



 

{"id":1775,"date":"2022-02-09T13:46:49","date_gmt":"2022-02-09T12:46:49","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1775"},"modified":"2022-02-09T13:46:51","modified_gmt":"2022-02-09T12:46:51","slug":"ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/","title":{"rendered":"Ubuhinga bwa Blockchain n&#8217;uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo."},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Ubuh<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ubwo buhinga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb ni ubuhinga bukiri mu ntango canke bugitangura birashoboka ko benshi muri twebwe&nbsp; twoba twarumvise ubwo buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe buvugwa. Ni mwaba muzi amahera y&#8217;ibanga ahanahanwa hagati y&#8217;abantu ku muhora ngurukanabumenyi \u00ab&nbsp;Cryptomonnaies&nbsp;\u00bb muri ayo ayazwi cane akaba ari amahera afatirwako mugushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu ahanahanwa hakoreshejwe umuhora ngurukabumenyi \u00ab&nbsp;bitcoin&nbsp;\u00bb. N\u2019ubwo buhinga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb&nbsp;&nbsp; bwifashishwa kugira ngo ayo mahera ashobore guhanahanwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Naho mu ntango ubwo buhinga bwari bwakorewe ibikorwa bijanye no guhanahana amahera birindiwe umutekano canke bicungerewe umutekano&nbsp; vy&#8217;amahera afatirwako mu kugena ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb (ahanahanwa hakoreshejwe umuhora ngurukanabumenyi) ubwo buhinga ntibwokwirengagizwa no kubindi bisata kuko bufise ubushobozi bwo kworosha no gucungerera umutekano vyimbitse w&#8217;ikoreshwa ry&#8217;amakuru. Uyu musi ubwo buhinga burasabwa gukoreshwa mu guteza imbere ibisata bitandukanye : mu ntwaro, mu vy&#8217;inguvu, mu muziki, no mu bindi.<\/p>\n\n\n\n<p>Ariko rero, ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb ni iciyumviro kizwi nabi.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ni iki?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Bwatowe mu mwaka 2009 mu gisata c&#8217;ubutinzi, ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe (cha\u00eene de bloc mu rurimi rw&#8217;Igifaransa) bwasiguwe n&#8217;umushakashatsi mu biharuro yitwa Jean Paul Delahaye nk&#8217;&nbsp; \u00ab&nbsp;ikaye niniya cane&nbsp;\u00bb, umuntu uwo ari we wese ashobora gusoma yisanzuye kandi ku buntu, ikaye umuntu wese ashobora kwandikamwo ariko bidashoboka ko ahanagura ivyo yanditse canke ngo ayisambure.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ni ikaye canke igitabo, ni ububiko bunini canke bukuru bw&#8217;amakuru bufise umwihariko wo gusangirwa n&#8217;abakoresha ubwo bubiko bose hamwe icarimwe, kandi bakaba bafise iyo kaye canke igitabo, bakaba kandi bose banafise ubushobozi bwo kuyandikamwo amakuru, hakurikijwe amategeko yihariye atangwa avuye mu bubiko bw&#8217;amategeko yose agenga ihanahanwa ry&#8217;amakuru bucungerewe canke burinzwe neza hakoreshejwe ubuhinga canke uburyo bw&#8217;ibanga.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu buryo butomoye ni inyubako yagutse y&#8217;ububiko bw&#8217;amakuru, idashobora guhindurwa, irinzwe kandi icungerewe umutekano, kandi y&#8217;ukuri nta co ihisha kandi itagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe yaba umuntu ku giti ciwe, banki, Reta, n&#8217;inzindi nzego<\/p>\n\n\n\n<p>Ubwo buhinga bushingiye ku mwizero w&#8217;ababukoresha, bufasha, nk&#8217;akarorero, kurungika amahera mu buryo bw&#8217;igitigiri kandi hagati y&#8217;umuntu n&#8217;uwundi canke y&#8217;imashini n&#8217;iyindi bitarinze kunyura muri banki. Ni ubuhinga butuma hatabamwo abahuza mu bisata vyinshi bimenyerewe bisanzwe bizwi ko habamwo abahuza :&nbsp; igisata c&#8217;amabanki, ico kw&#8217;inezeza, igisata ca Reta n&#8217;ibindi vyinshi.