Kugira amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukana bumenyi i Bukavu. Inkuru ntoya yabaye! Muri Reta Iharanira Intwaro Rusangi ya Congo, abantu ibihumbi amajana indwi nibo bafise amahirwe yo gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi. Ibice 84% vya banyagihugu Bandanya aha
Iciyumviro cacu kubijanye n’ubuhinga bwa none: Ubuhinga ngurukanabumenyi bwotabariza abakene? Ubuhinga bwa none bwarashwaye isi yose, kuburyo bwahinduye umu bumbe wose nk’ikirwati gitoya. Kumuvuduko utanganje nkuw’ umuravyo wirwirirana ry’ubutunzi mpuza makungu, bushimangiwe n’umuvuduko mw’iterambere ry’ubuhinga Bandanya aha