



 

{"id":1570,"date":"2021-10-07T23:25:53","date_gmt":"2021-10-07T21:25:53","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1570"},"modified":"2021-10-07T23:54:09","modified_gmt":"2021-10-07T21:54:09","slug":"gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/","title":{"rendered":"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ?"},"content":{"rendered":"\n<p>Ibiraba imfungurwa mu Burundi ni ikibazo c\u2019ingorabahizi ku bashakashatsi. &nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;<\/p>\n\n\n\n<p>Uburundi ni igihugu gito, ubwaguke bwaco butuma itunganwa ry\u2019isi ndimwa rigora. Igabanganwa ry\u2019amatongo ku bana rituma isi ndimwa yaga kubera itongo ricibwamwo udupande dutoduto hagati ya se n\u2019uruvyaro.Mu Burundi abantu bagwira ku muvuduko uteye ubwoba. Mu mwaka wa 2008 bari imiliyoni munani(8.000.000) ariko bazoba barenga imiliyoni cumi na zitatu (13.000.000) muri 2030.Uwo muvuduko ungana na 66,08% uzotuma abarundi bagwizwa na kabiri muri 2050 aho bazoba bangana imiliyoni mirongo ibiri na zitandatu n\u2019ibice bibiri (26.200.000). Mu mpera z\u2019iki kinjana, abantu bazoba bangana imiliyoni mirongo itandatu na zibiri (32.000.000) ku gihugu gifise ubwaguke bwa kilometero kwadarato ibihumbi mirongo itatu.<\/p>\n\n\n\n<p>Ivyo biharuro bitangwa na ISTEEBU ntagahengwe biyiha ku buryo iguma ibwira Reta ko hageze ko yova mu gacerere kuko umurindi w\u2019igwirirana ry\u2019abantu rizokwononera urunganwe rwo muri kazoza.<\/p>\n\n\n\n<p>Harageze ko yiyumvira uburyo bwo kugabanya imvyaro. Ariko ikibazo gisigaye ari nyamukuru ni ingene izoshobora kugaburira abanyagihugu bagwira kuri uwo murindi. Kugira ibishikeko, hategerezwa kuba politike y\u2019igihugu yiga neza atakwihenda birimwo, uko imfungurwa zo kubagaburira &nbsp;zoba zingana, kandi bagashiramwo n\u2019uburyo bw\u2019amafaranga vyotwara. Ingorane imwe muri nyinshi igihugu gifise ni ikibazo caho uburyo bw\u2019amafaranga buva.<\/p>\n\n\n\n<p>None ubwo buryo bwogufasha umurimyi mu gikorwa ciwe bworonderwa gute? Reta y\u2019Uburundi yamye yirengagiza ikibazo co guhanahana ivyiyumviro mw\u2019itegurwa ry\u2019amahera Reta ikoresha ku mwaka ku mwaka yigiza inyuma igisata c\u2019uburimyi, igihebera abantu ata kindi bitaho atari gushaka kwunguka inyungu z\u2019umurengera. None ubuhinga ngurukanabumenyi hari ico bwofasha umunyagihugu&nbsp;? Uruhara rwa Reta rurakenewe&nbsp;? Duce hirya no hino ivyo bibazo kugira turabe ko twotora inyishu.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikibazo nyamukuru Uburundi buzogira mu kugaburira abantu babwo ni kuronka uburyo bw\u2019amafaranga bwoshira mu burimyi kugira bugwize umwimbu bwongere buwuhingure. Aho ayo mafaranga ava haguma hagoye kuko amashirahamwe atanga ingurane ntazi neza ibikorwa mu gice c\u2019uburimyi. Naho abarima ibitegwa njabukamazi nk\u2019ikawa, icayi, ipampa batanguye kumvirizwa kubera ubuhinga ngurukanabumenyi, ibiterwa mbumbarugo vyo ntivyizewe n\u2019amabanki.<\/p>\n\n\n\n<p>Akarorero ka hafi ni ihinguriro IgaraGrowers Tea Factoryriri mu bumanuko bushira uburengero bw\u2019igihugu ca Uganda ryaragwije ivyo ryinjiza n\u2019uburyo bwo kuriha abakozi baryo kandi akarusho karabonetse mu kugurisha. Ibi vyafashijwe n\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi bwakoreshejwe mu gukora n\u2019ukugwiza umwimbu w\u2019icayi. Ubwo buhinga bwarakoreshejwe mu vyo bariha vyorosha n\u2019akazi. Nko mu kuguranana icayi caragize uruhara runini&nbsp; muri Uganda.<\/p>\n\n\n\n<p>Akandi karorero ni vy\u2019ikawa aho nyene muri Uganda. Ihinguriro ry\u2019abarimyi b\u2019ikawa ryo muri Uganda rigizwe n\u2019ingo 200.000 naryo ryarakoresheje ubwo buhinga kandi rirushirizaho kumenyekana.<\/p>\n\n\n\n<p>Akarorero gasumbirije kava&nbsp; muri Kenya. Karaba isoko y\u2019ibitungwa yari kure y\u2019ibisagara. Kubera ata mirimo mu bijanye n \u2018amabanki yariho, abaguzi n\u2019abashoye bahanahana inoti. Ibi vyatuma badatera imbere kuko urudandaza rwabo ntirwamenyekana. Ibijanye&nbsp; no gusaba ingurane no guhanahana amahera ntivyamenyekana. Birakwiye rero ko ubwo buhinga buhashika. Ubu burorero dutanze&nbsp; burerekana ikoreshwa ry\u2019ubuhinga bwa none ko ari umutahe ukomeye mu burimyi n\u2019ubworozi.<\/p>\n\n\n\n<p>Ku vyerekeye Uburundi, kurondera uburyo bwo gukoresha mu burimyi bisaba ko abarimyi bamenya ivy\u2019ubuhinga bwa none. Abanyamitahe bakorera mu Burundi barashobora kuronka 10% z\u2019inyungu zabonetse mu mwaka bashize imitahe mu burimyi.Ubwo buryo bwose bugiye hamwe bwogira ikigega giha ingurane&nbsp; abarimyi kandi n\u2019amabanki yohungukira.<\/p>\n\n\n\n<p>Ico Reta yokora ni guha ubushobozi iryo shirahamwe mu kuriha 5% y\u2019amafaranga ikoresha ku mwaka akaja mu barimyi bonyene. Nivyo ko abanyemari bagitinya gushira uburyo bwabo mu vy\u2019uburimyi. Kuriha bakoresheje ubuhinga bwa none vyabo hakoreshejwe amakoperative canke amabanki, bikongereza ubwizigirwa hagati yabo, amabanki akamenya ibikorwa mu burimyi nayo agashiraho imirimo ijanye na vyo.