<\/p>\n\n\n\n<p>Naho ari ubuhinga&nbsp; bukiri ku rwego canke urugero rwo gutera imbere hakiri kare, ubwo buhinga buramaze gukoreshwa mu buryo bwo guhanahana amahera bw&#8217;ibanga hakoreshejwe umuhora ngurukanabumenyi hagati y&#8217;abantu butagenzurwa namabanki canke uwundi muntu \u00ab&nbsp;Cryptomonnaies&nbsp;\u00bb, mu kubika amakuru y&#8217;amareta, no mu bindi. Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb bumenyerewe cane gushika uyu musi ni ubwo guhanahana amahera afatirwako mu gushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb: ahanahanwa ku muhora ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Inkomoko z&#8217;ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bwavumbuwe canke bwatowe nk&#8217;ubuhinga bufasha guhanahana amahera afatirwako mu gushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>Amahera afatirwako mu gushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ni amahera ari mu bitigiri yakozwe mu mwaka w&#8217; 2008 n&#8217;uwitwa Satoshi Nakamoto, ni umuntu atigeze amenyekana canke umugwi w&#8217;abantu utigeze umenyekana.<\/p>\n\n\n\n<p>Ni ukumenyekana kugenda kwiyongera kw&#8217;amahera afatirwako mu gushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb vyatumye havuka iciyumviro c&#8217;ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb.&nbsp; Ariko ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe burenze kure urwego rw&#8217;amahera afatirwako mu gushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu. Hariho ubwoko bwinshi bw&#8217;ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe, bumwebumwe bwose bukaba bufise ibiburanga bwiharije. Ariko rero, hariho ibiranga ubwo buhinga bisa ku bwoko bwose bifasha gushira iciyumviro mu mwanya waco.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb bukora gute?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bufitanye isano n&#8217;ububiko bunini bw&#8217;amakuru bwamamaye(buzwi cane) burimwo amakuru yose hamwe yahanahanywe kuva ubwo buhinga bugitangura gukoreshwa(bukibaho).Umwe wese mu bitabira gukoresha ubwo buhinga aba rero afise uburenganzira ku rupapuro rw&#8217;ubwo bubiko bw&#8217;amakuru no kuri kahise k&#8217;amakuru y&#8217;ivyahanahanywe vyose hagati y&#8217;abakoresha ubwo buhinga kuva bukibaho (bugitangura gukora).<\/p>\n\n\n\n<p>Ng&#8217;ibi ibiranga ubwo buhinga bikurubikuru:<\/p>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Gusanisha igice cose gikorwa hakoreshejwe ubuhinga bw&#8217;ibanga \u00ab&nbsp;Cryptographi&nbsp;\u00bb.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ibikorwa vy&#8217;ihanahanwa ry&#8217;amakuru birungikwa ku muhora canke imashini y&#8217;ububiko bw&#8217;amakuru w&#8217;imashini nyabwonko aho ziri kw&#8217;isi hose.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Imashini iyo ari yo yose (noeud) yakira ikopi (urupapuro) y&#8217;ububiko bw&#8217;amakuru aho ivyabaye mu mahanahanwa y&#8217;amakuru vyanditse. Impande zose zishobora kugerera icarimwe kuri ubwo bubiko.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Uburyo bw&#8217;uburinzi bushimikiye ku buryo bw&#8217;uguhuzwa kw&#8217;imashini zose (noeuds) igihe cose hari inkuru yongewemwo. Amakuru agenzurwa kandi akemezwa ko ari ay&#8217;ukuri n&#8217;imashini zabigenewe ziri aho amakuru ashikira canke imashini zikoreshwa mu kwemeza ibikorwa&nbsp; vy&#8217;ihanahanwa (mineurs). Ihanahanwa rimaze kwemezwa ryongerwa mu bubiko rimeze nk&#8217;umubumbe (umugwi) w&#8217;amakuru wagenzuwe (uhabwa inomero) ni umubumbe mu buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe).