



 

{"id":1393,"date":"2021-08-17T16:19:32","date_gmt":"2021-08-17T14:19:32","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1393"},"modified":"2021-08-17T16:34:09","modified_gmt":"2021-08-17T14:34:09","slug":"waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/","title":{"rendered":"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC)."},"content":{"rendered":"\n<p><\/p>\n\n\n\n<p>Vyavuzwe na Bernardin SEBAHIRE, Umushakashatsi kwishure ryisumbuye ry\u2019iterambere mu mitumba (ISDR\/ Bukavu-RDC).<\/p>\n\n\n\n<p>Agasagara ka Sange kari mu turere twashizwemwo ibikorwa mu ma komine ari mu mitumba, vyemejwe n\u2019itegeko ry\u2019Umushikiranganji m\u2019umwaka w&#8217;2013. Imyaka irenga itanu inyuma yiyemezwa ry\u2019iyo ngingo, igishushanyo c\u2019intwaro yaho sange cabandanije kuba nkuko cari kirimwo ibintu bidatomoye. Ico gisagara ca Sange kirimwo abantu baharurwa mu bihumbi 70.000, abenshi muribo bakaba bagizwe n\u2019urwaruka. Bamwe muri urwo rwaruka bakaba ari ibishomeri kubera kubura akazi. Uko biri kose, bamwe mu rwaruka ntibihebura &nbsp;kandi ntibarambirwa no kuragerageza kugira bibesheho.<\/p>\n\n\n\n<p>Ubumenyi bw\u2019umwe mu rwaruka yitwa Kado Leo bwaradutangaje. N\u2019umunyeshure akongera akaba umukozi adandariza ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru Airtel nkuko abivuga;\u2019\u2019Ndafatanya kwiga no gukora akazi ko kudandaza ama Unites yo guterefona. Iruhande yako kazi, ndafise n\u2019akazu abantu baterefonerako karimwo akuma gatanga umuyagankuba w\u2019izuba kugira nshobore gusharijako amaterefone, kubera aho turi ata muyagankuba uriho. Ivyo bikorwa vyose mfadikanya biramfasha kuriha amashure yanje; Itelephone ngendanwa iratworohereza mu gutumatumanako amakuru, hamwe no kurungikiranira amafaranga.\u2019\u2019<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Kwigisha ubuhinga bwanone mu turere two mumitumba.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Stanislas afise imyaka 34, n\u2019umwigisha w\u2019ubuhinga bwanone kwishure ryitwa Complexe Scolaire la Grace. Aratubwira ivyamishikiye:\u2019\u2019 Mu bice vyo muturere two mu mitumba ugereranije no kwigisha icirwa c\u2019ubuhinga bwa none hari ingorane nyinshi. Ukwimenyereza bisa nibitabaho kubera ata bikoresho bihari vy\u2019abanyeshure. Kurizo ngorane hiyongerako ingorane z\u2019 umuyagankuba udakwiye wokoreshwa kuma machine nyabwonko. Ishure ntirifise i Machine nyabwonko n\u2019imwe&nbsp;; mu cirwa canje, nifashisha i machine nyabwonko yiwanje&nbsp; kandi nayo nta kinini ishobora gufasha abo banyeshure kuvyo bakeneye. Nigisha icirwa c\u2019ubuhinga ngurukana bumenyi mu mashure yose. Abanyeshure ntibafise uburyo bwo gukorera kuri machine nyabwonko; ibituma badashobora gushira mu bikorwa mu myimenyerezo y\u2019 ivyo baba bize. Ku banyeshure 45 mwishure rimwe, icirwa co kwimenyereza gukora kuri machine nyabwonko kirashobora gutwara indwi zibiri, kubera ata machines nyabwonko ziriho.<strong> <\/strong>Kwiga kuri Mashine imwe kubanyeshuri 45, muminota 50 y\u2019icigwa, n\u2019ibintu bigoye rwose.<\/p>\n\n\n\n<p>Murico gihe, kuronka iterefone ngendanwa igezweho, biracari kurugero ruto kururwo rwaruka. Abenshi murabo banyeshure nta buryo bafise bwo kuronka Telefone ngendanwa igezweho kugirango bakore imyimenyerezo ikomeye. Gushobora kuronka umuhora ngurukanabumenyi&nbsp; navyo nyene n\u2019ingorane. Uwukoresha telefone wese&nbsp; ategerezwa kuronka ama megas muri telephone yiwe ku giciro kiri hejuru. Mu gisagara cose, nta gisata na kimwe gitanga umuhora w\u2019ubuhinga ngurukana bumenyi. Uretse amahera yo kugura ama unite yo gushira mu ma terefone ngendanwa yo guhamagara, umuntu afise terefone ategerezwa kuja mu tuzu rusangi two gushiramwo umuriro wa bateri za terefone, ku giciro kingana n\u2019amafarnga amajana abiri (200 yama congomani).