



 

{"id":1260,"date":"2021-04-29T15:34:09","date_gmt":"2021-04-29T13:34:09","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1260"},"modified":"2021-04-30T18:49:16","modified_gmt":"2021-04-30T16:49:16","slug":"rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/","title":{"rendered":"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona."},"content":{"rendered":"\n<p>Hari umunyarwandakazi azwi ku mazina ya Jeanne Bovine ISHEMARYAYO, aheruka gukora ikarata ishobora gufasha mu kubika umwidondoro w\u2019umuntu ushobora gukoreshwa mu gihe umuntu yinjiye ahantu hahurira abantu benshi.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri kino gihe hateye ikiza c\u2019umugera wa Corana kw\u2019isi, mu bihugu vyinshi iyo umuntu yinjiye mu bibanza bihuriramwo abantu benshi, abanza kwandikwa mu gitabo kugira ngo mu gihe yoba yarahuye n\u2019uwurwaye canke yaranduye ikiza c\u2019umugera wa Corona ariko akaba yaciye mu kibanza gihuriramwo abantu benshi biheze vyorohe kumutora. Iyo karata yakozwe na Jeanne Bovine, mu ntumbero yo gufasha gukemura ivyo bibazo bijanye no gutonda umirongo abantu biyandikisha mu bitabo, iyo bahuriye ahantu hinjirwa n\u2019abantu benshi kugira ngo vyorohe gukurikirana abahuye n\u2019abanduye Covid-19.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu gihe mu gihugu c\u2019Urwanda ahahurira abantu benshi basabwa kwandika imyidondoro yabo kugira ngo abajwe amagara y\u2019abantu, bashobore gukurikirana no kurondera abashobora kuba barahuye n&#8217;abanduye bishoboke kandi vyorohe kubatora. Jeanne Bovine ISHEMARYAYO afise imyaka 26, arongoye ishirahamwe ryitwa <strong>Calm Geek <\/strong>risanzwe ari naryo rikora izo karata, amenyesha ko yakoze iyo software kugira ngo agerageze gutora inyishu yico kibazo. Ni mugihe ISHEMARYAYO asanzwe yarize <strong>&#8216;software engineering&#8217;<\/strong> muri kaminuza y&#8217;u Rwanda.<\/p>\n\n\n\n<p>Jeanne Bovine ISHEMARYAYO, twaramuhamagaye kuri telephone yiwe ngendanwa tumusaba gushobora kuganira nawe kubijanye niyo karata yiwe aheruka gukora, ico gihe yatumenyesheje ko ariko arakorera mw\u2019isoko ya Nyabugogo isoko iherereye mu karere ka Nyarugenge ko afatiriwe n\u2019akazi kenshi. Mu kiganiro kigufi twagiranye, yarashoboye kutwiganira ko umuntu afise ikarata yiwe,&nbsp; iyo ashitse ahantu habera amakoraniro y\u2019abantu benshi baba abasenga, abari mu Manama canke abari mu masoko n\u2019ahandi hahurira abantu benshi, batazosubira kuza bararinda kwandikwa mu bitabo ahubwo bazokoresha iyo karata mu gushobora kwinjira aho hantu.<\/p>\n\n\n\n<p>Yagiriyeko adusigurira ingene iyo karata ikoreshwa ko umunyagihugu afise iyo karata iyo agiye kwinjira ahantu ayerekeza ku mashini ziba zashizwe kubwinjiriro bwaho hantu, maze iyo mashine igaheza igaca ishobora kubona amakuru yose yerekeye uwo muntu, agaheza akaba ahejeje kwiyandikisha ko yinjiye aho hantu, bigaheza bikaba vyokoroha igihe cose bikenewe kumurondera ko bamutora. Yabandanije atwiganira ko n\u2019abarya basanzwe bafasha mu gucungera abinjira n\u2019abasohoka ahantu hahurira abantu benshi (Sity Securite)&nbsp; bakongera bagapima ubushuhe umuntu afise imbere yo kwinjira ahariho hose, batoba bagikenewe kuko iyo karata ituma imachine kubona ubushuhe umuntu afise.<\/p>\n\n\n\n<p>Uyo asanzwe yarize ubuhinga bujanye na <strong>&#8216;software engineering&#8217;<\/strong> akaba yatubwiye kandi ko iyo karata ishobora gutuma nkingingo zifatwa na Reta zijanye no kugara ibikorwa vyose bituma abantu benshi bahura, kugara amasoko canke amasengero zitorinda gufatwa, kuko biba vyoroshe kubona abantu bariko barinjira ahantu ahariho hose ko bafise ibimenyetso vya covid-19 canke batabifise.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri kino gihe abantu bamaze gukoresha iyo karata bakaba baharurwa mu bihumbi birenga 10.000 ivyo bikaba bituma Jeanne Bovine ashimira inzego zibijejwe ko zamuhaye uruhusha rwo gushobora gukoresha ubwo buhinga bwa none biciye muri iyo karata. Akaba amenyesha ko muminsi irimbere agiye gukorera mu masoko yose yo mugihugu c\u2019urwanda. Akizera ko ubwo buhinga bwiwe bushobora kuzokoreshwa n\u2019abantu barenga umuriyoni mu mpera z&#8217;uku kwezi kwa gatatu.<\/p>\n\n\n\n<p>Abatari bake rero bakaba bashima ubwo buhinga bwa Jeanne Bovine ISHEMARYAYO, aho bamenyesha ko bwari bukwiye gukoreshwa mu bihugu bitandukanye na cane cane muri Afrika, bakaba bahamagarira abategetsi bibihugu vy\u2019Afrika gushiraho politike yo kwigisha abanyagihugu babo ubuhinga bwa none kuko isi iriko irashika kurugero ibintu vyose bibwirizwa gukoreshwa hifashishijwe ikoranabuhinga.