<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ikwirakwizwa ry&#8217;ikoreshwa ry&#8217;umutekano ribuza ihindurwa ry&#8217;ibikorwa vy&#8217;ihanahana ry&#8217;amakuru. Umubumbe uwo ari wo wose mushasha wongewe ku buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe uhuzwa n&#8217;uwundi mubumbe w&#8217;amakuru wawubanjirije hanyuma ikopi ikarungikwa mu mashini zose zigize umuhora. Ishirwahamwe ry&#8217;imibumbe y&#8217;amakuru rikurikiza urukurikirane rw&#8217;igihe iyo mibumbe yagiye irashikirako, ntirishobora guhanagurwa canke guhindurwa. Inyubako yaryo irangwa no gukwirakwizwa, kubera yuko itakiriwe n&#8217;imashini nkuru ifasha gushika ku makuru&nbsp; imwe gusa ariko iyo nyubako ikora mu buryo bwo guhanahanwa hagati y&#8217;imashini n&#8217;iyindi, canke uwuyikoresha n&#8217;uwundi.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<p>Iyo ibikorwa vy&#8217;ihanaha ry&#8217;amakuru ryabaye, rica rishirwa ubwo nyene hamwe n&#8217;ibindi bikorwa vyabereye mu mwanya umwe na ryo: ivyo bikorwa biraheza bigashirwa mu mubumbe umwe (bloc) Iyo uwo mubumbe wamaze gukorwa, utegerezwa kugenzurwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri ubwo buryo, ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe, bubika igikorwa ico ari co cose, ibikorwa vy&#8217;ihanahana ry&#8217;amakuru iryo ari ryo ryose canke icabaye ico ari co cose, kandi ico ni co kivyara igenzurwa canke ikurikiranwa&nbsp; ry&#8217;ibiba kuva ku ntango kugera kw&#8217;iherezo ryavyo. Kubera ivyo:<\/p>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Umugwi wose ukoresha ubwo buhinga umenyekanishwa&nbsp; n&#8217;izina ryiritazirano canke n&#8217;amakuru agizwe n&#8217;ibintu vyinshi atuma bigora canke ntibinashoboke kugera ku makuru y&#8217;ikintu canke y&#8217;umuntu.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ibikorwa vy&#8217;ihanahanwa ryose canke amakuru birungikwa mu muhora w&#8217;imashini nyabwonko zikwirakwijwe kw&#8217;isi hose.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Amateka canke amakuru y&#8217;ivyabaye y&#8217;ibikorwa vy&#8217;ihanahanwa ashikirwa n&#8217;abakoresha ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bose.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ihuzwa ry&#8217;imashini zose rituma habaho umutekano w&#8217;umuhora wose igihe cose hari amakuru yongewemwo. Amakuru ashika ariko umukono n&#8217;uwayarungitse hama akemezwa ko ari ay&#8217;ukuri.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ibikorwa vy&#8217;ihanahanwa ry&#8217;amakuru ryose rishirwa mu mubumbe w&#8217;amakuru (bloc de donn\u00e9es). Iyo umubumbe wuzuye hakorwa uwundi hanyuma ugahuzwa n&#8217;uwawubanjirije n&#8217;amakuru asigara inyuma&nbsp; igihe tuba turiko dukoresha umuhora ngurukana bumenyi. Vyongeye habaho ikopi (urupapuro) y&#8217;uwo mubumbe ubwo nyene muri uwo mwanya nyene mu muhora wose mu buryo buhoraho. Ivyo ni vyo bituma amakuru aba ibanga ku rubuga yo kubika no guhanahana amakuru \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb. Ni nk&#8217;aho ayo makuru adashobora guhindurwa.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<p><strong>Ubuhinga&nbsp; bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bufasha mu biki?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ikoreshwa ry&#8217;ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bufise inyungu nyinshi; muri zo hari ho:<\/p>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Irwanya ry\u2019ubusuma bw&#8217;amakuru bukorerwa ku muhora ngurukanabumenyi (piratage), nk&#8217;akarorero ubw&#8217;amareresi, abw&#8217;umuziki: hifashishijwe umuhora ngurukanabumenyi, ukwimurira amakuru ahandi mu kindi kibanza (c&#8217;imashini canke c&#8217;ikindi gikoresho gikoresha umuhora ngurukanabumenyi), kw&#8217;ibikorwa vy&#8217;ubugenegene vyabaye ivya bose, naho bigengwa n&#8217;amategeko. Ubuhinga&nbsp; bukoresha ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bufasha kurwanya ubwo busuma.