<\/p>\n\n\n\n<p><strong><em>Ubuhinga bwa none buguma ari karahara muruganda ntibacura.<\/em><\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Naho hari ingorane nyinshi mu kuronka ubuhinga bugezweho mu turerere two mu mitumba, urwaruka ntirubiheba ruguma rugerageza. Faradja&nbsp; yarize muri kaminuza ya Lubumbashi, akaba afise urupapuro rw\u2019umutsindo mu bijanye n\u2019imigenderanire n\u2019ibihugu. Faradja afadikanya kwiga nogukora mu nzego z\u2019ibanze. Akaba ari icegera c\u2019uwutwara igisagara ca Sange. Mugukora akazi kiwe ubuhinga bugezweho bwo guhanahana amakuru no gutumatumanako burakenewe cane, mugabo buragoye kuronka.<\/p>\n\n\n\n<p>\u2018\u2018Nivyo ubwo buzi bubiri buragoye gufatanya, muri iyi si ubuhinga bugezweho aribwo buri imbere, biragoye kuko turagira ingorane mu kuronka umuhora w\u2019ubuhinga ngurukana bumenyi, kandi ivyo bidutera ingorane. Iyo tuba dufise umuhora ngurukanabumenyi, gufatanya ubuzi bubiri ntivyari bigoye. Ibintu biragoye. Uravye igihugu cacu uko kimeze, muri ako gace turimwo, aho mu kuronka umuhora ngurukana bumenyi bisaba uburyo bw\u2019amafaranga&nbsp;; nigishije ubuhinga bugezweho (Informatique) haraheze imyaka ibiri ariko kugeza nuno munsi, ibintu ntibirahinduka. Ingorane twagiye duhura nazo n\u2019ukuronka umuhora ngurukanabumenyi. Umuhora ngurukanabumenyi ntubaho atari kuri terefone ngendanwa.\u2019\u2019<\/p>\n\n\n\n<p><strong><em>Ikibanza c\u2019ubuhinga bugezweho mu gisagara kirangwamwo umutekano muke.<\/em><\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nk\u2019umuntu ari mubajejwe intwaro wa Sange, Faradja arasaba ko hoshirirwaho umuhora ngurukanabumenyi kunyubakwa ico gisagara gikoreramwo. Muri iyi si y\u2019ibigezweho twategerezwa kuba dufise ibikoresho bidufasha kuronka amakuru mugihe gikwiye. Nimiburiburi uko kugira ngo dushobore gukorana n\u2019abatwara ama commune n\u2019intara twikora ku ma terefone ngendanwa. Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo ntishobora kugera kure idafise ibikoresho vy\u2019umuhora ugezweho wizewe ufise n\u2019ibikoresho kandi bigategerezwa gutangurira mu bisata vya leta, nkuko vyashimikiweko na Faradja.<\/p>\n\n\n\n<p>Ibikorwa vy\u2019inyigisho n\u2019uruganda rwo kwiyumvira ku guhindura ubuhinga bugezweho muri Republika iharanira intwaro rusangi ya Congo, kuzoshika mu mwaka wa 2023. Ibikorwa vyatanguye ku wa gatatu itariki 23 Ruheshi 2021 i Kinshasa ku murwa mukuru w\u2019igihugu ca Congo bitangujwe n\u2019umushikiranganji wambere Jean-Michel Sama Lukonde Kyenge vyategerezwa kuba inyishu ishobora gutuma Republika iharanira intwaro Rusangi ishika kwihangiro ryo gutera imbere.<\/p>\n\n\n\n<p>Ati: \u2018\u2018Reta y\u2019iki gihugu yariyemeje gutangura inzira yo kwagura guterimbere. Nico gituma nanditse Ubuhinga bugezweho nk\u2019imwe munzira zikomeye z\u2019integuro ya reta yerekanywe imbere y\u2019abaserukira igihugu. Igihe herekanwa iyo nteguro, narashimikiye ko bikenewe guhindura iyo nteguro y\u2019igihugu n\u2019ubuhinga bugezweho biciye mu bikorwa vya leta. Urwo ruganda, nurwo guheraheza ivyo biyemeje. Ibimenyetso vyabonetse, ibibazo bahura navyo, hamwe no kurabira ku bikorwa mu bindi bihugu, vyaratwemeje ko ubuhinga bwa none bushobora kandi butegerezwa kuba inyishu nziza ishobora gushikana igihugu cacu kuriryo hangiro&nbsp; ry\u2019iterambere. Nkuko vyashigikiwe na&nbsp; <strong>Sama Lukonde <\/strong>umushikiranganji wambere.