



 

{"id":1234,"date":"2021-04-27T15:24:33","date_gmt":"2021-04-27T13:24:33","guid":{"rendered":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/?p=1234"},"modified":"2021-04-30T18:45:47","modified_gmt":"2021-04-30T16:45:47","slug":"kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/","title":{"rendered":"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu."},"content":{"rendered":"\n<p><strong>Inkuru ntoya yabaye!<\/strong><\/p>\n\n\n\n<p>Muri Reta Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo, abantu ibihumbi amajana indwi nibo bafise amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi. Ibice 84% vya banyagihugu bakaba bakoresha izo mbuga bifashishije telefone ngendanwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Mwomenya ko telephone ngendanwa yabonetse i Bukavu mu myaka yi 2000 inyuma y\u2019isinywa ry\u2019amasezerano ya Sun City vyafashije ibiganiro hagati yabakongomani muri Afirika yepfo.<\/p>\n\n\n\n<p>Congo yasubiye hamwe inyuma y\u2019imyaka 5 itwarwa n\u2019abaroberi bari bahurikiye mu murwi witwa \u201cKwishira hamwe kwa ba Congomani mu ntwaro rusangi n\u2019abo bari bafadikanije\u201d. Izo ntureka zafashwe nk\u2019intambara ya gatatu y\u2019isi ya Afirika kabaye akaryo kigaburwa mu bice bibiri kuri repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo : Ubuseruko bwico gihugu bwakontororwa n\u2019abarwanyi mugihe Uburengero bwakontororwa n\u2019intwaro yo hagati.<\/p>\n\n\n\n<p>Muri uko kwiyunga, amashirahamwe ya mbere akora amatelephone ngendanwa yaciye aja gukorera i Bukavu, na cane cane amashirahamwe ya firmes Vodacom na Aitel. Twobamenyesha ko imbere y\u2019umwaka wa 2003 n\u2019ishirahamwe Supercell ryahabwa umurongo n\u2019igihugu c\u2019u Rwanda vyafashije mu guhana hana amakuru mu bisagara vya Bukavu na Goma.<\/p>\n\n\n\n<p>Iruhande ya telefone ngendanwa, Bukavu yari ifise aho baronderera amakuru (cyber caf\u00e9) zakoreshwa n\u2019abantu bakora ubucuruzi ba ba Hinde (Datco). Kuza kw\u2019amashirahamwe mpuzamakungu hamwe na Monusco, navyo nyene vyarafashije mu gukura mu buja igisagara ca Bukavu mubijanye no gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Hamwe n\u2019amatora yabaye ya mbere mu buryo bwo kwishira no kwizana (\u00e9lections d\u00e9mocratiques) yo 2006, abandi banyamitahe muvyo gutumatumanako amakuru, nabo baciye bafata ibibanza, ahotwovuga cane cane nk\u2019ishirahamwe Orange. Ubu igisagara ca Bukavu n\u2019intara y\u2019ubumanuko ya Kivu yuzuyemwo ama shirahamwe ya ma telephone ngendanwa nka Vodacom, Aitel et Orange.<br>Naho hari ayo mashirahamwe, abashobora gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi baracari kurugero ruto. Mu cigwa cakozwe mu mwaka wi 2012 nabahinga muvyo gutumatumanako amakuru, musi y\u2019igice kimwe kw\u2019ijana vy\u2019abantu (-1%) nibo bashobora kuronka ingene bakoresha ubuhinga ngurukanabumenyi mu bantu barenga umu miliyoni wa bantu (1M) baharurwa mu gisagara ca Bukavu.<\/p>\n\n\n\n<p>Kugira bashobore gukuraho izo ntambamyi, bamwe mu bakoresha ubuhinga ngurukanabumenyi, baciye batangura gukoresha imihora y\u2019ishirahamwe MTN, iva mu gihugu c\u2019Urwanda. abakongomani babonako imihora y\u2019imbuga ngurukanabumenyi zikorera mu gihugu iwabo zizimvye kandi zidakora neza.<\/p>\n\n\n\n<p>Kubijanye n\u2019umuhora wo guhana hana uburyo bw\u2019itumatumanako amakuru (fibre optique) muri Repubirika Iharanira Intwaro rusangi ya Congo.<\/p>\n\n\n\n<p>Mu cegeranyo c\u2019umurwi w\u2019inama nshingamateka ku mugambi wo gukwiragiza imihora yo gutumatumanako amakuru, washikirijwe mu nama nshingamateka ku wa 18 Rusama 2015, ku buyobozi bukuru bujejwe ivyo gutanga amasoko ya Leta, ntanahamwe higeze haboneka iyo dosiye DORECO. Uyo mugambi kuva mu ntango wagiye urazimanga gushika urahera amazimayongo. Haribonekejemwo ihonyangwa ryawo mugufata minenerwe ibijanye no kwiga iyo dosiye y\u2019umuhora wogutumatumanako amakuru (fibre optique).<\/p>\n\n\n\n<p>Inyuma y\u2019ingorane nyinshi, igenekerezo rya 8 Mukakaro 2013, Repubirika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo yarashoboye kuronka umuhora wo gutumatumanako amakuru (fibre optique). Haratunganijwe umunsi mukuru udasanzwe wo kwigina iryo koresha ry\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi n\u2019Umukuru w\u2019igihugu Joseph Kabira, mu cicaro cawo i Moanda muri Congo yo hepfo.