



 

{"id":1299,"date":"2021-05-10T18:18:23","date_gmt":"2021-05-10T16:18:23","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1299"},"modified":"2021-05-10T18:18:26","modified_gmt":"2021-05-10T16:18:26","slug":"mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/","title":{"rendered":"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze."},"content":{"rendered":"\n<p>Muri kino gihe ibihugu vyinshi vyo kwisi biri mu rugamba rwo guhangana no gukoresha ubuhinga bwa none mu bikorwa bitandukanye vya minsi yose, eka no mu bihugu vyo ku mugabane wa Afirika navyo nyene ibitari bike bikaba biriko biragerageza gufasha abanyagihugu bavyo kugira ngo bashobore kwijukira gukoresha ubuhinga bwa none, na cane cane mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Igihugu c\u2019Urwanda ni kimwe mu bihugu vyo muri Afrika twashoboye kwibonera ko kiriko kiratera imbere mu gukoresha ubuhinga bwa none.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ntitwashoboye kubaza mu bihugu vyinshi ariko twarashoboye kubaza abanyagihugu baba mu bihugu bibiri arivyo&nbsp;: Urwanda n\u2019Uburundi.<\/p>\n\n\n\n<p>Bamwe mu banyagihugu baba mu gihugu c\u2019Urwanda, igihe twababaza baratwiganiye ko bashima ku bona ubuhinga bwa none bwarashitse mu gihugu iwabo. Bati ubu ubintu vyinshi tubikoresha ubuhinga bwa none nta muntu acirirwa arahagarika imirimo yiwe ngo agiye kurondera ikintu akeneye ati kuko vyinshi tubikoresha ubuhinga ngurukana bumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Abo banyagihugu babandanije batumenyesha tumwe mu turorero tw\u2019ibikorwa bikorerwa ku mbuga ngurukanabumenyi. Akarorero kambere bavuga ko iyo bakeneye urupapuro rwose rurondererwa mu bajejwe intwaro, n\u2019ukuvuga urupapuro rwemeza amavuko y\u2019umuntu, urupapuro rwemeza ko abantu bubatse biciye mu mategeko canke izindi mpapuro zose zironderwa ku bajejwe intwaro muri kino gihe ko zitangirwa ku mbuga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Akandi karorero batubwiye, ni mugihe ukeneye kwiyunguruza mu modoka zunguruza abantu muri rusangi ( Bus), ngo hari ubuhinga bwa none bwategekanijwe ukoresha. Ubwo nabwo akaba ari ikarata <strong>(TAP &amp; GO) <\/strong>yawe uba warashizeko amahera yawe hanyuma ugiye kurira mu modoka&nbsp; hakaba hari mashine bashize ku muryango w\u2019imodoka (Bus) zose, uheza ugakozako iyo karata yawe <strong>(TAP &amp; GO) <\/strong>ukaba urishe amahera y\u2019urugendo utarinze gutwara amahera mu ntoke.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubwabo banyagihugu nyene, ngo niyo amahera yaheze muri iyo carata <strong>(TAP &amp; GO) <\/strong>ushobora kuyongeramwo amafaranga uciye kuri terephone yawe ngendanwa utarinze kuja kurondera abasanzwe badandaza amahera yo gushira muri izo carata. Abo twavuganye batumenyesheje ko muri kino gihe ubuhinga bwa none buriko buramenyerwa gukoreshwa ngaho mu rwanda ku buryo ugiye gusuma, kuriha amafaranga y\u2019ishure y\u2019umwana eka n\u2019ibindi vyinshi ngo basigaye bakoresha ubuhinga bwa none.<\/p>\n\n\n\n<p>Bakavuga ko nivyo bahora bakorera mu mabanki barinze kugenda gutonda imirongo muri ayo banki, muri kino gihe c\u2019ubuhinga bwa none baheza bakabikorera kuma terefone yabo ngendanwa, batarinze guhagarika imirimo yabo. N\u2019ukuvuga ko amakonte yabo yo mu mabanki n\u2019ama telephone yabo ngendanwa bikorana, ico bashatse gukora kuri konte yabo barashobora kugikorera kuri telephone, bigaheza bikihuta batarinze gutakaza umwanya ngo baje kurondera iyo bimwe n\u2019ibindi bikorerwa. Bakaba bashima cane ko ubuhinga bwa none bwaje kugabanya ingorane zimwe zimwe bari basanzwe bahura nazo. Eka mbere ubuhinga bwa none n\u2019ikimwe mu bintu vyerekanako igihugu kiriko kiratera imbere nkuko bivurwa nabo banyagihugu nyene.<\/p>\n\n\n\n<p>Ivyo rero bimeze gutyo mu gihugu c\u2019urwanda, mu gihe kurundi ruhande rw\u2019igihugu c\u2019Uburundi hoho atariko bimeze ngo abanyagihugu batari bake ntibaramenya ico ubuhinga bwa none bumaze.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Muburundi ubuhinga bwa none bwoba bumaze gukoreshwa n\u2019abanyagihugu bato bato&nbsp;?<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Nkuko twababwiye ko twagerageje kubaza&nbsp; bamwe mu banyagihugu baba mu gihugu c\u2019Urwanda n\u2019uburundi, inyuma yokubaza ababa mu gihugu c\u2019Urwanda, no mu Burundi twarababajije uko bakoresha ubuhinga bwa none. Igihe twababaza bamwe bakaba batwiganiye ko batazi ivyo vy\u2019ubuhinga bwa none, eka mbere nko mu banyagihugu bato bato hoho ubabajije ubuhinga ngurukanabumenyi ntibatahura ico uriko uravuga.