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Umutekano w&#8217;ibikoresho n&#8217;uburyo bikoramwo hamwe no kwemeza ibikorwa vy&#8217;ubwo buhinga: Isoko ryo kwigana ibikorwa vyakozwe n&#8217;abandi ataburengazira uwuvyiganye abifitiye rirateye imbere kandi umuhora ngurukanabumenyi urorosha icuruzwa ritemewe n&#8217;amategeko kubera ko ukwemeza ibikorwa vy&#8217;ihanahanwa ry&#8217;amakuru bikorwa n&#8217;umurwi w&#8217;abakoresha ubwo buhinga batandukanye, batanazinyanye. Ivyo bituma habaho kwirinda ivyago vy&#8217;ubugizi bwa nabi canke ubusuma, kubera imashini zicungera uburyo ibikoresho bikora kandi zikanagenzurana zose hamwe.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ibikwa ry&#8217;amakuru n&#8217;ihanahanwa ry&#8217;amakuru y&#8217;ubuvuzi: Amakuru y&#8217;ubuvuzi canke y&#8217;amagara y&#8217;abantu y&#8217;umwumwe wese muri twebwe ni amakuru y&#8217;ibanga kandi akaba n&#8217;inkoramutima akwiriye gukorwa canke kwigwa mw&#8217;ibanga, ariko ukumenyekana kw&#8217;ayo makuru mu bandi bantu bishobora kwibonekeza ko bikenewe mu gihe ari ivyihutirwa, ari impanuka, agahinda canke gucika intege), canke guta umutwe.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ukwihuta kw&#8217;ibikorwa vyo guhanahana amakuru. Kubera ukwemeza amakuru ahanahanwa ko ari ay&#8217;ukuri bifata amasegonda make kugera ku minota mike.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Inyungu z&#8217;umwimbu n&#8217;ubushobozi bwo gukora neza: Bivyagwa nuko ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe buha itunganywa ry&#8217;ihanahanwa ry&#8217;amakuru ibikoresho&nbsp; bigenzura iryo hanahanwa ry&#8217;amakuru canke imashini nyabwonko n\u2019ibindi vyabigenewe bifise ubushobozi bwo gukora ico gikorwa hakoreshejwe umuhora ngurukanabumenyi, ibi bigabanya mu buryo bw&#8217;ubuhinga ibiciro vy&#8217;ibikorwa vy&#8217;ihanahanwa ry&#8217;amakuru canke vy&#8217;ugushira hamwe uburyo busanzwe bukoreshwa mu buryo bwa kera (amahera yo gukoresha, amahera akoreshwa mu kugenzura ibikorwa, canke y&#8217;icemezo c&#8217;ibikorwa, kwifashisha abafasha bihemba ku bikorwa baba bakoze; gukoresha imashini zikoresha mu gihe c&#8217;ibikorwa bimwebimwe, n&#8217;ibindi).<\/li><\/ul>\n\n\n\n<p><strong>Aho ubwo b\u2019ubuhinga bwo kubika&nbsp; no guhanahana amakuru&nbsp; butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bugarukira.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Naho butanga ayo masezerano yose, ubuhinga bwo gukoresha ubuhinga bwo kubika no guhanaha amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe burafise aho bugarukira:<\/p>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ntibusubirira burundu abahuza. Akarorero, ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ntibushobora kwemeza bwo nyene gusa ko urupapuro rw&#8217;umutsindo (Dipl\u00f4me) ari iy&#8217;ukuri: bushobora kwemeza ko ari iy&#8217;ukuri vy&#8217;igihe kirekire mu buryo bwisubiriza igihe hari ikigo kiyishize ku muhora ngurukanabumenyi. Isezerano ry&#8217;ubushobozi bwo kutagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ntiryipfuzwa mu bihe vyose. Ku rundi ruhande, uwukoresha uburyo bwo kubika no guhanahana amakuru akomeza kugengwa n&#8217;ibikoresho vyose biba biriko bikoreshwa mu kubika no mu guhanahana amakuru&nbsp; bitanga ihuriro hagati y&#8217;ibikoresho vyo gutumatumanako n&#8217;umuntu ariko arabikoresha muri ubwo buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Imigambi yihetse canke izungurutse ubuhinga bwo guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ntibuze amakosa. Ibikorwa bikorwa n&#8217;imashini zikoresha vyashizwe mu buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ni icabona canke icemezo c&#8217;umutekano no gukorera mu kuri canke mu muco.