<\/p>\n\n\n\n<p>               <strong>                                                                                                           <\/strong>        <strong>E.N<\/strong><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Hari umunyarwandakazi azwi ku mazina ya Jeanne Bovine ISHEMARYAYO, aheruka gukora ikarata ishobora gufasha mu kubika umwidondoro w\u2019umuntu ushobora gukoreshwa mu gihe umuntu yinjiye ahantu hahurira abantu benshi. Muri kino gihe hateye ikiza c\u2019umugera wa Corana kw\u2019isi, mu bihugu vyinshi iyo umuntu yinjiye mu bibanza bihuriramwo abantu benshi, abanza kwandikwa mu gitabo kugira ngo mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1260","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.5 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Hari umunyarwandakazi azwi ku mazina ya Jeanne Bovine ISHEMARYAYO, aheruka gukora ikarata ishobora gufasha mu kubika umwidondoro w\u2019umuntu ushobora gukoreshwa mu gihe umuntu yinjiye ahantu hahurira abantu benshi. Muri kino gihe hateye ikiza c\u2019umugera wa Corana kw\u2019isi, mu bihugu vyinshi iyo umuntu yinjiye mu bibanza bihuriramwo abantu benshi, abanza kwandikwa mu gitabo kugira ngo mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-29T13:34:09+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-04-30T16:49:16+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"SEQ\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"SEQ\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"SEQ\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\"},\"headline\":\"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona.\",\"datePublished\":\"2021-04-29T13:34:09+00:00\",\"dateModified\":\"2021-04-30T16:49:16+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/\"},\"wordCount\":556,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/\",\"name\":\"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-29T13:34:09+00:00\",\"dateModified\":\"2021-04-30T16:49:16+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d\",\"name\":\"SEQ\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"SEQ\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/seq\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona. - SEQ Consulting","og_description":"Hari umunyarwandakazi azwi ku mazina ya Jeanne Bovine ISHEMARYAYO, aheruka gukora ikarata ishobora gufasha mu kubika umwidondoro w\u2019umuntu ushobora gukoreshwa mu gihe umuntu yinjiye ahantu hahurira abantu benshi. Muri kino gihe hateye ikiza c\u2019umugera wa Corana kw\u2019isi, mu bihugu vyinshi iyo umuntu yinjiye mu bibanza bihuriramwo abantu benshi, abanza kwandikwa mu gitabo kugira ngo mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-04-29T13:34:09+00:00","article_modified_time":"2021-04-30T16:49:16+00:00","author":"SEQ","twitter_misc":{"Written by":"SEQ","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/"},"author":{"name":"SEQ","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d"},"headline":"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona.","datePublished":"2021-04-29T13:34:09+00:00","dateModified":"2021-04-30T16:49:16+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/"},"wordCount":556,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/","name":"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-04-29T13:34:09+00:00","dateModified":"2021-04-30T16:49:16+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/rwanda-harabonetse-ubuhinga-bwa-none-bushobora-gufasha-mu-kwirinda-gukwiragiza-ikiza-cumugera-wa-corona\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Rwanda: Harabonetse ubuhinga bwa none bushobora gufasha mu kwirinda gukwiragiza ikiza c\u2019umugera wa Corona."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/39636ae26b86d5db78798df53904c14d","name":"SEQ","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/71349b98f1aafb8a648583dcb373f39b6308faff75fc49b0251f3f275e431893?s=96&d=mm&r=g","caption":"SEQ"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/seq\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1260","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1260"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1260\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1266,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1260\/revisions\/1266"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1260"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1260"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1260"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}