023-03-18T11:57:51+00:00","dateModified":"2023-03-18T11:57:58+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2023\/03\/amahera-yo-ku-buhinga-ngurukana-bumenyi-ihungabana-rirabandanya\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi: Ihungabana rirabandanya"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2553","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2553"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2553\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":2554,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2553\/revisions\/2554"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2553"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2553"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2553"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}