



 

{"id":1930,"date":"2022-04-09T09:16:47","date_gmt":"2022-04-09T07:16:47","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1930"},"modified":"2022-04-09T09:16:50","modified_gmt":"2022-04-09T07:16:50","slug":"ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/","title":{"rendered":"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n&#8217;urubuga Blockchain"},"content":{"rendered":"\n<p>Urubuga Blockchain, rugezweho. Hari ibikorwa bitandukanye bikoresha ubwo buhinga nk&#8217;uko twabivuze mu kinyamakuru cubushize ciswe urubuga\u00a0 Blockchain n&#8217;ibikorwa\u00a0 vyarwo, urubuga Blockchain ni igisata co gushingura inkuru ntizononekare kandi zikingirwe\u00a0 bikorewe mu muco kandi ata kindi gisata kindi na kimwe kizigenzura. Ubwo buhinga buratanga umuco k&#8217;ukungene ibikorwa bigenda birandikwa, bibikwa hamwe n&#8217;ibiciro bijana n&#8217;igikorwa cose mu bisata bitandukanye .Ubutunzi, ubudandaji, ubwishingizi, gushigikirana n&#8217;ibindi.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri iyi myaka, imigambi myinshi ifatiye kuri ubwo buhinga yaragaragaye, hasigaye kumenya inyishu vyatanze ku ruhande rw&#8217;ibikorwa. Ngubu uburorero bw&#8217;ivyakozwe canke ivyimirije gukorwa :<\/p>\n\n\n\n<p><strong>1.Crypto- monnaie y&#8217;akarorero<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Amahera yo ku buhinga ngurukana bumenyi yitwa Crypto-monnaies (ayazwi cane nka Bitcoin) aho usanga hari igisata co guhana amahera hirya no hino ata banki canke ikindi kigo kibisuzumye. Urwo rubuga rero ruri mu vyatumye ihanahanwa ryayo mahera Crypto-monnaies rishoboka kandi mu buryo bukingiwe.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>2. Gukingira amakuru ya muntu<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Turasanga urwo rubuga mu bijanye no gukingira amakuru ya muntu be no gukingira imbuga ngurukana bumenyi, gukingira amakuru y&#8217;ibigo bitandukanye Kugira ngo ayo makuru abikwe neza.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikoreshwa ry&#8217;ubwo buhinga mu bisata canke mu ma hinguriro&nbsp; bituma amakuru y&#8217;ivyo bisata akingirwa co kimwe n&#8217;ibikorwa vyakozwe bikaja ku mugaragaro, ivyo vyatumye hasezererwa ibijanye n&#8217;amakuru ngirakamaro azimira tutibagiye navya bikorwa vy&#8217;ubukozi bw&#8217;ikibi vyo kwiyitirira imbuga z&#8217;abantu kuko ubu tuziko ibiba vyanditswe kuri rwa rubuga Blockchain atawuba ashobora kubifuta.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>3. Mu nganda zikora imiduga<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mu nganda zikora imiduga, igikorwa kimwe twovuga mu bikoresha ubwo buhinga bw&#8217;urubuga Blockchain gifatiye ku guhanahana amakuru ngira kamaro y&#8217;ukugene imodoka iriko iragenda hamwe no gusuzuma imodoka ubwayo. Ayo makuru ava mu bantu batandukanye (abatsinze imodoka, abacungera uguhanahana amakuru, abazikoze) arafasha guteza imbere ibijanye no gusuzuma imodoka vyizewe kandi binyaruka bigafasha kandi guharura amahera ajanye n&#8217;ubwishingizi.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>4. Mu kirere<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Inyishu zitangwa n&#8217;ibigendajuru zifasha isi yose kuronka amakuru ajanye n&#8217;urubuga Blockchain biriko biratezwa imbere. Ubwo buhinga buzofasha uburere bumwe bumwe butagira umuhora ngurukana bumenyi ukomeye kwifashisha ayo mahera akoresha urubuga ngurukana bumenyi&nbsp; nk&#8217;ayo twita Bitcoin.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>5. Amagara y&#8217;abantu<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Urubuga Blockchain rurafasha abakozi bo mu gisata c&#8217;amagara y&#8217;abantu guhanahana inkuru ku bijanye n&#8217;abarwaye babo ku buryo bukingiwe kandi buhishijwe. Abavuzi barashobora gukoresha urwo rubuga kugira bandike bongere bashingure ama dosiye y&#8217;ubuvuzi bw&#8217;abarwaye, hakongera hagatangwa icemeza c&#8217;uko bidashobora guhindurwa canke kubonwa nuwariwe wese, bituma izo nkuru ziguma mw&#8217;ibanga.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>6. Poritike n&#8217;amatora<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Amatora yo ku muhora biciye ku rubuga Blockchain afatwa nk&#8217;inzira nziza mu guteza imbere igisata c&#8217;amatora. Ivyo bituma abanyagihugu batorera aho bari hose utiriwe uraja ku biro vy&#8217;itora bigatuma amatora yitabirwa cane.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikoreshwa ry&#8217;urwo rubuga muri ico gisata vyatumye amatora adashobora kwibwa, akorerwa ku mugaragaro, mu kugabanya abayahagararira no mu gutanga ibiharuro vy&#8217;amatora ku mwanya ku mwanya n&#8217;ubwo benshi batabihurizako.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>7. Mu kudondora ibintu, kuvyemeza ku mugaragaro be no mu kurwanya abasubiramwo ibintu, ivyanditse vy&#8217;abandi batabifitiye uruhusha<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ubwo buhinga bw&#8217;urwo rubuga Blockchain buratanga inyishu mu kwerekana iyo ibihingurwa vyazananye, mu kubiha Umwidondoro ukingiwe kandi udahindurwa aho bica hose be no kurwanya kwigana ivyahinguwe n&#8217;abandi, ukubinyuruza mu ntumbero yuko bigendera mu muco. Ukwegeranya ayo makuru yose, nko mugufata amafoto n&#8217;ivyuma vya karuhariwe, mu kwandika no mu kubika ibiranga ikintu bituma haboneka amakanda y&#8217;ico kintu asigara kuri rwa rubuga Blockchain bigatuma bimwe vyo kunyuruza, kwigana ibintu bitorerwa inyishu, ibintu bikabona kudandazwa canke bikagurwa mu muco kw&#8217;isi yose.