



 

{"id":1324,"date":"2021-06-06T15:41:11","date_gmt":"2021-06-06T13:41:11","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1324"},"modified":"2021-06-06T15:41:13","modified_gmt":"2021-06-06T13:41:13","slug":"ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/","title":{"rendered":"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu."},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Bivurwa na Bernardin Sebahire Umushakashatsi.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Urwaruka rwinshi rurava aho rubaye mu mitumba iwabo, rugasiga n&#8217;abavyeyi babo kugira ngo ruje gukurikirana ivyirwa vyabo vya kaminuza mu bisagara vya Bukavu na Goma. Benshi muri urwo rwaruka bava mu bice n\u2019uturere bidafise uburyo bwo kwigisha abana bivuye kukutagira inyubakwa zamashure n&#8217;amabarabara. Umutekano muke wama uharangwa ntiworohereza abashira imitahe mu gisata&nbsp; c\u2019inyigisho za kaminuza.<\/p>\n\n\n\n<p>Iki ciyumviro&nbsp; kiraba cane igice c\u2019ubumanuko bw&#8217;intara ya Kivu y\u2019ubumanuko, cane cane uturere twa Fizi na Uvira. Kukaba nkako, ico gice c&#8217;intara y\u2019ubumanuko ya Kivu caranzwe mu mezi aheze n\u2019ibikorwa vy\u2019imirwi yitwaje ibirwanisho&nbsp; bamuka aho nyene cokimwe n\u2019imirwi y\u2019abanyamahanga. Muri kino gihe haharurwa imigwi igera kw\u2019icumi yabitwaje ibirwanisho hagati no mu misozi miremire ya Uvira na Fizi.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu makuru yavuzwe, iradiyo Okapi y\u2019abanyamerika ikorera mu gihugu ca Kongo guhera mu mwaka w\u2019 2002, yaragarutse ku kibazo c\u2019umutekano muri ako karere ikoresheje aya majambo: \u00ab&nbsp;Mu mwaka wa 2017, ako gace karahungabanye. Buri muryango wose ukoresha ibirwanisho mukurondera inyishu y\u2019ibibazo vy\u2019ubwoko bwabo, mu gukingira ubutaka bwabo n\u2019amashamba hamwe no mu gutunganya amasoko kama na cane cane nk\u2019amakori (taxes) atozwa mw\u2019isoko ry\u2019inka.&nbsp; Muri uko kutumvikana, buri muryango wifashisha umugwi wabitwaje ibirwanisho mu gukingira inyungu zawo. Mu bavurwa ko bakaze cane,&nbsp; twovuga&nbsp;: Biloze Bishambuke, Mulumba, Yakutumba, Gumino, Twirwaneho, n\u2019iyindi itavuzwe, iyo mirwi yose ifise insiguro mu ndimi zabo zaho hantu kandi aba afise ubutumwa bw\u2019amacakubiri. Imwe muriyo mirwi iraja hamwe n\u2019imigwi yitwaje ibirwanisho y\u2019abanyamahanga, yo mu Burundi no mu Rwanda nka FNL, FOREBU, CNRD na FDLR &#8220;\u00bb.<\/p>\n\n\n\n<p>Nkuko dushobora kuvvikeka, muri uku guhimiriza ubwicanyi, urwaruka nirwo ruronderwa cane n\u2019abari hejuru yiyo mirwi yitwaje ibirwanisho nkuko bivurwa ngaho muri Kongo (RDC). Ariko bamwe mu rwaruka&nbsp; barashoboye guhunga ivyo vyiyumviro vy\u2019intambara. Abo n\u2019abashoboye kuva muri ako karere kubera yuko bagiye kwiga muri kaminuza.&nbsp; Abanyeshuri baharurwa mu majana nibo bashoboye kwiyandikisha mu ma kaminuza ya reta i Bukavu, batandukanywa nibirometero vyinshi n\u2019abavyeyi n\u2019imiryango yabo. Naho hari ikirere kibatandukanya nakarere kiwabo, urwo rwaruka rubandanya ruvugana n\u2019abavyeyi babo&nbsp; kubera ubuhinga bugezweho hamwe n\u2019iradiyo.<\/p>\n\n\n\n<p>Kugira ngo baronke amafaranga y\u2019ishule, arihwa n\u2019abavyeyi 100%, umunyeshuri akoresha imbuga ngurukanabumenyi (MPSA, Airtel Money, n\u2019izindi).<\/p>\n\n\n\n<p><strong><em>Ubuhinga bugezweho bubakura mu&nbsp; kwigunga bukabashira mu kubana mu mahoro.<\/em><\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Alexis, ni umunyeshuri ukiri muto wo mu bwoko bwa Banyamulenge. Afise imyaka igera kuri 25 y\u2019amavuka. Yiga mu mwaka wa gatatu w\u2019amashure ya kaminuza muri kaminuza ya Bukavu. Iwabo ni kubirometero birenga amajana atatu (300) uvuye Bukavu. Naho hari ico kirere cose, Alexis abandanya aganira n\u2019umuryango wiwe akoresheje urubuga ngurukanabumenyi bwa vodacom. Mu mezi aheze, amakuru yavuye iwabo arababaje: umuryango wiwe wimuriwe mw\u2019ikambi icungiwe umutekano nabo mugisata kijejwe umutekano c\u2019ishirahamwe mpuzamakungu ONI&nbsp;&nbsp; (Monusco).