<\/p>\n\n\n\n<p>Kugira umwimbu wongerekane hotunganwa neza imigwi y\u2019abakozi&nbsp;; Abarimyi, Abadandaza b\u2019ibikoresho, Abahingura ivyarimwe, Abavyunguruza, n\u2019abandi bose bafise ico bahakora.<\/p>\n\n\n\n<p>Nico gituma uruhara rwa Reta ari ntangere kugira vyose bigende neza umwe wese mubimuraba. Kuvyerekeye Uburundi, Reta niyo yoja imbere mu gutunganya ikoreshwa ry\u2019ubuhinga bwa none kandi ikaraba ko umurimyi nawe atakumiriwe. Ni muri iyo ntumbero Reta y\u2019Uburundi izoba itanguye gutsinda urugamba rwo kugaburira abanyagihugu bayo.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu bizokurikira tuzobabwira integuro yo kugwiza umwimbu hakoreshejwe ubuhinga bwa none.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>N.E<\/strong><strong><\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ibiraba imfungurwa mu Burundi ni ikibazo c\u2019ingorabahizi ku bashakashatsi. &nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp; Uburundi ni igihugu gito, ubwaguke bwaco butuma itunganwa ry\u2019isi ndimwa rigora. Igabanganwa ry\u2019amatongo ku bana rituma isi ndimwa yaga kubera itongo ricibwamwo udupande dutoduto hagati ya se n\u2019uruvyaro.Mu Burundi abantu bagwira ku muvuduko uteye ubwoba. Mu mwaka wa 2008 bari imiliyoni munani(8.000.000) ariko bazoba barenga [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1570","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.5 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ? - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ? - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ibiraba imfungurwa mu Burundi ni ikibazo c\u2019ingorabahizi ku bashakashatsi. &nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp; Uburundi ni igihugu gito, ubwaguke bwaco butuma itunganwa ry\u2019isi ndimwa rigora. Igabanganwa ry\u2019amatongo ku bana rituma isi ndimwa yaga kubera itongo ricibwamwo udupande dutoduto hagati ya se n\u2019uruvyaro.Mu Burundi abantu bagwira ku muvuduko uteye ubwoba. Mu mwaka wa 2008 bari imiliyoni munani(8.000.000) ariko bazoba barenga [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-10-07T21:25:53+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-10-07T21:54:09+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ?\",\"datePublished\":\"2021-10-07T21:25:53+00:00\",\"dateModified\":\"2021-10-07T21:54:09+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/\"},\"wordCount\":681,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/\",\"name\":\"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ? - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-10-07T21:25:53+00:00\",\"dateModified\":\"2021-10-07T21:54:09+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/10\\\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ? - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ? - SEQ Consulting","og_description":"Ibiraba imfungurwa mu Burundi ni ikibazo c\u2019ingorabahizi ku bashakashatsi. &nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp; Uburundi ni igihugu gito, ubwaguke bwaco butuma itunganwa ry\u2019isi ndimwa rigora. Igabanganwa ry\u2019amatongo ku bana rituma isi ndimwa yaga kubera itongo ricibwamwo udupande dutoduto hagati ya se n\u2019uruvyaro.Mu Burundi abantu bagwira ku muvuduko uteye ubwoba. Mu mwaka wa 2008 bari imiliyoni munani(8.000.000) ariko bazoba barenga [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-10-07T21:25:53+00:00","article_modified_time":"2021-10-07T21:54:09+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ?","datePublished":"2021-10-07T21:25:53+00:00","dateModified":"2021-10-07T21:54:09+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/"},"wordCount":681,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/","name":"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ? - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-10-07T21:25:53+00:00","dateModified":"2021-10-07T21:54:09+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/10\/gushira-umutahe-mu-burimyi-mu-burundi-mbega-ubuhinga-ngurukanabumenyi-bwoba-ari-inyishu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Gushira umutahe mu burimyi mu Burundi: Mbega ubuhinga ngurukanabumenyi bwoba ari inyishu ?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1570","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1570"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1570\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1609,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1570\/revisions\/1609"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1570"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1570"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1570"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}