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibiharuro Kabanga bita QR dusanga ku matu atekeye ivyo kurya bivuye mu ndimo canke mu bworozi bituma abavyihereza bamenya iyo vyazananye, aho Vyaciye, uwabikoze, iyororero vyavuyemwo n&#8217;ikiringo ubwo bworozi bumaze, itariki ivyo bifungurwa vyakoreweko hamwe n&#8217;ayandi makuru.<\/p>\n\n\n\n<p>Uno musi iyo ngendo yo gusuzuma ibintu iratanguye kuja mu ngiro mu kwemeza impapuro z&#8217;imitsindo be n&#8217;izindi mpapuro z&#8217;ikimazi.<\/p>\n\n\n\n<p>Abandi bakoresha ubwo buhinga bashikiriza ko ari inyishu mu gusuzuma ibintu, mu kubikwirikirana, mugushigikira ibikorwa vy&#8217;akaranga n&#8217;utugenegene be no guhuza abantu bahurikiye mu gisata kimwe.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu gisata c&#8217;ubuvuzi, urubuga Blockchain rurafasha neza cane mu gusigura ikorwa n&#8217;ishirwa kw&#8217;isaho ry&#8217;umuti runaka, umwidondoro wawo be no mu kurwanya ukwigana.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Vyanditswe na M\u00e9diatrice NKURUNZIZA<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Urubuga Blockchain, rugezweho. Hari ibikorwa bitandukanye bikoresha ubwo buhinga nk&#8217;uko twabivuze mu kinyamakuru cubushize ciswe urubuga\u00a0 Blockchain n&#8217;ibikorwa\u00a0 vyarwo, urubuga Blockchain ni igisata co gushingura inkuru ntizononekare kandi zikingirwe\u00a0 bikorewe mu muco kandi ata kindi gisata kindi na kimwe kizigenzura. Ubwo buhinga buratanga umuco k&#8217;ukungene ibikorwa bigenda birandikwa, bibikwa hamwe n&#8217;ibiciro bijana n&#8217;igikorwa cose mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1930","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ibikorwa bikoreshwa na benshi n&#039;urubuga Blockchain - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n&#039;urubuga Blockchain - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Urubuga Blockchain, rugezweho. Hari ibikorwa bitandukanye bikoresha ubwo buhinga nk&#8217;uko twabivuze mu kinyamakuru cubushize ciswe urubuga\u00a0 Blockchain n&#8217;ibikorwa\u00a0 vyarwo, urubuga Blockchain ni igisata co gushingura inkuru ntizononekare kandi zikingirwe\u00a0 bikorewe mu muco kandi ata kindi gisata kindi na kimwe kizigenzura. Ubwo buhinga buratanga umuco k&#8217;ukungene ibikorwa bigenda birandikwa, bibikwa hamwe n&#8217;ibiciro bijana n&#8217;igikorwa cose mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-04-09T07:16:47+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-04-09T07:16:50+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"4 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n&#8217;urubuga Blockchain\",\"datePublished\":\"2022-04-09T07:16:47+00:00\",\"dateModified\":\"2022-04-09T07:16:50+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/\"},\"wordCount\":685,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/\",\"name\":\"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n'urubuga Blockchain - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-04-09T07:16:47+00:00\",\"dateModified\":\"2022-04-09T07:16:50+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/04\\\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n&rsquo;urubuga Blockchain\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n'urubuga Blockchain - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n'urubuga Blockchain - SEQ Consulting","og_description":"Urubuga Blockchain, rugezweho. Hari ibikorwa bitandukanye bikoresha ubwo buhinga nk&#8217;uko twabivuze mu kinyamakuru cubushize ciswe urubuga\u00a0 Blockchain n&#8217;ibikorwa\u00a0 vyarwo, urubuga Blockchain ni igisata co gushingura inkuru ntizononekare kandi zikingirwe\u00a0 bikorewe mu muco kandi ata kindi gisata kindi na kimwe kizigenzura. Ubwo buhinga buratanga umuco k&#8217;ukungene ibikorwa bigenda birandikwa, bibikwa hamwe n&#8217;ibiciro bijana n&#8217;igikorwa cose mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2022-04-09T07:16:47+00:00","article_modified_time":"2022-04-09T07:16:50+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"4 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n&#8217;urubuga Blockchain","datePublished":"2022-04-09T07:16:47+00:00","dateModified":"2022-04-09T07:16:50+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/"},"wordCount":685,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/","name":"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n'urubuga Blockchain - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2022-04-09T07:16:47+00:00","dateModified":"2022-04-09T07:16:50+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/04\/ibikorwa-bikoreshwa-na-benshi-nurubuga-blockchain\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ibikorwa bikoreshwa na benshi n&rsquo;urubuga Blockchain"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1930","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1930"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1930\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1931,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1930\/revisions\/1931"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1930"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1930"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1930"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}