



 

{"id":1750,"date":"2022-02-08T17:29:35","date_gmt":"2022-02-08T16:29:35","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1750"},"modified":"2022-02-08T17:29:37","modified_gmt":"2022-02-08T16:29:37","slug":"ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/","title":{"rendered":"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb?"},"content":{"rendered":"\n<p>Twarabonye mu kigabane giheruka yuko \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb ari igitabo kinini c\u2019ama konte, cerekana, canditswemwo uwarishe, ayo yarishwe n&#8217;igihe yarihiwe. Si igitabo c&#8217;impapuro ahubwo ni icegeranyo bita \u00ab\u00a0Blocs\u00a0\u00bb ( uruhome).<\/p>\n\n\n\n<p>Izo \u00ab&nbsp;blocs&nbsp;\u00bb zisanzwe zifitaniye isano hagati yazo zirahuzwa na rwa rubuga twise \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb. Si amahera ari mu mpapuro canke mu bingorongoro ni amahera adafadika. Twarabonye kandi ko ama banki ashiraho amahera kugira atange ingurane.<\/p>\n\n\n\n<p>Ishingiro rya \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ni ugushiraho urwego rw&#8217;amahera irya n&#8217;ino. Si ngombwa ngo harinde kubaho i mashini nyabwonko ijejwe kubihanahana . Vyose bikora vyisunze ihanahana umuntu ku muntu atahandi biciye nk&#8217;uko umurwi wivyegeranyo bita \u00ab&nbsp;Torrents&nbsp;\u00bb ufasha mu gusabikanya amakuru hagati ya za mudasobwa. Mudasobwa ziba zashizwe ku muhora ngurukanabumenyi. Imwe yose yitwa ipfundo ry&#8217;uwo muhora kubera ifise inkuru zisa niziri ku rubuga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb. Ivyo vyose bifise ihangiro ryo kwima ikibanza ama banki muri ico gikorwa no kuyaka ububasha bwo gushiraho amahera yingurane. Muravyibuka mu kigabane giheruka , twanditse ko ukuyakoresha vyisunga uko ingurane zikoreshwa hanyuma ama banki agashiraho amahera afatiye kungurane.<\/p>\n\n\n\n<p>Umuntu uwariwe wese arashobora kuja ku muhora ngurukanabumenyi akoresheje mudasobwa yiwe. Bisaba ko atanguza muri iyo mashini yiwe intunganyo bita \u00ab&nbsp;Bitcoin core&nbsp;\u00bb, ikindi nukumenya iyo mudasobwa yashizwe ku rubuga ica ironka ibiri kuri rwa rubuga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb ibikuye ku zindi mudasobwa ziri ku muhora ivyo birasaba umwanya n&#8217;uko i mashini yawe iba ifise ikibanza muri yo gikwiye co kubikako \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ikura inguvu mu ndinganizo yayo itoroshe yigizayo uwo muntu wese w&#8217;umutware yovyivangamwo arico gituma, yaciye iha uruhusha nyabwonko zose bikorana gushobora guhanahana inkuru ata handi biciye.<\/p>\n\n\n\n<p>Nyabwonko ziri ku muhora zirakurikirana ku mwanya inkuru zijanye na \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb zifashijwe n&#8217;igikoresho bita \u00ab&nbsp;Hash&nbsp;\u00bb. Zirashobora kumenya neza inzira yose icamwo ivyarishwe, igatomora itihenze Yuko igenekerezo rya 8\/6\/2010, Thierry yarishe amahera angana 2000 vy\u2019amadorari Calixte isaha umunani n&#8217;iminota 25. Ku bisanzwe izo mashini zose zirakora igikorwa nkici gi polisi ku nyungu za \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>Twaratahuye ko \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ari amahera ari irya nino, ata mutware w&#8217;igihugu runaka atanga amategeko yavyo. Turazi kandi ko uwariwe wese ashobora kuja ku muhora akoresheje nyabwonko yiwe ku rubuga rwa \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb biciye ku ndinganizo bita \u00ab&nbsp;Bitcoin core&nbsp;\u00bb hanyuma nyabwonko yose ikaronka inkuru ziri mu zindi nyabwonko. Izo nyabwonko zifatanijwe n&#8217;agakoresho bita \u00ab&nbsp;Hash&nbsp;\u00bb ntibirekurira umuntu n&#8217;umwe wundi ku vyinjiramwo mu ntumbero yo gukingira \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb. Ikibazo twokwibaza ubu ni ukuntu twomenya gushiraho izindi mpome nshasha zo kubika \u00ab&nbsp;Blocs&nbsp;\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Abacukuzi b&#8217;inzahabu<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Inkuru y&#8217;amahera canke kahise kayo karafatanye n&#8217;inzahabu. Abacukuzi b&#8217;inzahabu babayeho ni abatoye inzahabu babanje kwimba