



 

{"id":1643,"date":"2021-11-09T20:01:04","date_gmt":"2021-11-09T19:01:04","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1643"},"modified":"2021-11-09T20:02:55","modified_gmt":"2021-11-09T19:02:55","slug":"ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/","title":{"rendered":"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo."},"content":{"rendered":"\n<p><\/p>\n\n\n\n<p>Abakozi bakiri bato kandi bavyigiye barakenye mu gisata c\u2019uburimyi muri Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. Umugwi w\u2019abakiri bato bahurumbira kwimba ubutare aho kuja mu bikorwa vy\u2019uburimyi. Reta ntiratunganya neza imirimo mu gice c\u2019uburimyi n\u2019ubworozi.<\/p>\n\n\n\n<p>Naho gifise imiyoni mirongo irindwi na zitanu z\u2019isi ndimwa, ico gihugu gikoresha amamiliyaridi y\u2019amahera y\u2019agaciro mu gusumira hanze ibifungurwa. Umwimbu mu gihugu cose ntukwiye kugira ugaburire abantu bababa imiliyoni mirongo umunani.<\/p>\n\n\n\n<p>Urwaruka rufise ikibazo gikomeye co kuronka akazi muri Kongo. Ikigega c\u2019amareta yo kw\u2019isi gishinzwe abana (UNICEF) cerekanye ko 78% yababajijwe ata kazi bafise, 25% nabo ntibaronka akazi kajanye n\u2019ivyo bize. Kugira babeho naho bize baca baja mu burimyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Placide NTOLE ni umushingwamanza i Bukavu kandi akaba n\u2019umurongozi w\u2019ishirahamwe rifasha urwaruka mu bisata nk\u2019ukworora ifi, kurima, kworora no guhingura umwavu ryitwa&nbsp; \u00ab&nbsp;KAZI ACTION&nbsp;\u00bb. Akiri kuri kaminuza yaguma yiyumvira ingene yohunga ubushomeri. Ubu KAZI ACTION ifise ibirombwe cumi biri mu turere dutatu mu bumanuko bwa Kivu.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Uburimyi mu bimenyesha makuru<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Amaterefone ngendanwa ari mu bikoresho bikomeye mw\u2019ihanahana ry\u2019inkuru. Mu nama yahuje urwaruka ruri mu bihugu bigize ACP (Afrique, Caraibe, Pacifique) umuhinga w\u2019umukenya mu buhinga bwo guhanahana amakuru yarashimagije ubushobozi bw\u2019umusore yaba mu misozi yashoboye gukora utuzi twinshi kubera amakuru yaronka akoresheje terefone yiwe.<\/p>\n\n\n\n<p>Uburyo bushasha burakenewe kugira ivy\u2019uburimyi bishoboke cane cane mu vyo guhana no gukoresha ubuhinga bugezweho mu guhana amakuru. Ubwo buryo burashobora gukoreshwa muri ico cose kiraba imibano n\u2019ubutunzi no mu ntara za kure. Muri Kongo, ico gice kizotwara imiliyoni mirongo icenda n\u2019azibiri y\u2019amadolari kubera umuhora uzofatanya KINSHASA na AFIRIKA Y\u2019UBUSERUKO bita fibre optique.<\/p>\n\n\n\n<p>Placide NTOLE aremeza akarusho kari mu buhinga bushasha bwo guhanahana amakuru mu burimyi n\u2019ubworozi&nbsp;:&nbsp;\u00ab&nbsp;<em>Ubuhinga bushasha turabukoresha muvyo dukora vyose. Ubwa mbere budufasha kumenya imirimo yacu, kandi abadushorera baratumenya. Abantu dusanzwe tutazi bo baratumenya bakamenya n\u2019ivyo dukora hakoze ubwo buhinga. Imbere yo kuja kuroba canke kubaga ingurube zingana uku tubanza gusaba ko abatugurira biyandikisha hanyuma tukabibasanza muhira. Ubwo buryo butuma amahera adushikira n\u2019ingoga kandi uwadushoreye arafise ijambo ku buryo twabimukoreye.\u00bb<\/em><\/p>\n\n\n\n<p>Ubuhinga bushasha bwarafashije mw\u2019ihanahana ry\u2019ibintu mu gihe ca Covid-19. Imbibe zimaze kugagwa ibidandazwa bikagabanuka hagati y\u2019ibihugu bihana imbibe nk\u2019Urwanda, urwaruka ruhurikiye muri \u00ab&nbsp;KAZI ACTION&nbsp;\u00bb rwarakwiye imitumba rurima imboga, rworora amafi rwongera rubitanga inzu ku nzu kuko atawasohoka. Abantu bagumye bayaga bakoresheje WhatsApp na Facebook naho Coronavirus itavyorosha.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Ubuhinga bwanone bwo guhanahana amakuru, ubufasha muvy\u2019uburimyi muri Kongo.