



 

{"id":1475,"date":"2021-09-18T20:03:29","date_gmt":"2021-09-18T18:03:29","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1475"},"modified":"2021-09-18T20:03:30","modified_gmt":"2021-09-18T18:03:30","slug":"imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/","title":{"rendered":"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru."},"content":{"rendered":"\n<p>Umusi w\u2019Imana wo mukwezi kwa Kigarama&nbsp; umwaka wa 2020, igihe yari ahitwa&nbsp; Lulimba, mu gace kari hafi ya Fizi, Bernardin Sebahire tumaze kuvuga hejuru yarafise ubwoba bwinshi yahahamuwe cane n&#8217;ivyo yari ahejeje kubona igihe twavugana kuri telefone Ati: \u201cNabonye umugore ahejeje kubura abana biwe batatu icarimwe. Umukobwa w\u2019imyaka 12 hamwe n\u2019abahungu babiri umwe w\u2019imyaka 8 n\u2019uwundi w\u2019imyaka 5. Nabonye ibiziga vyabo n\u2019uwo mugore arengewe n\u2019umubabaro kubera uko kubura abana. Vyarandenze ubwanje. Abo bana bishwe kubera intambara mu gitero cakozwe n\u2019abitwaje ibirwanisho bo mu murwi witwa Ababembe bari bateye uwundi murwi wabitwa Ababuyu &#8220;.<\/p>\n\n\n\n<p>Bernardin yarahemagiritse kuri terefone. Hnyuma haca hakurikira agacerere. Yariko aragerageza kwigumya kugira ngo ntaturikishe ngo arire hanyuma acarabandanya agira ati:<\/p>\n\n\n\n<p>&#8220;Uwo mukenyezi w\u2019intwari ntiyashobora guheza ijambo ryose ariko aravuga, ijambo ryose yavuga yaricamwo ibice vy\u2019inshi kubera amarira. Yarangije avuga ko yipfuza ko yoba umuvyeyi wa nyuma abuze abana biwe, ko na bavyeyi baba Bembe basanzwe badacana uwaka n\u2019umuryango wacu badakwiriye kubura abana babo. &#8220;<\/p>\n\n\n\n<p>Amagume nkayo, amaze kuba akamenyero muri Kivu y\u2018ubumanuko. Ntibigishavuza canke ngo bigumure umuntu numwe, vyaramaze kuba&nbsp; nkakamenyero. Umubabaro bawugendana mu mpisho canke mukinyegero kuko ataco bashoboye guhindura. Intambara zizwi zarushirijeho kwiyongera kuburyo vyashitse kurugero rutovurwa. Imiryango nka yose iri mu ntambara bamwe ku bandi barwana.<\/p>\n\n\n\n<p>Abanyamulenge barwanywa n\u2019imiryango yose yo muri Kivu y\u2019ubumanuko, kubera bafatwa nkabanyamahanga. Ikindi gituma izo ntambara ziba n\u2019ingorane z\u2018ubwenegihugu. Abanyamulenge baburondeye kuva kera, imyaka irenga cumi baratevye baraburonka ariko naho nyene vyagumye bishavuza iyindi miryango kuburyo iyo ngingo yama igumura abandi bo miyindi miryango. Ubwo bwenegihugu bwahawe abanyamulenge abanyagihugu bo miyindi miryango baracabuhakana mbere bagasaba ko bobwakwa. Hakabaho n\u2019iyindi ntambara y\u2019amatongo ihuza aborozi babanya Mulenge hamwe n\u2019ubundi bwoko bwabarimyi. Abakorera mu mirima barondera imirima itotahaye abarimyi nabo mu kurondera gukingira imirima yabo, baricana bisubiriza barondera ku marana burundu. Hagati y\u2019abakunda inka kubera amata hamwe n\u2018abakunda inka kubera inyama, ibiganiro ntibishoboka bija mu kurwana.<\/p>\n\n\n\n<p>Abanyamulenge nabo basaba ubutaka bwabo, n\u2018ukuvuga ubutware hamwe n\u2018umukuru w\u2018umuryango nkabandi banyagihugu bose.<\/p>\n\n\n\n<p>Intambara z\u2019amoko zihuza Ababuyu n\u2019ababembe mu karere ka Fisi. Iyo miryango ibiri iricana kubera ubutaka. Ababuyu bakomoka mu ntara ya Maniyema ariko bamaze imyaka myinshi baba mu karere ka Lulimba kari muri Fizi muri Kivu y&#8217;ubumanuko. Ababuyu n\u2019ubwoko burimwo abantu bake, kandi haheze igihe baraswe n\u2019ababembe basanzwe aribo benshi murako karere. Biragoye gufatanya gukunda ubutaka n\u2019umuco n\u2019ubwenegihugu kubanyamacakubiri bagendera ku mategeko yi Burayi. Uko gutunya abanyamahanga bo hafi canke bakure basa canke batandukanye, birashobora kuba atarivyo bemera gusa ariko bibaho.