<\/p>\n\n\n\n<p>Aho muri Congo, mu gihe uwo mugambi w\u2019umuhora wo gutumatumanako amakuru wariko uratera imbere haciye haduka ishirahamwe SPCT riwurwanya cane.<\/p>\n\n\n\n<p>Abari bajejwe kwiga uyo mugambi, babona ko uyo muhora (fibre optique) udakwiye gushirwa mu minwe ya Leta. Ku mugabane wa Afirika aho urutsinga rw\u2019uwo muhora w\u2019ugutumatumanako amakuru (fibre optique) hose rwaciye, n\u2019amashirahamwe yigenga ajejwe ivyo gutumatumanako amakuru yari ashinzwe ivyuwo muhora.<\/p>\n\n\n\n<p>Muntumbero yo kurondera kubishira mu minwe ya leta, mu mwaka wa 2015 uwahoze ari Umushikiranganji adasanzwe wa Leta, yaratanguje umugambi wo gushinga ishirahamwe rinyuranye n\u2019amategeko rifise intumbero yo gutwara no kuzunguruka mu mpisho uwo muhora w\u2019ugutumatumanako amakuru (fibre optique) mu gushinga ishirahamwe yise &#8221; Congo cable&#8221;. Kubera ubukerebutsi bwa babakozi bahoze bakora mwishirahamwe ryitwa OCPT, iryo shirahamwe &#8221; Congo cable&#8221; ntiryigeze ribaho.<\/p>\n\n\n\n<p>Hanyuma, kuva Repubirika Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo ibonye uwo muhora, ku wa 8 Mukakaro 2013 uyo muhora w\u2019ubuhinga ngurukanabumenyi nturigera utera imbere. Hategerezwa gusubirwamwo abajejwe ivyo bikorwa.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikibazo co gutumatumanako amakuru kiracarimwo intambamyi muri Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo.<\/p>\n\n\n\n<p>Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo, n\u2019igihugu ca kane gifise abantu benshi muri Afirika aho n\u2019abanyagihugu bari muburere bwagutse nka bibiri vy\u2019agatatu (2\/3) vyo ku mugabane w\u2019Uburayi y\u2019uburaruko. Kigizwe cane cane n\u2019ubutare bukoreshwa muguhingura ama telephone ngendanwa agezweho.<\/p>\n\n\n\n<p>Mugabo rero, igitigiri kinini ca banyagihugu ba Congo, ntibaronka ivyankenerwa vyibanze nko kwivuza, amazi meza n\u2019umuyagankuba. kubwabo, kugira ububasha ku mbuga ngurukanabumenyi, nkuko vyemejwe n\u2019ishirahamwe mpuzamakungu ONU muri Mukakaro 2016, ko ari uburenganzira bwa kiremwa muntu bwafashwe nko kwinezereza.<\/p>\n\n\n\n<p>Ikigo kijejwe guhererekanya no gutumatumanako (ARPTC) kigereranya ko 17% vy\u2019abanyagihugu aribo bashobora gukoresha imbuga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Patient Birindwa, umushakashatsi akiri muto kuri rusasuma y\u2019akazi, agenda aho baronderera amakuru (cyber caf\u00e9) ya radio Maendeleo Bukavu kugira ashobore kuronka umuhora wo gutumatumanako amakuru.<\/p>\n\n\n\n<p>Dufatiye ku myaka iheze, ubu twovuga ko vyateye imbere kubera uno munsi nimiburiburi 1000 ca mahera ya ma Congomani, urashobora kuronka iminota mikeya, imihora itaracika. Kenshi na kenshi urashobora kuba uriko urakoresha urubuga ngurukanabumenyi ariko buno nyene ugasanga vyacitse, kandi ivyo bigafata nkigihe c\u2019umusi wose. Kandi vyukuri n\u2019intambamyi. Ariko kandi akarusho n\u2019uko hari ama telefone agezweho.<\/p>\n\n\n\n<p>Ushobora kuba uri muhira, igihe usanzwe umenyereye kandi ukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi. Ariko si abantu bose bashobora kuronka izo telephone zigezweho icibagiwe co n\u2019imashine nyabwonko. Ikindi gihambaye twovuga nuko ibiciro birenze urugero. Mushobora kugura ama mega ya 1GB mu kanya gato bikaba bicitse. Muri ico gihe iyo 1GB ikaba iheze. Ariko, mugihe biba vyihutirwa, uri ahantu udashobora kwiyunguruza, ugashobora gutakaza amahirwe y\u2019akazi.<\/p>\n\n\n\n<p>Kuri izo ngorane zose, abayikoresha basaba abajejwe intwaro kugabanya ama kori n\u2019ama tagisi atozwa ku mashirahamwe yo gutumatumanako amakuru kugira ngo nabo bashobore kugabanya igiciro c\u2019ukuronka uko wokoresha ubuhinga ngurukanabumenyi.<\/p>\n\n\n\n<p>Bernardin SEBAHIRE,<br>Umushakashatsi akaba n\u2019Umuhinga mukumenyesha amakuru\/Bukavu-RDC<\/p>\n\n\n\n<p>                                                                                                                 <strong>Bihinduwe mu Kirundi na<\/strong> <strong>E.N<\/strong>.