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Naho butaragera ku rugero rukomeye, imigambi yo kubukoresha ni iyo guhimiriza canecane mu kuraba ibibanza bobishiramwo, ibikoresho canke amahuriro muvyo uburimyi. Ni intango nziza ku bushikiranganji bw\u2019uburimyi muri Kongo.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>N.E.<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abakozi bakiri bato kandi bavyigiye barakenye mu gisata c\u2019uburimyi muri Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. Umugwi w\u2019abakiri bato bahurumbira kwimba ubutare aho kuja mu bikorwa vy\u2019uburimyi. Reta ntiratunganya neza imirimo mu gice c\u2019uburimyi n\u2019ubworozi. Naho gifise imiyoni mirongo irindwi na zitanu z\u2019isi ndimwa, ico gihugu gikoresha amamiliyaridi y\u2019amahera y\u2019agaciro mu gusumira hanze ibifungurwa. Umwimbu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1643","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abakozi bakiri bato kandi bavyigiye barakenye mu gisata c\u2019uburimyi muri Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. Umugwi w\u2019abakiri bato bahurumbira kwimba ubutare aho kuja mu bikorwa vy\u2019uburimyi. Reta ntiratunganya neza imirimo mu gice c\u2019uburimyi n\u2019ubworozi. Naho gifise imiyoni mirongo irindwi na zitanu z\u2019isi ndimwa, ico gihugu gikoresha amamiliyaridi y\u2019amahera y\u2019agaciro mu gusumira hanze ibifungurwa. Umwimbu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-11-09T19:01:04+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-11-09T19:02:55+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.\",\"datePublished\":\"2021-11-09T19:01:04+00:00\",\"dateModified\":\"2021-11-09T19:02:55+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/\"},\"wordCount\":463,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/\",\"name\":\"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-11-09T19:01:04+00:00\",\"dateModified\":\"2021-11-09T19:02:55+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/11\\\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. - SEQ Consulting","og_description":"Abakozi bakiri bato kandi bavyigiye barakenye mu gisata c\u2019uburimyi muri Repubulika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. Umugwi w\u2019abakiri bato bahurumbira kwimba ubutare aho kuja mu bikorwa vy\u2019uburimyi. Reta ntiratunganya neza imirimo mu gice c\u2019uburimyi n\u2019ubworozi. Naho gifise imiyoni mirongo irindwi na zitanu z\u2019isi ndimwa, ico gihugu gikoresha amamiliyaridi y\u2019amahera y\u2019agaciro mu gusumira hanze ibifungurwa. Umwimbu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-11-09T19:01:04+00:00","article_modified_time":"2021-11-09T19:02:55+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo.","datePublished":"2021-11-09T19:01:04+00:00","dateModified":"2021-11-09T19:02:55+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/"},"wordCount":463,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/","name":"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-11-09T19:01:04+00:00","dateModified":"2021-11-09T19:02:55+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/11\/ubuhinga-bushasha-bwo-guhanahana-amakuru-ku-rwaruka-rwabagwizatunga-mu-burimyi-muri-republika-iharanira-demokarasi-ya-kongo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubuhinga bushasha bwo guhanahana amakuru ku rwaruka rw\u2019abagwizatunga mu burimyi muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1643","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1643"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1643\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1645,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1643\/revisions\/1645"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1643"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1643"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1643"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}