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ariko rero, ikoreshwa ry&#8217;inzira idakingiwe y&#8217;imashini nyabwonko mu kwiba amakuru no mu guhungabanya uburyo zikora bikorwa n&#8217;abasuma ku muhora ngurukanabumenyi (pirates) ni icago gitegerezwa gutegekanywa igihe cose. Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe, bumwe bumwe bukoresha umuriro mwinshi iyo buriko bukoreshwa. Uburyo bwo kwemeza amakuru ko ari ay&#8217;ukuri hakoreshejwe kurungika umubumbe w&#8217;amakuru (bloc) w&#8217;ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe (hakoreshejwe ubunyarutsi bw&#8217;imashini nyabwonko) bukoreshwa n&#8217;ubuhinga bwinshi bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe (nk&#8217;amahera ahanahanwa ku muhora ngurukanabumenyi: \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb butanga umutekano w&#8217;ikaye canke igitabo vy&#8217;amakuru bikoresha umuriro w&#8217;umuyagankuba mwinshi cane rwose.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe ntibwama burinda ibitero vy&#8217;abasuma b&#8217;amakuru kuko bushobora guterwa. Gushobora guhungabanya canke guta mu makosa ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bikomeza gutera amakenga ku rwego rwo hejuru. Inyubako y&#8217;umuhora ntituma ibitero vy&#8217;abasuma b&#8217;amakuru ku muhora ngurukanabumenyi bizimba bikanagora cane gusa, ahubwo binagabanya ubwoko bw&#8217;ubusuma bukorerwa ku muhora ngurukanabumenyi bushoboka.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<ul class=\"wp-block-list\"><li>Ariko rero, igitero citwa ic&#8217;ibice mirongo itanu na rimwe kw&#8217;ijana (l&#8217;attaque des 51%) kidakunze kuba gikorwa bashaka gukoresha incuro zibiri amahera y&#8217;ibanga ahanahanwa ku muhora ngurukanabumenyi \u00ab&nbsp;Cryptomonnaie&nbsp;\u00bb. Citwa kandi igitero ca Gold Finger ni igitero kigendereye kwegeranya ibice birenga mirongo itanu kw&#8217;ijana&nbsp; vy&#8217;ubunyarutsi bw&#8217;imashini nyabwonko hagendewe kubikorwa ishobora gukora mw&#8217;isegonda rimwe \u00ab&nbsp;puissance de calcul&nbsp;\u00bb bw&#8217;ibikorwa vyose vy&#8217;umuhora ngurukanabumenyi, hisunzwe ibiharuro vy&#8217;ivyirwa bikorwa, vyerekana ko bishoboka ko kiba; caramaze kwigwa vyimbitse ko gishoboka. Igikorwa caco kigarukira&nbsp; kukutemezwa kw&#8217;ibikorwa vy&#8217;ihanahana ry&#8217;amakuru canke gukoresha ubugira kabiri amahera yamaze gukoreshwa.Kwegeranya (gushira hamwe igice kirenga c&#8217;ubunyarutse bw&#8217;imashini nyabwonko hisunzwe ibikorwa zishobora gukora mu gihe c&#8217;isegonda rimwe canke ubushobozi, canke amahera afatirwako mu gushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke vy&#8217;ibintu birabuza birakumira ivyari bigomba gukorwa. Igitero nk&#8217;ico gikenera gukoresha uburyo amahera bwinshi cane kugira uronke ubushobozi bw&#8217;igitigiri gikenewe kandi biba bigoye kuwagize igitero ko atamenyekana.Vyongeye,&nbsp; ubusuma buramenyekana vyihuse: ni gake bishoboka ko abakoresha ubuhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe bahitamwo kubandanya bakoresha umurongo wagizweko ubusuma bukorerwa ku muhora ngurukanabumenyi.<\/li><\/ul>\n\n\n\n<p><strong>Bihinduwe mu Kirundi na E.N<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ubuh Ubwo buhinga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb ni ubuhinga bukiri mu ntango canke bugitangura birashoboka ko benshi muri twebwe&nbsp; twoba twarumvise ubwo buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe buvugwa. Ni mwaba muzi amahera y&#8217;ibanga ahanahanwa hagati y&#8217;abantu ku muhora ngurukanabumenyi \u00ab&nbsp;Cryptomonnaies&nbsp;\u00bb muri ayo ayazwi cane akaba ari amahera afatirwako mugushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1775","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.5 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ubuhinga bwa Blockchain n&#039;uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubuhinga bwa Blockchain n&#039;uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ubuh Ubwo buhinga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb ni ubuhinga bukiri mu ntango canke bugitangura birashoboka ko benshi muri twebwe&nbsp; twoba twarumvise ubwo buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe buvugwa. Ni mwaba muzi amahera y&#8217;ibanga ahanahanwa hagati y&#8217;abantu ku muhora ngurukanabumenyi \u00ab&nbsp;Cryptomonnaies&nbsp;\u00bb muri ayo ayazwi cane akaba ari amahera afatirwako mugushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-02-09T12:46:49+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-02-09T12:46:51+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"10 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Ubuhinga bwa Blockchain n&#8217;uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo.\",\"datePublished\":\"2022-02-09T12:46:49+00:00\",\"dateModified\":\"2022-02-09T12:46:51+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/\"},\"wordCount\":2252,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/\",\"name\":\"Ubuhinga bwa Blockchain n'uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-02-09T12:46:49+00:00\",\"dateModified\":\"2022-02-09T12:46:51+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubuhinga bwa Blockchain n&#8217;uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubuhinga bwa Blockchain n'uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubuhinga bwa Blockchain n'uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo. - SEQ Consulting","og_description":"Ubuh Ubwo buhinga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb ni ubuhinga bukiri mu ntango canke bugitangura birashoboka ko benshi muri twebwe&nbsp; twoba twarumvise ubwo buhinga bwo kubika no guhanahana amakuru butagenzurwa n&#8217;urwego na rumwe buvugwa. Ni mwaba muzi amahera y&#8217;ibanga ahanahanwa hagati y&#8217;abantu ku muhora ngurukanabumenyi \u00ab&nbsp;Cryptomonnaies&nbsp;\u00bb muri ayo ayazwi cane akaba ari amahera afatirwako mugushinga ibiciro vy&#8217;ayandi mahera canke [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2022-02-09T12:46:49+00:00","article_modified_time":"2022-02-09T12:46:51+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"10 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Ubuhinga bwa Blockchain n&#8217;uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo.","datePublished":"2022-02-09T12:46:49+00:00","dateModified":"2022-02-09T12:46:51+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/"},"wordCount":2252,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/","name":"Ubuhinga bwa Blockchain n'uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2022-02-09T12:46:49+00:00","dateModified":"2022-02-09T12:46:51+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ubuhinga-bwa-blockchain-nuburyo-ubwo-buhinga-bukoreshwamwo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubuhinga bwa Blockchain n&#8217;uburyo ubwo buhinga bukoreshwamwo."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1775","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1775"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1775\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1776,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1775\/revisions\/1776"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1775"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1775"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1775"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}