<\/p>\n\n\n\n<p>Ariko muri Repubirika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC), igihugu kinini kuruta Uburayi bwuburengerazuba, bararwana bapfuye isi ntoya kandi ibibanza binibini bikiriho atabantu babirimwo. Ivyo bica bituma kugira ubushakashatsi muvyerekeye imibano.<\/p>\n\n\n\n<p>Imiryango ya Barundi na Bafulero mu kiyaya ca Rusizi bararwanira ubutaka. Abafulero ntibemera kurongorwa n\u2018abarundi. Bariyamiriza bivuye inyuma umutware w\u2019umurundi bita umwami (\u201cumwami\u201d mu rurimi rw\u2019i Kirundi). Abafulero bategeka Abarundi kwemera umutware wabo. Ngo bitabaye ivyo bace basubira iwabo ku ruhande rw\u2019uburundi. Ntitwogaruka kukuntu baciye umupaka ugabura ivyo bihugu ariko ico kiyaya cegukira umuryango w\u2019abarundi, ico kiyaya&nbsp; cigaruriwe n\u2019imiryango myinshi&nbsp; n\u2019abandi banyagihugu benshi kuburyo&nbsp; Umuryango wa Barundi basigaranye agace gatoya. Umusi umwe Bernardin Sebahire yigeze kugereranya hamwe n\u2019imisambi ibiri yarwanira igisokozo.<\/p>\n\n\n\n<p>Hagati y\u2019umuryango wa Bafulero na Bavira, intambara bazigize cane politike. Bararwanira ibibanza mu nzego z&#8217;ibanze. Nivyo Abakongomani batemewe bita intambara ya (&#8220;geopolitiki&#8221;). Birashika ko Abafulero batwara ibibanza vya politike vy\u2019abavira kubera ko abafurero ari benshi barengeye Abavira. Bifata nkabantu bahambaye gusumba Abavira. Intambara yo kwikunda&nbsp; kandi iyo igiye muvyerekeye imibano irababaza.<\/p>\n\n\n\n<p>Umuryango wa Banyindu, utomborera muriyo ntambara ibera ngaho muri Kivu y\u2019ubumanuko kenshi, irashobora no kugira uruhara mu guhuza abashamiranye, n\u2019ukwiyumvira neza ingene yobahuza, tuzobivuga ko vyinshi hanyuma mu nyishu tuzobabwira.<\/p>\n\n\n\n<p>Abanyindu rero n\u2019abanyagihugu bake bigijweyo kubutaka bwa Mwenga, Fizi, Uvira na Walungu. Uyo muryango uraronderwa kenshi n\u2019yndi miryango itandukanye kugirango ishobore gukomera.<\/p>\n\n\n\n<p>Ntitwavuze intambara zose zibera ngaho muri Kivu y&#8217;Ubumanuko. Nk\u2019akarorero, ntitwavuze kubutaka bwa Shabunda aho umurwi witwaje ibirwanisho ukomeye, witwa Ra\u00efs Mutomboki ariwo utwara iyindi. Ariko nkuko dushobora kubibona izo ntambara n\u2019inyishi kandi akenshi ubiravye neza usanga zisa . Ni ukuvuga, ko zitagoye gutorera umuti iyo ziri ku rutonde rw\u2019ingorane zitorerwa inyishu. Ni no kurizo ntambara imigwi ya bitwaje ibirwanisho iva hanze ya Congo yifatanya nayo kugira ngo iwushigikire. N\u2019ibihugu navyonyene mukuza guhiga abo barwanyi nivyo bihagarikira iyo miryango iri mu ntambara hagati y\u2019umuryango uyu n\u2019uyundi.<\/p>\n\n\n\n<p>Ntagihe kinini giheze telephone ngendanwa ntizari bwaze, ibintu nkivyo vyafata umwanya munini kugira ngo bishike ku banditsi b&#8217;ibimenyeshamakuru, ibiro bijejwe kwihutisha kujana amakuru, vyayajana ahakorera amaradiyo na matereviziyo. Uno munsi inkuru zikwiragira inyuma y\u2019umunota ibintu bibaye. Amaradiyo canke ibiro vy\u2019iyandikiro vyamakuru y\u2019ibimenyeshamakuru, birashobora kwirengagiza amakuru kandi ibikunze gushika kenshi ariko inkuru zigashika kubiro ubwo nyene. Ivy\u2019abagenda urugendo runini batwaye amakete yahora afata amezi n\u2019amezi vyaraheze. Ariko ikibazo twibaza ni iki: Iterambere ry\u2019ubuhinga bugezweho none ryoba rifise amahoro kwisi? Kubakene ntirirashoboka.