mu kuzimu. Nta cahindutse no kuri \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb. Ukwihutira ivyinzahabu ni igitero cagiriwe ubutaka n&#8217;ibisigabwenge. Muri ibi vyiwacu, abacukuzi ni za mudasobwa, igikorwa co gucukura mu kuronka ama \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb mashasha vyashinzwe za mudasobwa. Kugira turonke \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb nshasha, dukoresha tudahumeka mudasobwa. Ayo \u00ab&nbsp;mastakanov&nbsp;\u00bb adafadika ategerezwa kuba inyishu kugira ushobore gushiraho uruhome rushasha rwo kubikako \u00ab&nbsp;Bloc&nbsp;\u00bb kuri rwa rubuga \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb no kuronka kandi ama \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb mashasha. Umuntu yovuga ko ari nkihiganwa ridahagarara, bisaba kubanguka, uwishuye ubwa mbere niwe aronka umusaruro ubwa mbere gutyo gutyo.<\/p>\n\n\n\n<p>Ku bisanzwe za nyabwonko \u00ab&nbsp;Gacukuzi&nbsp;\u00bb nk&#8217;uko bazita zirondera gutorera umuti ingorane zifatiye ku biharuro, izo nyabwonko zigerageza gutora igiharuro&nbsp; , gishizwe muri ca gikoresho bita \u00ab&nbsp;Hash&nbsp;\u00bb, gitanga ikindi giharuro gitangurwa n&#8217; ubusa bwinshi bidakunze uca usubiramwo gutyo gutyo.<\/p>\n\n\n\n<p>Bisaba ko za nyabwonko zose ziba ziri ku kivi kugira zitore inyishu mu minota 10, mwabitahuye, vyose biva ku gitigiri ca mudasobwa ziriko zirabikora ziciye kuri bwa buhinga bita \u00ab&nbsp;Hash&nbsp;\u00bb. N&#8217;ukuvuga ko mudasobwa zose zitegerezwa kuba ziriko zirakora kandi mu mwanya umwe&nbsp; zikaba ziriko zikorera kuri bwa buhinga bwa \u00ab&nbsp;Hash&nbsp;\u00bb Kugira amahirwe abe menshi yo gushobora gushiraho rwa ruhome rwo kubikako \u00ab&nbsp;Bloc&nbsp;\u00bb Kugira ushimirwe na \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>NI ukubimenya utsinda nka kurya ko mu kamari. Ubikora wizeye ko utsinda ukaguma usubiramwo. Inzahabu abacukuzi ntibapfa kuyitora ahariho hose barimba kenshi, mu kuzimu kwa kure kugira baronke n&#8217; utu garama (Gramme). Nico kimwe n&#8217;aba bacukuzi bo kuri urwo rubuga. Kenshi na kenshi biragoye kurondera \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ni ukuvuga gucukura ubushimwe n&#8217;abwo bukagabanuka. Baravuga kandi ko mu mwaka wa 2140 ama \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb azoba yaheze yose. Ubu, umucukuzi atsinze aronka agashimwe kangana 6.25 BTC \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>Dusanzwe tuzi yuko ata noti canke ibingorongoro umuntu ashobora gukorako muri \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb, ikibazo gica kivuka ni ukumenya ukuntu uvana ivyakozwe, ivyahanahanywe kuri \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ukabivana kwi konte ubijana ku yindi? Birazwi neza kuva \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ivuka ibika ry\u2019ivyakozwe canke vyahanahanywe mu gitabo kinini c&#8217;i konte kizwi kw&#8217; izina rya \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb, ni uko ivyakozwe vyose kuri urwo rubuga kuva rugitangura bigashobora kubonwa n&#8217;uwariwe wese. Urupfunguruzo ni umuco .<\/p>\n\n\n\n<p>Muribuka Calixte? Twese turazi ko afise Ama dorari 2000, yahawe na Thierry, iryo si ibanga ku bantu bahurikiye mu muhora umwe. Inkuru za \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb ntizugururiwe Bose, zibitse neza hagati ya za mudasobwa gacukuzi ziri ku muhora. Mu gihe Thierry yariha ama dorari 2000 Calixte, Calixte ategerezwa gusinya ko yayaronse. Izindi mudasobwa zikabimenya hanyuma zikemeza ico gikorwa. Ishimikiro rya \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb ni ugukwirikirana ayo mahera. Ama banki yari kuja hagati ntaba akigiyemwo. Ihangiro ni ukugumiza ukuboko canke ikiganza kw&#8217;ishingwa ry&#8217;ayo mahera ya \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb, ihanahanwa ry&#8217;ayo hamwe n&#8217;agaciro kayo. Satoshi Nakamoto, uwashizeho \u00ab&nbsp;Bitcoin&nbsp;\u00bb yashatse gukora ubushobozi bwa ma banki kuvyaza amahera ingurane. Nobibutsa ko Satoshi Nakamoto Ari iritazirano atawuzi izina ryiwe ry&#8217;ukuri.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>E.N<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Twarabonye mu kigabane giheruka yuko \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb ari igitabo kinini c\u2019ama konte, cerekana, canditswemwo uwarishe, ayo yarishwe n&#8217;igihe yarihiwe. Si igitabo c&#8217;impapuro ahubwo ni icegeranyo bita \u00ab\u00a0Blocs\u00a0\u00bb ( uruhome). Izo \u00ab&nbsp;blocs&nbsp;\u00bb zisanzwe zifitaniye isano hagati yazo zirahuzwa na rwa rubuga twise \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb. Si amahera ari mu mpapuro canke mu bingorongoro ni amahera adafadika. Twarabonye kandi ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1750","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb? - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb? - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Twarabonye mu kigabane giheruka yuko \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb ari igitabo kinini c\u2019ama konte, cerekana, canditswemwo uwarishe, ayo yarishwe n&#8217;igihe yarihiwe. Si igitabo c&#8217;impapuro ahubwo ni icegeranyo bita \u00ab\u00a0Blocs\u00a0\u00bb ( uruhome). Izo \u00ab&nbsp;blocs&nbsp;\u00bb zisanzwe zifitaniye isano hagati yazo zirahuzwa na rwa rubuga twise \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb. Si amahera ari mu mpapuro canke mu bingorongoro ni amahera adafadika. Twarabonye kandi ko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-02-08T16:29:35+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-02-08T16:29:37+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"5 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb?\",\"datePublished\":\"2022-02-08T16:29:35+00:00\",\"dateModified\":\"2022-02-08T16:29:37+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/\"},\"wordCount\":936,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/\",\"name\":\"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb? - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-02-08T16:29:35+00:00\",\"dateModified\":\"2022-02-08T16:29:37+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2022\\\/02\\\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb? - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb? - SEQ Consulting","og_description":"Twarabonye mu kigabane giheruka yuko \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb ari igitabo kinini c\u2019ama konte, cerekana, canditswemwo uwarishe, ayo yarishwe n&#8217;igihe yarihiwe. Si igitabo c&#8217;impapuro ahubwo ni icegeranyo bita \u00ab\u00a0Blocs\u00a0\u00bb ( uruhome). Izo \u00ab&nbsp;blocs&nbsp;\u00bb zisanzwe zifitaniye isano hagati yazo zirahuzwa na rwa rubuga twise \u00ab&nbsp;Blockchain&nbsp;\u00bb. Si amahera ari mu mpapuro canke mu bingorongoro ni amahera adafadika. Twarabonye kandi ko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2022-02-08T16:29:35+00:00","article_modified_time":"2022-02-08T16:29:37+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"5 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb?","datePublished":"2022-02-08T16:29:35+00:00","dateModified":"2022-02-08T16:29:37+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/"},"wordCount":936,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/","name":"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb? - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2022-02-08T16:29:35+00:00","dateModified":"2022-02-08T16:29:37+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2022\/02\/ni-gute-ni-hehe-twosanga-bitcoin\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ni gute , ni hehe twosanga \u00ab\u00a0Bitcoin\u00a0\u00bb?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1750","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1750"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1750\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1751,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1750\/revisions\/1751"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1750"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1750"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1750"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}