<\/p>\n\n\n\n<p>Mugabo kandi abarundi baciye mw\u2019ishure, n\u2019ukuvuga abakora akazi ka reta, abakorera amashirahamwe y\u2019abikorera utwabo hamwe na cane cane abanyeshure n\u2019abadandaza, muribo ibitigiri vy\u2019abakoresha ubuhinga bwa none biramaze kw\u2019iyongera gatoya. Mugabo abo twaganiriye bakaba bamenyesha ko ivyo&nbsp; bidahagije kuko igihugu c\u2019Uburundi kigizwe ahanini n\u2019umurwi munini w\u2019abanyagihugu bato bato bataciye mw\u2019ishure ari nabo bari bakwiye kumenya gukoresha ubwo buhinga.<\/p>\n\n\n\n<p>Naho hariko haratangura kuboneka abakoresha ama terefone yo mubwoko bugezweho, bagaheza bagashiramwo imbuga ngurukanabumenyi nka Whatsapp canke Facebook, ivyo gusa ntibihagije kugira ngo abarundi batobato bashobore gushika ku rugero rw\u2019ibindi bihugu mu bijanye n\u2019ubuhinga bwa none.<\/p>\n\n\n\n<p>Gukoresha ubuhinga bwa none cane cane ubuhinga ngurukanabumenyi rero, mu burundi ngo vyotera imbere mu gihe reta ubwayo yoshiraho inyigisho zoguhimiriza no kwigisha abanyagihugu akamaro ko gukoresha ubuhinga bwanone. Ivyo rero ngo bikaba vyofasha guteza imbere abanyagihugu b\u2019abarundi mu guhamvya abandi&nbsp; gukoresha ubuhinga bwanone ngo kuko ari kimwe mubintu bishobora gufasha mw\u2019iterambere.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri kino gihe ibihugu vyinshi vyo kwisi biri mu rugamba rwo guhangana no gukoresha ubuhinga bwa none mu bikorwa bitandukanye vya minsi yose, eka no mu bihugu vyo ku mugabane wa Afirika navyo nyene ibitari bike bikaba biriko biragerageza gufasha abanyagihugu bavyo kugira ngo bashobore kwijukira gukoresha ubuhinga bwa none, na cane cane mu gukoresha [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1299","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Muri kino gihe ibihugu vyinshi vyo kwisi biri mu rugamba rwo guhangana no gukoresha ubuhinga bwa none mu bikorwa bitandukanye vya minsi yose, eka no mu bihugu vyo ku mugabane wa Afirika navyo nyene ibitari bike bikaba biriko biragerageza gufasha abanyagihugu bavyo kugira ngo bashobore kwijukira gukoresha ubuhinga bwa none, na cane cane mu gukoresha [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-05-10T16:18:23+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-05-10T16:18:26+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze.\",\"datePublished\":\"2021-05-10T16:18:23+00:00\",\"dateModified\":\"2021-05-10T16:18:26+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/\"},\"wordCount\":718,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/\",\"name\":\"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-05-10T16:18:23+00:00\",\"dateModified\":\"2021-05-10T16:18:26+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze. - SEQ Consulting","og_description":"Muri kino gihe ibihugu vyinshi vyo kwisi biri mu rugamba rwo guhangana no gukoresha ubuhinga bwa none mu bikorwa bitandukanye vya minsi yose, eka no mu bihugu vyo ku mugabane wa Afirika navyo nyene ibitari bike bikaba biriko biragerageza gufasha abanyagihugu bavyo kugira ngo bashobore kwijukira gukoresha ubuhinga bwa none, na cane cane mu gukoresha [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-05-10T16:18:23+00:00","article_modified_time":"2021-05-10T16:18:26+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze.","datePublished":"2021-05-10T16:18:23+00:00","dateModified":"2021-05-10T16:18:26+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/"},"wordCount":718,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/","name":"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-05-10T16:18:23+00:00","dateModified":"2021-05-10T16:18:26+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/mugihe-isi-yose-iriko-iragerageza-gukoresha-ubuhinga-bwa-none-mu-gukoresha-ubuhinga-ngurukanabumenyi-mu-burundi-hoho-siko-bimeze\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Mugihe Isi yose iriko iragerageza gukoresha ubuhinga bwa none, mu gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu Burundi hoho siko bimeze."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1299","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1299"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1299\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1300,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1299\/revisions\/1300"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1299"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1299"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1299"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}