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>S.A<\/strong><strong><\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umusi w\u2019Imana wo mukwezi kwa Kigarama&nbsp; umwaka wa 2020, igihe yari ahitwa&nbsp; Lulimba, mu gace kari hafi ya Fizi, Bernardin Sebahire tumaze kuvuga hejuru yarafise ubwoba bwinshi yahahamuwe cane n&#8217;ivyo yari ahejeje kubona igihe twavugana kuri telefone Ati: \u201cNabonye umugore ahejeje kubura abana biwe batatu icarimwe. Umukobwa w\u2019imyaka 12 hamwe n\u2019abahungu babiri umwe w\u2019imyaka 8 [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1475","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.5 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umusi w\u2019Imana wo mukwezi kwa Kigarama&nbsp; umwaka wa 2020, igihe yari ahitwa&nbsp; Lulimba, mu gace kari hafi ya Fizi, Bernardin Sebahire tumaze kuvuga hejuru yarafise ubwoba bwinshi yahahamuwe cane n&#8217;ivyo yari ahejeje kubona igihe twavugana kuri telefone Ati: \u201cNabonye umugore ahejeje kubura abana biwe batatu icarimwe. Umukobwa w\u2019imyaka 12 hamwe n\u2019abahungu babiri umwe w\u2019imyaka 8 [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-09-18T18:03:29+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-09-18T18:03:30+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"4 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru.\",\"datePublished\":\"2021-09-18T18:03:29+00:00\",\"dateModified\":\"2021-09-18T18:03:30+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/\"},\"wordCount\":853,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/\",\"name\":\"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-09-18T18:03:29+00:00\",\"dateModified\":\"2021-09-18T18:03:30+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/09\\\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru. - SEQ Consulting","og_description":"Umusi w\u2019Imana wo mukwezi kwa Kigarama&nbsp; umwaka wa 2020, igihe yari ahitwa&nbsp; Lulimba, mu gace kari hafi ya Fizi, Bernardin Sebahire tumaze kuvuga hejuru yarafise ubwoba bwinshi yahahamuwe cane n&#8217;ivyo yari ahejeje kubona igihe twavugana kuri telefone Ati: \u201cNabonye umugore ahejeje kubura abana biwe batatu icarimwe. Umukobwa w\u2019imyaka 12 hamwe n\u2019abahungu babiri umwe w\u2019imyaka 8 [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-09-18T18:03:29+00:00","article_modified_time":"2021-09-18T18:03:30+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"4 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru.","datePublished":"2021-09-18T18:03:29+00:00","dateModified":"2021-09-18T18:03:30+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/"},"wordCount":853,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/","name":"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-09-18T18:03:29+00:00","dateModified":"2021-09-18T18:03:30+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/09\/imigwi-yitwaje-ibirwanisho-nukwibonwa-mu-bantu-ubuhinga-bugezweho-mu-guhanahana-amakuru\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Imigwi yitwaje ibirwanisho nukwibonwa mu bantu : Ubuhinga bugezweho mu guhanahana amakuru."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1475","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1475"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1475\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1476,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1475\/revisions\/1476"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1475"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1475"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1475"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}