



 

{"id":1297,"date":"2021-05-10T18:10:39","date_gmt":"2021-05-10T16:10:39","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1297"},"modified":"2021-05-10T18:10:41","modified_gmt":"2021-05-10T16:10:41","slug":"igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/","title":{"rendered":"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi."},"content":{"rendered":"\n<p>Uko umwaka utashe, isi yose yama ihimbaza umusi wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. Muri uyu mwaka mu Burundi uwo musi ukaba wahimbajwe igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2021.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Reta y\u2019uburundi iramaze gutahura ko hakiri agahaze mu bijanye no gukoresha ubuhinga bwa none.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Ibicishije ku mushikiranganji wo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;ibinyamakuru, reta y\u2019uburundi yaratunganije kw\u2019igenekerezo rya 19 Ndamukiza 2021 indwi yahariwe umusi mpuzamakungu mu nyubakwa za Hotel Club du Lac Tanganyika.<\/p>\n\n\n\n<p>Marie Chantal Nijimbere, umushikiranganji wo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;ibinyamakuru, yamenyesheje ko batunganije iyo ndwi yahariwe abigeme bakoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, mu ntumbero yo kwifatanya n\u2019abandi kuko ari umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi n&#8217;umwigeme mu gisata co gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi,&nbsp; kugira ngo habe impinduka mw&#8217;iterambere ry&#8217;umwigeme. Iyo ndwi ikaba yatunganijwe ku civugo kigira giti: <strong>&#8220;Egereza umwigeme ubuhinga bwa none yongereze amahirwe ya kazoza keza&#8221;.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Uyo Mushikiranganji yagiriyeko amenyesha ko hari amahiganwa&nbsp; yatunganijwe n\u2019ubwo bushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;ibimenyeshamakuru, ngo bufatanije n&#8217;ababafasha ko biteguriye ku bashigikira mu kubaterera ivyiyumviro vyoshobora gutuma ubuhinga&nbsp; n\u2019ubumenyi, n&#8217;utwigoro twabo bigira ico biterereye mw&#8217;iterambere ry&#8217;igihugu, na cane cane mu gushobora gufasha kumenyekanisha no guhimiriza gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi kuko bigaragara ko mugihugu c\u2019Uburundi abantu batarijukira gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Umushikiranganji wo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;ibinyamakuru, yamenyesheje kandi ko isi igeze mu kinjana ca 21 (21\u00e8me si\u00e8cle) citiriwe ubuhinga ngurukanabumenyi, ati ikoreshwa ry&#8217;ubuhinga ngurukanabumenyi&nbsp; ni karahara mu ruganda ntibacure, kuko mu bisata vyose vy&#8217;igihugu, haba mu buvuzi, uburimyi n&#8217;ubworozi, ubudandaji, ubushakashatsi, intwaro, vyose uno munsi bibwirizwa gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Ati ni naco gituma mu gihe abakobwa n&#8217;abakenyezi bokwijukira gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;iterambere ry&#8217;ubuhinga bwa none, vyotuma haba impinduka kw&#8217;isi narirya abakenyezi n&#8217;abigeme bagize igice kinini c&#8217;urugero rw&#8217;abantu baba kw&#8217;isi kandi bakaba ari n&#8217;inkingi mw&#8217;iterambere.<\/p>\n\n\n\n<p>Uyo mutegetsi akaba yarangije amenyesha ko ikiringo c\u2019indwi yahariwe umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme n\u2019abapfasoni mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi, cobabera ic&#8217;akaryo keza ko guhanahana ivyiyumviro, ingene hoshirwaho ku rwego rw&#8217;igihugu igisata coza gifasha abigeme n&#8217;abakenyezi b\u2019imboneza mu gisata c&#8217;ubuhinga ngurukanabumenyi, no mw&#8217;ikoreshwa ry&#8217;ubuhinga ngurukanabumenyi, eka noguha agaciro igikorwa n&#8217;utwigoro tw&#8217;abakenyezi kugira ngo iterambere ridakumira ryigaragaze mu buhinga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p><strong>Kamwe mu turorero twerekana ko uburundi butaratera imbere mu gukoresha ubuhinga bwa none na cane cane urubuga ngurukanabumenyi.<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Mu gihe mu bihugu bitari bike vyo kwisi, mu kurondera impapuro mu bajejwe intwaro, muri Komine n\u2019ahandi, bisanzwe bitunganijwe mu buhinga bwa none ababikeneye bagakoresha imbuga ngurukanabumenyi, mu burundi hoho ico gikorwa ntikirashoboka.<\/p>\n\n\n\n<p>Akaba ari no muriyo ntumbero ikigo KIT HUB cashize kumugaragaro kw\u2019igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2021, icirwa c\u2019ubuhinga bushasha (Logiciel) bushobora gufasha kubika ibiharuro bijanye n&#8217;abavutse, abapfuye canke impapuro zose zitangwa mu makomine nka za karangamuntu, impapuro zitandukanye zankenerwa (attestations) n&#8217;ibindi. Ivyo vyose bikaba vyoshoboka gukorerwa ku buhinga bwa none, nkuko ico cirwa c\u2019 ikigo KIT HUB cabishize ahabona.