<\/p>\n\n\n\n<p>Ivyo bishitse mugihe kwishure ryabo hariko harategurwa ibibazo vy\u2019igice cambere c\u2019umwaka. Alexis avuga ati&nbsp;:&nbsp; Ntegerezwa kuriha amafaranga yo gushobora gukora ibibazo kw\u2019ishure. Ndabigenza gute&nbsp;: Abavyeyi banje bategerezwa kundihira&nbsp; barimuwe mw\u2019ikambi y\u2019impunzi, kandi ibitungwa vyose vyaribwe n\u2019abitwaje ibirwanisho. Ubutunzi bw\u2019umuryango wanje bwari buhagaze ku bworozi mwiyumvire namwe ibikwirikira&nbsp;!<\/p>\n\n\n\n<p>Mu kwezi kwa Kigarama umwaka wa 2020, data yatakaje inka 25 n&#8217;impene 40, nta handi hantu afise ashobora gukura ubundi buryo. Data n\u2019umworozi, mama nawe n\u2019umurimyi. Muri uyu mwanya ndiko ndababwira, umuryango wanje uri mw\u2019ikambi y\u2019abateshejwe izabo kuva mu kwezi kwa Kigarama umwaka wa 2020. Muri ako kajagari, ubuhinga bugezweho buracari ntagerereranwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubijanye n\u2019amashure, Alexis yahisemwo kudandaza ama inite akoreshwa muri terefone kugira ngo aronke bimwe muvyo akenera, aragurisha ama karata y\u2019umuhora wa MTN ku banyeshuri bagenzi biwe kuko nkuko abivuga ama megas akoreshwa ku muhora Airtel na Vodacom arazimvye kandi umuhora w\u2019izo mbuga ngurukanabumenyi ntukwiye. Inyungu akura muri urwo rudandazwa rwayo makarata ya MTN ituma Alexis aronka ubushobozi bwo kugura ikarata y\u2019urubuga rwa Vodacome kugirango ashobore kuvugana n\u2019umuryango wiwe kuko muri aka karere urubuga rwa Vodakome nirwo rukora neza.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Guhurirana bishimishije&nbsp;!<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Alexis aba mu cumba inomero ijana n\u2019amirongo itandatu (n\u00b0160) Tr\u00e9sor nawe akaba mucumba c\u2019ijana n\u2019amirongo itandatu na rimwe (n\u00b0161) Bose uko ari babiri biga mw\u2019ishure rimwe bakongera bakava mu karere ka Fizi. Alexis ava mu bwoko bw\u2019Abanyamurenge mugihe Tr\u00e9sor ava mu bwoko bwa Babembe. Tr\u00e9sor yavutse mu mwaka w\u20191977, avukira mw\u2019ikambi y&#8217;impunzi iri mu gihugu ca Tanzaniya. Tr\u00e9sor yasubiye muri Baraka mu mwaka wa 2008. Tr\u00e9sor n\u2019umunyeshure agira gatatu yarose urupapuro rw\u2019umutsindo muri kaminuza ya reta i Bukavu. Kugira ngo ashobore kuvugana n&#8217;abavyeyi biwe, Tr\u00e9sor akoresha iterefone ngendanwa. Yishurira rimwe ama unite hanyuma abavyeyi bagaheza bakayamurungikira bakoresheje urubuga bita MPSA.<\/p>\n\n\n\n<p>Biciye&nbsp; kuri terefone, Tr\u00e9sor yaramenye ko bamwe mubo biganye mu mashure &nbsp;yisumbuye bagumye i Baraka, bamwe murabo bakaba barubatse ingo zabo mugihe abandi binjiye&nbsp; mu mugwi witwaje ibirwanisho witwa Yakutumba. Turaganira nabo kuri Facebook. Nisanze mu rwaruka ruke rwabandanije amashure. Biciye mu guhanahana amakuru, bamwe mubo murabo twahoze tw\u2019igana baricuza kuba barahisemwo inzira y\u2019ibirwanisho kandi bakantera intege mu vyirwa yanje.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikindi mwomenya nuko Alexis ari amugenzi dusangiye aho tuba hamwe kandi n\u2019ubuzima bw\u2019ishure muri rusangi. Ni umubanyi wanje mu buraro bw\u2019ishuri. Igihe kimwe, naratashe Baraka mu biruhuko. Kuri terefone yanje ngendanwa harimwo ifoto y&#8217;umubanyi wanje Alexis. Ku gihamana, data yabonye ifoto ya Alexis. Ako kanya, papa yaciye akanguka ambaza uyu musore uwo ari we. N\u2019amubwiye ko ari mugenzi wanje twigana muri kaminuza akaba n&#8217;umubanyi wo mu muryango wa Banyamulenge. Data yaciye&nbsp; anyereka ko atanejerejwe n\u2019ubwo bucuti bwatwe na Alexis. Data yaciye atangura kumbwira inkuru zinzankano zimaze ibinjana hagati ya Babembe na Banyamulenge.<\/p>\n\n\n\n<p>Imbere y\u2019ayo majambo y\u2019amacakubiri yariko arambwira, narishuye data ko isi itera imbere kandi ko twebwe urwaruka dufise ibindi vyiyumviro vy\u2019ubuzima. Jewe na Alexis turi abagenzi, abavukanyi kandi tugize umuryango umwe. Ni na murumuna wanje, ndabishimangiye!