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>N.E<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Vyavuzwe na Bernardin SEBAHIRE, Umushakashatsi kwishure ryisumbuye ry\u2019iterambere mu mitumba (ISDR\/ Bukavu-RDC). Agasagara ka Sange kari mu turere twashizwemwo ibikorwa mu ma komine ari mu mitumba, vyemejwe n\u2019itegeko ry\u2019Umushikiranganji m\u2019umwaka w&#8217;2013. Imyaka irenga itanu inyuma yiyemezwa ry\u2019iyo ngingo, igishushanyo c\u2019intwaro yaho sange cabandanije kuba nkuko cari kirimwo ibintu bidatomoye. Ico gisagara ca Sange kirimwo abantu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1393","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC). - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC). - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Vyavuzwe na Bernardin SEBAHIRE, Umushakashatsi kwishure ryisumbuye ry\u2019iterambere mu mitumba (ISDR\/ Bukavu-RDC). Agasagara ka Sange kari mu turere twashizwemwo ibikorwa mu ma komine ari mu mitumba, vyemejwe n\u2019itegeko ry\u2019Umushikiranganji m\u2019umwaka w&#8217;2013. Imyaka irenga itanu inyuma yiyemezwa ry\u2019iyo ngingo, igishushanyo c\u2019intwaro yaho sange cabandanije kuba nkuko cari kirimwo ibintu bidatomoye. Ico gisagara ca Sange kirimwo abantu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-08-17T14:19:32+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-08-17T14:34:09+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"4 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC).\",\"datePublished\":\"2021-08-17T14:19:32+00:00\",\"dateModified\":\"2021-08-17T14:34:09+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/\"},\"wordCount\":841,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/\",\"name\":\"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC). - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-08-17T14:19:32+00:00\",\"dateModified\":\"2021-08-17T14:34:09+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/08\\\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC).\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC). - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC). - SEQ Consulting","og_description":"Vyavuzwe na Bernardin SEBAHIRE, Umushakashatsi kwishure ryisumbuye ry\u2019iterambere mu mitumba (ISDR\/ Bukavu-RDC). Agasagara ka Sange kari mu turere twashizwemwo ibikorwa mu ma komine ari mu mitumba, vyemejwe n\u2019itegeko ry\u2019Umushikiranganji m\u2019umwaka w&#8217;2013. Imyaka irenga itanu inyuma yiyemezwa ry\u2019iyo ngingo, igishushanyo c\u2019intwaro yaho sange cabandanije kuba nkuko cari kirimwo ibintu bidatomoye. Ico gisagara ca Sange kirimwo abantu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-08-17T14:19:32+00:00","article_modified_time":"2021-08-17T14:34:09+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"4 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC).","datePublished":"2021-08-17T14:19:32+00:00","dateModified":"2021-08-17T14:34:09+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/"},"wordCount":841,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/","name":"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC). - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-08-17T14:19:32+00:00","dateModified":"2021-08-17T14:34:09+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/08\/waruka-rwo-mu-mitumba-hamwe-nubuhinga-bugezweho-muri-repuburika-iharanira-intwaro-rusangi-ya-congo-rdc\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Urwaruka rwo mu mitumba hamwe n\u2019ubuhinga bugezweho muri Repuburika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo (RDC)."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1393","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1393"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1393\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1397,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1393\/revisions\/1397"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1393"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1393"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1393"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}