<\/p>\n\n\n\n<p>Nintunze Evariste aserukira KIT HUB mu Burundi yavuze ko hamwe ubwo buhinga bwokoreshwa&nbsp;&nbsp; mu Burundi vyotuma umuntu atirirwa arabanza kurondera mu bitabu canke ngo amare umwanya atonze arindiriye izo mpapuro. Ko ahubwo vyokoroha ko abantu baje kubirondera baheza bakabironka vyoroshe. Kubafise amakenga ku mutekano w&#8217;ubwo buhinga, Evariste yamenyesheje ko ari ubuhinga bwitondewe neza kandi bukingiwe kuburyo atari uwariwe wese yopfa kwinjiramwo.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri KIT HUB bakaba bamenyesheje ko icatumye biyumvira ubwo buhinga ari ingorane babonye zibonekeza mu makomine iyo umuntu agiye kurondera bene izo mpapuro. Gutonda iminsi myinshi, gufata umwanya wo gucukura mu bitabu vya kera, hadasigaye inyuma ivyo basanga vyaratakaye bakabibura.<\/p>\n\n\n\n<p>Evariste agatera akamo Reta y\u2019uburundi na cane cane&nbsp; ubushikiranganji bw&#8217;intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n&#8217;umutekano, gushobora gufasha kubashigikira&nbsp; no kuronsa isoko ico kigo kugira ngo gishobore gutanguza gukoresha ubwo buhinga na cane cane ko ari umugambi uzoba ukozwe n&#8217;urwaruka. Uyo aserukira ico kigo KIT HUB akavuga ko aho kurondera abandi bahinga&nbsp; bavuye hanze y&#8217;igihugu, ko boteza imbere ico kigo cabo kandi bakamenya ko n&#8217;urwaruka rw&#8217;abarundi rushoboye.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uko umwaka utashe, isi yose yama ihimbaza umusi wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. Muri uyu mwaka mu Burundi uwo musi ukaba wahimbajwe igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2021. Reta y\u2019uburundi iramaze gutahura ko hakiri agahaze mu bijanye no gukoresha ubuhinga bwa none. Ibicishije ku mushikiranganji wo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;ibinyamakuru, reta y\u2019uburundi yaratunganije kw\u2019igenekerezo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1297","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uko umwaka utashe, isi yose yama ihimbaza umusi wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. Muri uyu mwaka mu Burundi uwo musi ukaba wahimbajwe igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2021. Reta y\u2019uburundi iramaze gutahura ko hakiri agahaze mu bijanye no gukoresha ubuhinga bwa none. Ibicishije ku mushikiranganji wo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;ibinyamakuru, reta y\u2019uburundi yaratunganije kw\u2019igenekerezo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-05-10T16:10:39+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-05-10T16:10:41+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi.\",\"datePublished\":\"2021-05-10T16:10:39+00:00\",\"dateModified\":\"2021-05-10T16:10:41+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/\"},\"wordCount\":685,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/\",\"name\":\"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-05-10T16:10:39+00:00\",\"dateModified\":\"2021-05-10T16:10:41+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/05\\\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. - SEQ Consulting","og_description":"Uko umwaka utashe, isi yose yama ihimbaza umusi wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. Muri uyu mwaka mu Burundi uwo musi ukaba wahimbajwe igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2021. Reta y\u2019uburundi iramaze gutahura ko hakiri agahaze mu bijanye no gukoresha ubuhinga bwa none. Ibicishije ku mushikiranganji wo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n&#8217;ibinyamakuru, reta y\u2019uburundi yaratunganije kw\u2019igenekerezo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-05-10T16:10:39+00:00","article_modified_time":"2021-05-10T16:10:41+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi.","datePublished":"2021-05-10T16:10:39+00:00","dateModified":"2021-05-10T16:10:41+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/"},"wordCount":685,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/","name":"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-05-10T16:10:39+00:00","dateModified":"2021-05-10T16:10:41+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/05\/igenekerezo-rya-28-ndamukiza-numusi-mpuzamakungu-wahariwe-abigeme-mu-gisata-cubuhinga-ngurukanabumenyi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Igenekerezo rya 28 Ndamukiza n\u2019umusi mpuzamakungu wahariwe abigeme mu gisata c\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1297","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1297"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1297\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1298,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1297\/revisions\/1298"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1297"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1297"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1297"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}