<\/p>\n\n\n\n<p>Muri Repubulika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo, ibikorwa vy\u2019ubuhinga&nbsp; ngendwanwa bihuza abantu bagera kubice mirongo itatu na kimwe kw\u2019ijana 31% vy&#8217;abanyagihugu kandi birafise&nbsp; inyungu zikomeye mu mibano n&#8217;ubutunzi. Kwinjira kuri terefone ngendanwa no gukoresha cane ibikorwa vy\u2019ubuhinga ngendanwa&nbsp; biratuma twinjira mu buhinga bugezweho, bigafasha Abanyekongo benshi kunguka guhanahana amakuru mu miryango yabo no mukibano. Ivyo biratuma kandi bashikira umwimbu mwiza, bigashobora kongereza kubana neza no gufashanya, kugira uburenganzira ku nyigisho no kubikorwa vy\u2019igihugu.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bivurwa na Bernardin Sebahire Umushakashatsi. Urwaruka rwinshi rurava aho rubaye mu mitumba iwabo, rugasiga n&#8217;abavyeyi babo kugira ngo ruje gukurikirana ivyirwa vyabo vya kaminuza mu bisagara vya Bukavu na Goma. Benshi muri urwo rwaruka bava mu bice n\u2019uturere bidafise uburyo bwo kwigisha abana bivuye kukutagira inyubakwa zamashure n&#8217;amabarabara. Umutekano muke wama uharangwa ntiworohereza abashira imitahe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1324","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bivurwa na Bernardin Sebahire Umushakashatsi. Urwaruka rwinshi rurava aho rubaye mu mitumba iwabo, rugasiga n&#8217;abavyeyi babo kugira ngo ruje gukurikirana ivyirwa vyabo vya kaminuza mu bisagara vya Bukavu na Goma. Benshi muri urwo rwaruka bava mu bice n\u2019uturere bidafise uburyo bwo kwigisha abana bivuye kukutagira inyubakwa zamashure n&#8217;amabarabara. Umutekano muke wama uharangwa ntiworohereza abashira imitahe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-06-06T13:41:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-06-06T13:41:13+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"5 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu.\",\"datePublished\":\"2021-06-06T13:41:11+00:00\",\"dateModified\":\"2021-06-06T13:41:13+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/\"},\"wordCount\":1075,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/\",\"name\":\"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-06-06T13:41:11+00:00\",\"dateModified\":\"2021-06-06T13:41:13+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/06\\\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu. - SEQ Consulting","og_description":"Bivurwa na Bernardin Sebahire Umushakashatsi. Urwaruka rwinshi rurava aho rubaye mu mitumba iwabo, rugasiga n&#8217;abavyeyi babo kugira ngo ruje gukurikirana ivyirwa vyabo vya kaminuza mu bisagara vya Bukavu na Goma. Benshi muri urwo rwaruka bava mu bice n\u2019uturere bidafise uburyo bwo kwigisha abana bivuye kukutagira inyubakwa zamashure n&#8217;amabarabara. Umutekano muke wama uharangwa ntiworohereza abashira imitahe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-06-06T13:41:11+00:00","article_modified_time":"2021-06-06T13:41:13+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"5 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu.","datePublished":"2021-06-06T13:41:11+00:00","dateModified":"2021-06-06T13:41:13+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/"},"wordCount":1075,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/","name":"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-06-06T13:41:11+00:00","dateModified":"2021-06-06T13:41:13+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/06\/ubuhinga-bugezweho-burengeye-ubutandukane-bwabantu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubuhinga bugezweho burengeye ubutandukane bw\u2019abantu."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1324","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1324"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1324\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1325,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1324\/revisions\/1325"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1324"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1324"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1324"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}