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inkuru ntoya yabaye! Muri Reta Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo, abantu ibihumbi amajana indwi nibo bafise amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi. Ibice 84% vya banyagihugu bakaba bakoresha izo mbuga bifashishije telefone ngendanwa. Mwomenya ko telephone ngendanwa yabonetse i Bukavu mu myaka yi 2000 inyuma y\u2019isinywa ry\u2019amasezerano ya Sun City vyafashije ibiganiro hagati yabakongomani muri Afirika [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_acf_changed":false,"footnotes":""},"categories":[47,44],"tags":[],"class_list":["post-1234","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-amakuru","category-ibiheruka-kwandikwa"],"acf":[],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v27.4 - https:\/\/yoast.com\/product\/yoast-seo-wordpress\/ -->\n<title>Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu. - SEQ Consulting<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu. - SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inkuru ntoya yabaye! Muri Reta Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo, abantu ibihumbi amajana indwi nibo bafise amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi. Ibice 84% vya banyagihugu bakaba bakoresha izo mbuga bifashishije telefone ngendanwa. Mwomenya ko telephone ngendanwa yabonetse i Bukavu mu myaka yi 2000 inyuma y\u2019isinywa ry\u2019amasezerano ya Sun City vyafashije ibiganiro hagati yabakongomani muri Afirika [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"SEQ Consulting\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-27T13:24:33+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-04-30T16:45:47+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"4 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\\\/\\\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"Article\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/#article\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/\"},\"author\":{\"name\":\"admin\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/5fc6bd151f8457dfba889cba02565b3f\"},\"headline\":\"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu.\",\"datePublished\":\"2021-04-27T13:24:33+00:00\",\"dateModified\":\"2021-04-30T16:45:47+00:00\",\"mainEntityOfPage\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/\"},\"wordCount\":947,\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"articleSection\":[\"Amakuru\",\"Ibiheruka kwandikwa\"],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/\",\"name\":\"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu. - SEQ Consulting\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-27T13:24:33+00:00\",\"dateModified\":\"2021-04-30T16:45:47+00:00\",\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/2021\\\/04\\\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\\\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#website\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"description\":\"SEQ Consulting\",\"publisher\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\"},\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":{\"@type\":\"PropertyValueSpecification\",\"valueRequired\":true,\"valueName\":\"search_term_string\"}}],\"inLanguage\":\"bi-BI\"},{\"@type\":\"Organization\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#organization\",\"name\":\"SEQ Consulting\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/\",\"logo\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\",\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/wp-content\\\/uploads\\\/2021\\\/02\\\/SVGLogo.svg\",\"caption\":\"SEQ Consulting\"},\"image\":{\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/logo\\\/image\\\/\"}},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/#\\\/schema\\\/person\\\/5fc6bd151f8457dfba889cba02565b3f\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"bi-BI\",\"@id\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/8d620a9ca860b1998655f4ebe8ed1d63b8582cc84c190f53f6739619fb8e5a8b?s=96&d=mm&r=g\",\"url\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/8d620a9ca860b1998655f4ebe8ed1d63b8582cc84c190f53f6739619fb8e5a8b?s=96&d=mm&r=g\",\"contentUrl\":\"https:\\\/\\\/secure.gravatar.com\\\/avatar\\\/8d620a9ca860b1998655f4ebe8ed1d63b8582cc84c190f53f6739619fb8e5a8b?s=96&d=mm&r=g\",\"caption\":\"admin\"},\"url\":\"https:\\\/\\\/www.seqconsulting.be\\\/rn\\\/author\\\/aceview\\\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu. - SEQ Consulting","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu. - SEQ Consulting","og_description":"Inkuru ntoya yabaye! Muri Reta Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo, abantu ibihumbi amajana indwi nibo bafise amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi. Ibice 84% vya banyagihugu bakaba bakoresha izo mbuga bifashishije telefone ngendanwa. Mwomenya ko telephone ngendanwa yabonetse i Bukavu mu myaka yi 2000 inyuma y\u2019isinywa ry\u2019amasezerano ya Sun City vyafashije ibiganiro hagati yabakongomani muri Afirika [&hellip;]","og_url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/","og_site_name":"SEQ Consulting","article_published_time":"2021-04-27T13:24:33+00:00","article_modified_time":"2021-04-30T16:45:47+00:00","author":"admin","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"4 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"Article","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/#article","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/"},"author":{"name":"admin","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/5fc6bd151f8457dfba889cba02565b3f"},"headline":"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu.","datePublished":"2021-04-27T13:24:33+00:00","dateModified":"2021-04-30T16:45:47+00:00","mainEntityOfPage":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/"},"wordCount":947,"publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"articleSection":["Amakuru","Ibiheruka kwandikwa"],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/","name":"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu. - SEQ Consulting","isPartOf":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website"},"datePublished":"2021-04-27T13:24:33+00:00","dateModified":"2021-04-30T16:45:47+00:00","breadcrumb":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"bi-BI","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/2021\/04\/kugira-amahirwe-yo-gukoresha-ubuhinga-ngurukana-bumenyi-i-bukavu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#website","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","name":"SEQ Consulting","description":"SEQ Consulting","publisher":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization"},"potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/?s={search_term_string}"},"query-input":{"@type":"PropertyValueSpecification","valueRequired":true,"valueName":"search_term_string"}}],"inLanguage":"bi-BI"},{"@type":"Organization","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#organization","name":"SEQ Consulting","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/","logo":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/","url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","contentUrl":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/SVGLogo.svg","caption":"SEQ Consulting"},"image":{"@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/logo\/image\/"}},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/#\/schema\/person\/5fc6bd151f8457dfba889cba02565b3f","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"bi-BI","@id":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/8d620a9ca860b1998655f4ebe8ed1d63b8582cc84c190f53f6739619fb8e5a8b?s=96&d=mm&r=g","url":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/8d620a9ca860b1998655f4ebe8ed1d63b8582cc84c190f53f6739619fb8e5a8b?s=96&d=mm&r=g","contentUrl":"https:\/\/secure.gravatar.com\/avatar\/8d620a9ca860b1998655f4ebe8ed1d63b8582cc84c190f53f6739619fb8e5a8b?s=96&d=mm&r=g","caption":"admin"},"url":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/author\/aceview\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1234","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=1234"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1234\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":1264,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/1234\/revisions\/1264"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=1234"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=1234"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/www.seqconsulting.be\/rn\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=1234"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}